Coming Soon🔥🔥Muganga🩺🏥araje vuba kubaha yamiti💊ivura igakiza💉
JohnMusic🎙️🇧🇮
So Get ready Family🎶🕺🏽
Le.../09
Shalom Shalom bantu b'Imana ubu urashobora kugira subscribed kuri YouTube channel y'Umugwi SifaVoice kugira uzobe uwambere kubona igikorwa c'ejo gishasha kizosohoka
#NTUNANIRWA_SIFA_VOICE 🔥🔥🔥 🔥
fyonda iyo link please 👇👇👇👇👇👇👇👇 https://youtube.com/@sifavoiceministries8949
Burundi🇧🇮 the world of talent🔥
Uyu yitwa #John_Music numwe mugwaruka rufise impano yokuririmba Kandi akwiye gushigikigwa🔥
Iyi niyo ndirimbo yiwe yambere yise #Bila_kuchoka
👉👉https://youtu.be/vPVpcFrspu4
https://youtu.be/vPVpcFrspu4
Vuba arashirahanze Indirimbo yiwe igirakabiri yise #Muganga..
As you follow me icongusaba nuguca kuriyi link https://youtu.be/vPVpcFrspu4 ubundi ukagira subscriber mugushigikira iyi mpano🔥🔥
BILA KUCHOKA BY JOHN MUSIC (Official Video Lyrics)

🎞 NYIGISHA - PROSPER NKOMEZE (Official video 2022)
Prosper Nkomezi-Hahiriwe (Official video2022)
GGC Bujumbura Irabatumiye mwese abizeye Umwami Wacu YESU CHRISTO
Mugikorane c'Ubwiza citiriwe
#Worship_in_Glory_Concert
Kizoba Dimanche Le 28.11.2021
🕓Heure: 16h00'
MWARAHEZAGIWE🙌🏼
Ibanga mw'Ijambo - Sifa Voice
🎞Bandanya uryoherwa nindirimbo yumurwi #Sifa_Voice vuba ikindi gikorwa kiraje💥💥
Ibanga mw'Ijambo - Sifa Voice Video (Official 2021)
Bandanya ubakurikirana kumbuga zabo Youtube na facebook Wandike #SIFA VOICE
Link igutwara youtube yabo
https://youtu.be/KsAWYMc6FCU
Nubwo Utansubiza - James & Daniella ft Clarisse
Waouuh!! Iy'Indirimbo iza kugutera kurira, nukumenya ubukuru bw'Imana..
Nubwo Utansubiza - James & Daniella ft Clarisse
ISRAEL MBONYI - BAHO
🎬 ISRAEL MBONYI - BAHO (OFFICIAL VIDEO 2021 )
Indirimbo nshasha yawamuririmvyi yasizwe Amavuta n Uhoraho ngo aduhezagire jewe nawe ISRAEL MBONYI aguhaye iyindi ndirimbo nshasha fyonda link igitware Youtube yiwe 👇🏼👇🏼
http://youtu.be/xlSxTvUiJgw
ANATENDA-DAVID WABISA
COMING SOON 💥💥💥💥💥💥
ANATENDA-DAVID WABISA
#ANATENDA N'Indirimbo NSHASHA Y' umuririmvyi #DAVID_WABISA
INDIRIMBO(AUDIO )YAMAZE Gusohoka vuba Araduha Amasanamu (CLIPVIDEO) Kumakuru Ahejeje kuduha.
🎬DIRECTOR: MICAH OLSON
🎧 PRODUCER: DAVID WABISA
NB: NTIWIBAGIRE KUGIRA LIKE(J'AIME) NA COMMENTAIRE YAWE
-USANGIZA N'ABANDI(PARTAGE)
HARI IMPAMVU - ISRAEL MBONYI