Duhe News

Duhe News Don't worry I got you back
If you have a dream just go ahead

๐ŸšจIcumwana aririye โ€ฆ Nyuma yo guhura nuwamutwaye umutima ๐Ÿ‘‰๐Ÿฟ Kellyna, umuririmvyi Mista Champagne yagaragaje umunezero ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡...
21/04/2024

๐ŸšจIcumwana aririye โ€ฆ Nyuma yo guhura nuwamutwaye umutima ๐Ÿ‘‰๐Ÿฟ Kellyna, umuririmvyi Mista Champagne yagaragaje umunezero ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ๐Ÿ‘‡๐Ÿพ

* Ahwiii ndahejeje kubonana na Kellyna ๐Ÿ˜umukobwa mwiza cane mu Burundi bwose.Twayaze vyinshi kndi je vous confirme abarundi mwese KO ariwe azomvyarira imfura yanje izokwitwa SAT-B. Na Big Fizzo yamaze kuvyemera kwazombera parrain๐Ÿ™ *

๐Ÿ›‘Umuririmvyi kuva mugihugu kibanyi c'urwanda๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Kenny sol inyuma y'igihe kitari  gito. nuwiwe bemeye kobagiye kuzoba umwe...
20/04/2024

๐Ÿ›‘Umuririmvyi kuva mugihugu kibanyi c'urwanda๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ Kenny sol inyuma y'igihe kitari gito. nuwiwe bemeye kobagiye kuzoba umwe ubungubu baraye batweretse kw'atitse imbanyi kovuba cane bagiye kw'ibaruka umwana w'abo w'ambere impfura.

โœ๏ธTubakeze!

๐Ÿ›‘Inyuma y'igipfungu c'inshi no kudahuriza kubintu bimwe bimwe mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaboko  basketball mu Burundi...
19/04/2024

๐Ÿ›‘Inyuma y'igipfungu c'inshi no kudahuriza kubintu bimwe bimwe mw'ishirahamwe ry'umupira w'amaboko basketball mu Burundi " ", Apรดtre J Paul MANIRAKIZA yahora arongoye iryo shirahamwe yatanze imihoho. ๐Ÿ’ช๐ŸพVyimfata kibanza,uburongozi abusigiye Claver HACIMANA yahora ari icegera ciwe.
๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿคญ๐Ÿคญ๐Ÿคญ๐Ÿคญ

โœ๏ธUmugwizatunga RUJUGIRO, yitavye Imana.Ku mazina yose , yitwa Tribert Ayabatwa RUJUGIRO. Ni umurwizatunga yari azwi can...
17/04/2024

โœ๏ธUmugwizatunga RUJUGIRO, yitavye Imana.

Ku mazina yose , yitwa Tribert Ayabatwa RUJUGIRO. Ni umurwizatunga yari azwi cane hano mu Burundi, mu Rwanda hamwe no mu bihugu vyinshi vyo muri Afrika no kwโ€™isi. Uyo mugwizatunga yabaye, yongera akorera ivyashara vyiwe igihe kirekire hano mu Burundi kuva mu myaka ya 1960.

๐Ÿ”นRUJUGIRO yamenyekanye cane mu bucuruzi bw'itabi, abicishije muri Burundi To***co Company, akaba yaranashoye imitahe mu ma banki, mu nyubakwa (immobilier), guhingura amasima biciye muri BUCECO n'ibindi bikorwa bitari bike. Eka ubajije vyinshi mu bintu biri hano i Bujumbura, bakubwira bati ยซ Ni ivyo kwa RUJUGIROยป.

Mutama RUJUGIRO, acikanye yahora aba mu gihugu ca Afrika y'Epfo, kuva mu 2010. Akaba ashengeye afise imyaka 82.

Imana imwakire mu bwami bwayo ๐Ÿ•ฏ

Le coeur de   serait Dan's la cage de   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ D'aprรจs les internautes,  le jeune artiste burundais   serait le chanceux pet...
15/04/2024

Le coeur de serait Dan's la cage de

๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ D'aprรจs les internautes, le jeune artiste burundais serait le chanceux petit ami de Channy Queen qu'il a grandit en รฉcoutant sa voix dans les radios.

Pour ceux qui ne connaissent pas encore Rambo 2, nous avons mis le lien de sa chanson avec Davis Morales en commentaire

 ๐Ÿ™Š๐Ÿ˜ญ๐Ÿ™Š๐Ÿ˜ญ๐Ÿ™Š๐Ÿ˜ญ๐Ÿ™ŠWalaii๐Ÿคฉ๐Ÿคฉ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
15/04/2024

๐Ÿ™Š๐Ÿ˜ญ๐Ÿ™Š๐Ÿ˜ญ๐Ÿ™Š๐Ÿ˜ญ๐Ÿ™ŠWalaii๐Ÿคฉ๐Ÿคฉ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

 ๐ŸŽค๐ŸŽถ๐Ÿ™ in kGL๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ     Was ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
15/04/2024

๐ŸŽค๐ŸŽถ๐Ÿ™ in kGL๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ
Was ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Je mโ€™en fous de savoir qui est meilleur ou moins bon que moi, la seule chose qui compte c'est que je suis meilleur que m...
15/04/2024

Je mโ€™en fous de savoir qui est meilleur ou moins bon que moi, la seule chose qui compte c'est que je suis meilleur que moi d'hier.
C'est moi contre moi, pas moi contre les autres.

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃwalai๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿคญ๐Ÿคญ
15/04/2024

๐Ÿคฃ๐Ÿคฃwalai๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿคญ๐Ÿคญ

Only 4 days left until the release of โ€˜Ndemeyeโ€™! Get ready to immerse yourself in some incredible music ๐ŸŽถโœจ
15/04/2024

Only 4 days left until the release of โ€˜Ndemeyeโ€™! Get ready to immerse yourself in some incredible music ๐ŸŽถโœจ

๐Ÿ‘‹๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎLe 05/05/2024   yose izoba ihanze amaso icogiteramo ca Rayvanny ngaha ibujumbura ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ   wubahwe kuruyo munezero uz...
15/04/2024

๐Ÿ‘‹๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎLe 05/05/2024 yose izoba ihanze amaso icogiteramo ca Rayvanny ngaha ibujumbura ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ

wubahwe kuruyo munezero uzohereza abarundi ibi twari tubimenyereye kuri DJ Paulin nawe tukaba tubona ari mugacerere kadasanzwe ๐Ÿ™Œ

๐Ÿ”ฐ๐Ÿš€LinoG azo performinga iryambere kuri stage yabakuru indirimbo yiwe yakoranye na Sat-B , Double-jay OnceAgain nawe azo performing iryambere indirimbo yiwe agiye gusohora yise , Wiz Designer azo performinga iryambere indirimbo yiwe nshasha agiye gusohora iri mumudiho wamapiano , Kirikou A Kili nawe ivyiwe biracari muri kabaza umwanya numwanya aradutamwo ๐Ÿš€.

๐ŸฅฑNdabarahiye uyomusi hazoca uwambuye kuko abo baririmvyi bonyene barakwiye kugira bajugumize umunyamahanga ๐Ÿ˜….

๐Ÿ‘‰Haracabura abandi baririmvyi batatu bokwongeramwo , kuri wewe ubona arabahe batosigara inyuma mukwakira umush*tsi ๐ŸŽ‰?

  From Tanzania๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟCeo  ๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘Š Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ
15/04/2024

From Tanzania๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟCeo ๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘Š Burundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Turi umugwi utsinda nico gituma twamana umunezeroโค๏ธTwitwa Real madrid
09/04/2024

Turi umugwi utsinda nico gituma twamana umunezeroโค๏ธTwitwa Real madrid

๐Ÿšฉ Today's Games :โญ Real Madrid - Man City (21:00)โญ Arsenal - Bayern Munich (21:00)๐Ÿค‘bet on this games and other different...
09/04/2024

๐Ÿšฉ Today's Games :

โญ Real Madrid - Man City (21:00)
โญ Arsenal - Bayern Munich (21:00)

๐Ÿค‘bet on this games and other different owners in 1xbet tomorrow

We will earn money for this game
with 1xbet See how it works:

1๏ธโƒฃ Fyonda Find here how to register or download 1xbet Apps:https://bit.ly/3vqvgk8 ๐Ÿ‘ˆ

2๏ธโƒฃ Sign up for free using Promo Code: Duhe25

3 Where it asks you for a Promo Code, enter Duhe25 to get the bonus 200%.

If you need help write to my wtsp and I will help you 68242919.

  BUJA๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ UMURIRIMVYI DAVIDO KUVA NIGERIA YISHIMIYE KUMUMENYA SAT-B AHITWAMWO INDIRIMBO YIWE MUKWAMAMAZA 1 XBET....
09/04/2024

BUJA๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿ‡ณ๐Ÿ‡ฌ UMURIRIMVYI DAVIDO KUVA NIGERIA
YISHIMIYE KUMUMENYA SAT-B AHITWAMWO INDIRIMBO YIWE MUKWAMAMAZA 1 XBET. ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

โญ๏ธ Icamamare kwโ€™isi umuririmvyi umunya Nigeria Davido, Yashizeko ya Sat-B kurubuga instagram yiwe.

โญ๏ธ Kuri story yashizeko haheze amasaha 8, yagaragaye nkโ€™uwamamaza 1Xbet Munsi hariko humbikana indirimbo Imodokari ya Sat-B

โญ๏ธ Iyi ndirimbo yasohotse benshi bapinga iriko irumvirizwa yongera inarabwa nโ€™isinzi ryโ€™abantu kwโ€™isi.

โญ๏ธ Ni mugihe King Sat-B hamwe na Davido basanzwe bakora akazi kamwe kokwamamaza 1Xbet muri Afrika yose.

โญ๏ธ Kurikirana Instasory ya davido uciye Ngaha ๐Ÿ‘‰๐Ÿพ https://www.instagram.com/stories/davido/3341986915278621460?utm_source=ig_story_item_share&igsh=NWxiczJ3cnQzNHhr

NB : Koresha CODE PROMO โ€œ Duhe25" Uciyekuri iyi Link ๐Ÿ‘‰๐Ÿพ https://tinyurl.com/yu8zz8ne

 ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅDJ israรฉl ๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽคLinda Nikita๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽค  with    full interview on youtube link๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡https://www.youtube.com/watch?v=xNOfm-OhOEMM...
08/04/2024

๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

DJ israรฉl ๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽค
Linda Nikita๐ŸŽค๐ŸŽค๐ŸŽค

with
full interview on youtube link๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡
https://www.youtube.com/watch?v=xNOfm-OhOEM
Mufise ico mubaza canke intererano twandikire muri Commentaire canke muze kutwakura kuri 61 10 10 00.
87.6Mhz

  Nyinshi Iyi Yoyo Ije Irenze๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿคญ๐Ÿคญ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿคฉ๐Ÿคฉ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”นMu Gihe Twari Tumaze Imyaka Myinshi Mu Gisata Cโ€™ugutwenza Ibindi Bihugu Vyiga...
08/04/2024

Nyinshi Iyi Yoyo Ije Irenze๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿคญ๐Ÿคญ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿคฉ๐Ÿคฉ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿ”นMu Gihe Twari Tumaze Imyaka Myinshi Mu Gisata Cโ€™ugutwenza Ibindi Bihugu Vyigarurira Imitima Yโ€™abarundi Mutima le Comedien Raharurwa Muri Babiri Ba Mbere Bariko Bayigarurira hafi Tugasamarira Ivyacu๐Ÿคฉ

๐ŸคฉKarya kantu kari Mu kuboko kwโ€™ububampfu nagaki?

  From Australia๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™
08/04/2024

From Australia๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™

๐Ÿ”ด๐ŸŽ™ Stylozoff na Kolly Da Magic, basubiye guhura kugirango bakore iyindi ndirimbo. Izoba ibaye indirimbo igira kane ya St...
08/04/2024

๐Ÿ”ด๐ŸŽ™ Stylozoff na Kolly Da Magic, basubiye guhura kugirango bakore iyindi ndirimbo. Izoba ibaye indirimbo igira kane ya Stylozoff iri muri Stock๐Ÿ’ช๐Ÿ’ฅ.

Turemeranya ko uwo muhinyanyuzi, batazira ยซ KORA-AMAHITs ยป, yagize ukuboko kwiza ku ndirimbo 2 zambere za Stylozoff, kuko zifise ibiharuro vyiza kuri YouTube. Tukizera ko niyi ya gatatu azoba ari Hit (๐Ÿ˜Wumveeh !!).

Abafise umutima wโ€™urukundo, tugende kuba turagira Subscribe ๐Ÿ‘‰ : https://youtube.com/?si=bhuCKs_n-6i2U4cf

๐Ÿšจ ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿคท๐Ÿพ Naho bavuga ngo yarahevye umwuga kubera amafaranga menshi We ngo aracayashaka tu.๐Ÿ“Œ Uwu munsi Mutima le Comedien aharu...
08/04/2024

๐Ÿคท๐Ÿพ Naho bavuga ngo yarahevye umwuga kubera amafaranga menshi We ngo aracayashaka tu.

๐Ÿ“Œ Uwu munsi Mutima le Comedien aharurwa mubateragutwenga bafise aho bigejeje aho Mbere bamwe n'abandi bibaza Ko yoba Yaciye ahagarika umwuga wiwe Kubera amafaranga.

๐Ÿ™… Ihibambewe, we yemeza ahubwo Ko agiye gukora cane kuko ivyo akeneye ari vyinshi gusumba ivyo afise ngo na nyaburya uwo mwuga ariwo watumye agera aho ageze Ubu.

๐Ÿคท๐Ÿพ Ni iki Abarundi bokwigira Kuri Mutima le Comedien ?๐Ÿคญ๐Ÿคฃ๐Ÿ™Š

07/04/2024
๐Ÿคท๐Ÿพ Ngo ntakibazo we yifitiye./ ariko ikibazo kiraza kugira abakora Zoom๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿคท๐Ÿพ Haracariho abapinga Natacha Burundi ?
07/04/2024

๐Ÿคท๐Ÿพ Ngo ntakibazo we yifitiye./ ariko ikibazo kiraza kugira abakora Zoom๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š

๐Ÿคท๐Ÿพ Haracariho abapinga Natacha Burundi ?

  A.k.a Sat B Avuga Ati :๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡ ๐Ÿ›‘Kuva Ku Murwa Mukuru Wโ€™abipfunzi   Nakoze Switch Na  ๐Ÿ”œ๐ŸŽผ๐ŸŽค๐Ÿฅ
06/04/2024

A.k.a Sat B Avuga Ati :๐Ÿ‘‡๐Ÿ‘‡

๐Ÿ›‘Kuva Ku Murwa Mukuru Wโ€™abipfunzi Nakoze Switch Na ๐Ÿ”œ๐ŸŽผ๐ŸŽค๐Ÿฅ

๐Ÿšจ ๐Ÿ‘ŠIshirahamwe ry'ubwishingizi   rihejeje gushiraho amasezerano yogukorana n'umuririmvyi   ibikorwa mugiye kuza murabona...
05/04/2024

๐Ÿšจ ๐Ÿ‘ŠIshirahamwe ry'ubwishingizi rihejeje gushiraho amasezerano yogukorana n'umuririmvyi ibikorwa mugiye kuza murabona .
BIC ntihengeshanya gufata mumugongo abanyempano b'igihugu cacu , nkuko icivugo cacu Kiri ninyishu y'ukuri kuri bose .

๐Ÿ›‘ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ  HAPPY BIRTHDAY ๐Ÿ™๐ŸŽ‰๐ŸŒŸโ€Happy Birthday ๐ŸŽ‚
05/04/2024

๐Ÿ›‘ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
HAPPY BIRTHDAY ๐Ÿ™๐ŸŽ‰๐ŸŒŸโ€

Happy Birthday ๐ŸŽ‚

Uwagatanu Mwiza Wโ€™imirimo. ๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘ŠKuri Mwese๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ
05/04/2024

Uwagatanu Mwiza Wโ€™imirimo.

๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘ŠKuri Mwese๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ”ฅ

๐Ÿ›‘DNEWS FROM RWANDA ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ  Happy Birthday Suprise ๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™
05/04/2024

๐Ÿ›‘DNEWS FROM RWANDA ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ Happy Birthday Suprise ๐Ÿ™Š๐Ÿ™Š๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ™๐Ÿ™๐Ÿ™

  ๐Ÿ›‘TurstStudio Yaraye Igiriraniye Amasezerano yogukorana Nabari muri indasi Yimyidagaduro Ari bo  ๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘Š   ๐Ÿค›๐Ÿค›A.k.a IVYUNGUKA...
04/04/2024

๐Ÿ›‘TurstStudio Yaraye Igiriraniye Amasezerano yogukorana Nabari muri indasi Yimyidagaduro Ari bo ๐Ÿ‘Š๐Ÿ‘Š ๐Ÿค›๐Ÿค›A.k.a IVYUNGUKA na Bakazoba Bajejwe kumenyekanisha ibikogwa Bizokogwa Niyo Studio ikiringo C'ukwezi Kumwe Ndetse Bahabwa Nivyunguka Bikwiye๐Ÿ™Œ๐Ÿ™Œ .Asante sana Thank you ๐Ÿ™๐ŸปNdanabibutsa ko Bariko Barakira Abashaka kwiga gukora Video no Gufotora๐Ÿ™๐Ÿ’ช๐Ÿพ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Duhe News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Duhe News:

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share