Ruyigi TV

Ruyigi TV Merci à toutes et tous pour votre soutien sans faille. Je n’aurais pas pu y arriver sans vous.

Umwana w'Intara❤️⚽🇧🇮
14/12/2024

Umwana w'Intara❤️⚽🇧🇮

  du Final  de FOOTBALL à Ruyigi.        🇧🇮Ruyigi    2    :   0     Gisuru              ⚽Bando              ⚽Eric(Mavugo...
09/12/2024

du Final
de FOOTBALL à Ruyigi.
🇧🇮Ruyigi 2 : 0 Gisuru
⚽Bando
⚽Eric(Mavugo)

  d'Aujourd'hui    de FOOTBALL à Ruyigi.Demi-Final Côte Buyogoma et Kumoso⚽Nyabitsinda 0 : 4 Gisuru⚽Bweru 0 : 3 Ruyigi
06/12/2024

d'Aujourd'hui de FOOTBALL à Ruyigi.

Demi-Final Côte Buyogoma et Kumoso

⚽Nyabitsinda 0 : 4 Gisuru
⚽Bweru 0 : 3 Ruyigi

  du Début              à Kumoso ⚽Gisuru 4 : 0 Kinyinya
03/12/2024

du Début
à Kumoso

⚽Gisuru 4 : 0 Kinyinya

  du Début du tournoi   de FOOTBALL à Ruyigi.             I Buyogoma ⚽Butaganzwa 3 : 4 Bweru⚽Butezi 0 : 14 Ruyigi
03/12/2024

du Début du tournoi de FOOTBALL à Ruyigi.
I Buyogoma

⚽Butaganzwa 3 : 4 Bweru
⚽Butezi 0 : 14 Ruyigi

 'Amahoro 2024Kur'uyu wa   igenekerezo rya 30 Munyonyo 2024, Umukuru w'igihugu c'Uburundi   yazimije  'amahoro rwari rum...
01/12/2024

'Amahoro 2024
Kur'uyu wa igenekerezo rya 30 Munyonyo 2024, Umukuru w'igihugu c'Uburundi yazimije 'amahoro rwari rumaze 22 ruriko ruzunguruka mu ntara , 42 bigize igihugu c'Uburundi.
Umukuru w'igihugu yaruzimirije muntara ya mu .

 Le Conseiller Socioculturel du Gouverneur   a lancé le Calendrier que ce Mardi le 03/12/2024 ,C'est le Début du tournoi...
29/11/2024


Le Conseiller Socioculturel du Gouverneur a lancé le Calendrier que ce Mardi le 03/12/2024 ,C'est le Début du tournoi intercommunal de FOOTBALL Edition 2024 - 2025 à Ruyigi.

   Urumuri rw'amahoro rwamurikiye ibikorwa vyokwagura ibiro vyo kw'   ryisumbuye rya  ,   Kanyinya ya komine yagutse ya ...
25/11/2024


Urumuri rw'amahoro rwamurikiye ibikorwa vyokwagura ibiro vyo kw' ryisumbuye rya , Kanyinya ya komine yagutse ya , kuri uyu wa mbere igenekerezo rya 25 Munyonyo 2024.
w'intara ya ubu iri mu ntara ya yamenyesheje ko urumuri ari ikimenyetso c'amahoro, aho ruciye naho ruhasigarana iterambere.

yamenyeshejeko umutekano ukwiye naho ari kumupaka kandi ko bafise ubukene bw' yo mubwoko bwa .

nk'umukuru w'intwararumuri yaciye ashikiriza abenegihugu bw'umukuru w' c'Uburundi , ubutumwa buherekeza urumururi mugihugu cose.

Muri ubwo butumwa umukuru w'igihugu asaba abarundi gukorera hamwe mu izorangurwa mu makomine mashasha.

Amakomine ya kera aje hamwe agire igitabu c'imigambi ya komine nshasha.
Asaba kandi abenegihugu kuzokwitorera indongozi zikerebutse zizobashikana kuri ya mbonokazoza.

Umushikiranganji w'ubutungane yari yateye iteka ibirori vyo kwakira urumuri rw'amahoro yasavye abenegihugu gushira kumuzirikanyi ubutumwa bahawe n'urumuri rw'amahoro.

Yabasavye kuguma kukivi batekanye mu mitima, umwe wese icajejwe agikore n'umutima munda, maze urumuri rubahezagire rubamurikire mubikorwa vyabo.

Source : RTBB

     Urumuri rw'amahoro rwamurikiye ibikorwa vyo kwinonora imitsi kuri uyu wa 24 Munyonyo 2024Mu ntara ya kera ya  . Izo...
24/11/2024




Urumuri rw'amahoro rwamurikiye ibikorwa vyo kwinonora imitsi kuri uyu wa 24 Munyonyo 2024
Mu ntara ya kera ya .
Izonkino zikaba zatunganijwe n'ishirahamwe ry' zifashwe mumugongo na , umugwi w'igihugu ujejwe kwinonora imitsi .

Mu rukino rw'amaboko volleyball:
yatsinze iseti zibiri kuri imwe ya .

Mu rukino rw'amaboko Basketball naho de l'Est yatsinze .
Muri izonkino z'amaboko, imigwi yambere waronswa ibahasha n'igikombe nayo abakabiri bakaronswa ibahasha gusa

Mu nkino zogusiganwa kumetero 3000m,
kubakobwa uwambere yabaye
Mubahungu, uwa mbere akaba yabaye
Abo bose kuva kuwa gushika kuwa baronkejwe ibahasha yokubatera intege.

Abandi bashimiwe mukuryosha ibirori n'abakinyi ba:
,
,


Umugwi wose waronkejwe ibahasha n'imidari kumukinyi umwe wese.

Mu mupira w'amaguru w'abakobwa wahuje n'ishure ryisumbuye rya .
Ishure ryishumbuye rya ryirahiye ishure shingiro rya ibitsindo bibiri ku busa.

Mubahungu
Urukino rwahuje hamwe na .
Urukino rwagiye guhera ari ubusa ku bundi mu minota 90 baca batandukanwa naza , aho yaciye itsinda ca .

Iyo migwi yabaye iyambere yaronkejwe ibahasha n'igikombe nayo iya kabiri ironswa ibahasha gusa.



 🇧🇮     Ku muhingamo wo kuri uyu wa 6 itariki 23 Gitugutu 2024, intara nshasha ya   yahereje Urumuri rw'Amahoro intara n...
24/11/2024

🇧🇮


Ku muhingamo wo kuri uyu wa 6 itariki 23 Gitugutu 2024, intara nshasha ya yahereje Urumuri rw'Amahoro intara nshasha ya , ku rugabano rwa komine yagutse ya Ntara nshasha, na komine yagutse i .
Aho rwakiriwe n’Abenegihugu isinzi, indongozi n’imvukira zo muri iyo ntara, harimwo n’ c’ Mukuru w’ CNDD-FDD .

Urumuri rw'Amahoro 2024 rwaciye rumurikira ibikorwa vyo kwubaka ishure shingiro rya Nyaburondwe muri komine intara nshasha ya



  Kuri uyu wa kane  21/11/2024 Urumuri rwavuye muri komine ya   yagutse ruja muri komine ya Shombo isanzwe iri mu ntara ...
21/11/2024



Kuri uyu wa kane 21/11/2024 Urumuri rwavuye muri komine ya yagutse ruja muri komine ya Shombo isanzwe iri mu ntara ya ya kera ikaba n’imwe mw’ikomine y’intara ya Gitega yagutse aho rwakiriwe n'indongozi zitandukanye n'abenegihugu batandukanye.
2024 .Ico gikorwa cabereye kukiraro ca .

Uwurongoye Intwararumuri ku rwego rw'igihugu yasavye abenegihugu kuzitorera indongozi zikerebutse zizobashikana kumbonokazoza w'Uburundi buteye imbere muri 2025.
Yamenyesheje ko Urumuri rw'amahoro ku ncuro ya 18 rwakirirwa mu makomine yagutse agize intara nshasha z'Uburundi mu ntumbero yo kunywanisha abavukakomine no kubamenyereza gukorera hamwe

Mwomenya ko urwo rumuri rukibandanya rumurikira amakomine mashasha agize intara ya yagustse gushika kumusi wa gatandatu



Umuyobozi w'ishure ry'akarorero   d'excellence Saint Joseph yo mu  , mu ntara ya  Aratumirira Abarezi n'Abanyeshure be n...
20/11/2024

Umuyobozi w'ishure ry'akarorero d'excellence Saint Joseph yo mu , mu ntara ya
Aratumirira Abarezi n'Abanyeshure be n'Abavyeyi barereye kuryo shure bose ko kuw'Imana igenekerezo rya 24/11/2024 isaha zine (4) ko hari ibirori vyo gutanga impapuro z'umutsindo (Certificat) kubanyeshure barangirije kuriyo shure.


  Urumuri rw'Amahoro Incuro ya 18 mu  , kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Munyonyo 2024, rwaramurikiye ibikorwa bita...
16/11/2024


Urumuri rw'Amahoro Incuro ya 18 mu ,
kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 15 Munyonyo 2024, rwaramurikiye ibikorwa bitandukanye vy’iterambere.

Mw’ikambi y'abasirikare yo ku Mukenke iri muri komine , rwamurikiye ibikorwa vyokwubaka inyubakwa y'amanama.

Muri komine nshasha ya Nyanza naho,
Urumuri rw'Amahoro 2024 rwamurikiye ibikorwa vy’iterambere kw'Ishure Shingiro rya Nyanzalac ya IV, imbere y'uko rwerekeza ku murwa mukuru wa , aho abaruherekeje bifadikanije n’abenegihugu mu bikorwa vyo kwubaka igituro c’imiduga ahitwa i .

Umukuru w'Intwararumuri, mu butumwa bwa Sebarundi ku benegihugu, yasavye abanya Burunga kugira ubumwe mu bikorwa, cane cane gushira hamwe imigambi y’iterambere, ibizoshikana Uburundi kw’iterambere rirama.

Yabasavye kandi kwima amatwi ba sesankuyoze, atakindi barota atari kujuragiza bene Burundi.

Ntiyibagiye no kubatumirira kuzokwitorera indongozi zikerebutse, zibush*tse, zizobashikana kuri ya mbonakazoza y'iterambere ry'Uburundi mu 2040 no mu 2060.




Photo du jour
14/11/2024

Photo du jour

URUMURI RW'AMAHORO 2024🇧🇮Imbere y’isinzi ry’Abarundi bari bakoraniye ku kibuga c'Urunani mu ntara ya CIBITOKE, Umukuru w...
10/11/2024

URUMURI RW'AMAHORO 2024

🇧🇮Imbere y’isinzi ry’Abarundi bari bakoraniye ku kibuga c'Urunani mu ntara ya CIBITOKE, Umukuru w’Igihugu, Nyenicubahiro ahejeje gutanguza Urumuri rw’amahoro ingira cumi n’umunani ku civigo:

“Barundi, twitore indongozi zizotuyobora mu gush*tsa iyerekwa ry'Uburundi 2040 igihugu cifashe-2060 igihugu giteye imbere”


Wa Mugambi   mu Ntara ya   uriko ukora neza ku     agize Intara.Uwo mugambi   ni wo kunagura akanovera k’indero mu ntara...
08/11/2024

Wa Mugambi mu Ntara ya uriko ukora neza ku agize Intara.

Uwo mugambi ni wo kunagura akanovera k’indero mu ntara w’ishirahamwe (CRS) mu .
Ukaba rero uherutse kwagura aho ukorera kuva ku mashure 14 gushika mu mashure 100.
Kubera inzara ari kimwe mu bituma indero ita akanovera mu ntara ya Ruyigi, umugambi Bigebose uragaburira abana ku mutaga. Abavyeyi ndetse n’abarezi barishimiye iryo hinduka

, mu mugambi waryo Bigebose, rifungurira abana barenga 60.000 ku munsi, muri bo abarenga 800 bakaba b**a mu myaka yo kwimenyereza (maternelle)

src : jimbereMagazine



FullTime🇧🇮🇧🇮🇧🇮AIGLENoirCs 12 : 0 RUYIGI y.C
26/10/2024

FullTime🇧🇮🇧🇮🇧🇮
AIGLENoirCs 12 : 0 RUYIGI y.C

Address

RN13
Ruyigi

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ruyigi TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share