PNR Burundi

PNR Burundi Informatif

🔴Real Madrid yahaye ikaze   Arrizabalaga mw'uwo murwi.
14/08/2023

🔴Real Madrid yahaye ikaze Arrizabalaga mw'uwo murwi.

🔴Umuntu agereranya aba bantu ngira arihenda!
13/08/2023

🔴Umuntu agereranya aba bantu ngira arihenda!

24/06/2023

🏝️Kari akanyamuneza🙏🙏🙏

🏝️IIkay Gundogan asa n'udashaka kuja muri Barcelona.Mundo Deportivo ivugako Gundogan yasavye Barcelona kumuha umwanya wo...
15/06/2023

🏝️IIkay Gundogan asa n'udashaka kuja muri Barcelona.
Mundo Deportivo ivugako Gundogan yasavye Barcelona kumuha umwanya wo kwiyumvira kuko Man city imaze kumusaba ishimitse ko yokwongereza amasezerano.

🔴 Barcelona ikaba yariko yipfuza kumusinyisha kuri contrat ya 3 ans
Ikinyamakuru Diario AS kikavuga ariko ko Barcelona ataramenya neza ico igiye gukora.

🔰Aha mwomenyako iruhande ya Barcelona imurondera hari SG na Arsenal nayo nyene iriko iramurondera cane.

🏝️Inyuma y'aho Barcelona iburiye Lionel Messi,Ubu ngo yoba igira isinyishe umusatirizi wa Man city.🔵 Ikinyamakuru Mundo ...
10/06/2023

🏝️Inyuma y'aho Barcelona iburiye Lionel Messi,Ubu ngo yoba igira isinyishe umusatirizi wa Man city.

🔵 Ikinyamakuru Mundo Deportivo kivugako Barcelona igiye gusinyisha IIkay Gundogan akazoza arahembwa 10M€ kumwaka.

🏝️Adama Traoré yaranse kwongereza amasezerano mu murwi yarasanzwe akinira.🔵Nk'uko bivugwa n'umumenyeshamakuru  ,Adama Tr...
09/06/2023

🏝️Adama Traoré yaranse kwongereza amasezerano mu murwi yarasanzwe akinira.

🔵Nk'uko bivugwa n'umumenyeshamakuru ,Adama Traoré yipfuza gusubira muri Laliga akerekeza muri Real Betis.

🔰 Traoré w'imyaka 27 ans y'amavuko akaba yipfuzwa kandi na Naples.

mugira j'aime na partages

🏝️ Bernardo Silva ashobora gutandukana na Man cityIbinyamakuru vyo mu Bwongereza bivugako uyu munya Portugal amaze kumen...
09/06/2023

🏝️ Bernardo Silva ashobora gutandukana na Man city
Ibinyamakuru vyo mu Bwongereza bivugako uyu munya Portugal amaze kumenyesha ko agiye gutandukana na Man city.

🔴 Radio yo mu Bwongereza igera kure aho yemeje kuri uyu wa gatatu ko azokina urukino rwiwe rwanyuma kuri uyu wa gatandatu muri finale ya ligue des Champions.

🔰Silva w'imyaka 28 Ans akaba yari yash*tse muri Man city avuye muri AS Monaco muri 2017 kuri 50M€.
Akaba aronderwa na na .

mugira j'aime na partages

🏝️ Muntumbero yo guhangana n'ibijanye na fair play financier FC Barcelone itegekanya kugurisha Ansu fati ariko uyu musor...
09/06/2023

🏝️ Muntumbero yo guhangana n'ibijanye na fair play financier FC Barcelone itegekanya kugurisha Ansu fati ariko uyu musore we akaba yipfuza kwigumira muri Barcelona.

🔴Jorge Mendes agent wa Ansu Fati amenyesha ko ariko ararondera umurwi womugura hagati aho Hotspurs ivugako imukeneye cane.

🎤 Mundo Deportivo ivugako imirwi imukeneye ari Tottenham,Man United hamwe na AC Milan kuko ngo ibona ko afise kazoza.

🔰 Mwomenyako Barcelona ishaka 100M€ kuri .

mugira j'aime na partages

🔴 Umukinyi wa FC Barcelone Samuel Umtiti yaraye amenyesheje ko agiye gutandukana n'umurwi   wo mucicaro ca mbere yari ya...
09/06/2023

🔴 Umukinyi wa FC Barcelone Samuel Umtiti yaraye amenyesheje ko agiye gutandukana n'umurwi wo mucicaro ca mbere yari yatijwemwo.

🔴Angel Di Maria amenyesha ko atazokongereza amasezerano muri Juventus de Turin.
08/06/2023

🔴Angel Di Maria amenyesha ko atazokongereza amasezerano muri Juventus de Turin.

🔴 Lionel Messi yaraye asinye muri Inter Miami.Ikinyamakuru TYC sport kimenyesha ko   yasinye contrat yo kuva kw'italiki ...
08/06/2023

🔴 Lionel Messi yaraye asinye muri Inter Miami.
Ikinyamakuru TYC sport kimenyesha ko yasinye contrat yo kuva kw'italiki 01/07 uyu mwaka gushika le 30/06 /2026

Ico kinyamakuru kibandanya kivuga ko uyu munya Argentine azohembwa 50M$ kumwaka.
Ikindi mwomenya n'uko Messi ashobora gutandukana na Inter Miami uko buri saison irangiye.

🔰Amakuru ya mercato abandanya kubashikira Gira na partages

🔴 Karim Benzema yaraye asezeye icese.Ejo haheze niho Karim Benzema yasezera icese imbere y'abakunzi biwe.Uyu mu faransa ...
05/06/2023

🔴 Karim Benzema yaraye asezeye icese.
Ejo haheze niho Karim Benzema yasezera icese imbere y'abakunzi biwe.
Uyu mu faransa akaba yaramaze imyaka 14 ans akinira Real Madrid

🔵Benshi bazokwama bamwibukira kuri performances Yagize mw'iyo myaka cane cane muri 2022 ivyatumye aca ahabwa ballon d'or.

j'aime na partages

🔴Indwi yanyuma muri Laliga➡️ Majorque🆚Rayo➡️ Real Madrid 🆚 Séville➡️ Villarreal 🆚Ath Bilbao➡️ Osasuna 🆚 Girona⚽Izo nkino...
02/06/2023

🔴Indwi yanyuma muri Laliga

➡️ Majorque🆚Rayo
➡️ Real Madrid 🆚 Séville
➡️ Villarreal 🆚Ath Bilbao
➡️ Osasuna 🆚 Girona

⚽Izo nkino zizotangura kuw'Imana 18:30 zose.
➡️ Betis 🆚 Valence
➡️Celta Vigo 🆚 Barcelona
➡️ Espagnol 🆚 Almeria
➡️ Elche 🆚 Cadix
➡️ Valladolid 🆚 Getafe

⚽Zose zizotangura kuw'Imana nyene 21:00

j'aime na partages

🚨 Paris SG yipfuza gutandukana n'umukinyi Neymar Jr.Uyu murwi wo mugisagara Paris mu Bufaransa wipfuza gutandukana n'umu...
01/06/2023

🚨 Paris SG yipfuza gutandukana n'umukinyi Neymar Jr.
Uyu murwi wo mugisagara Paris mu Bufaransa wipfuza gutandukana n'umukinyi w'umunya Brésil w'imyaka 31 ans y'amavuko ngo kubera akunda kugira ibikondoka n'indero nke.

🎤 Ikinyamakuru footmercato kivuga ko imirwi iriko iramurondera ari Newcastle, Chelsea na Man United.
Uyu wa nyuma akaba ariwo ufise amahirwe menshi.

🔵Iki kinyamakuru kibandanya kivuga ko Neymar afitaniye imigenderanire myiza na Qatar.Bikaba bivugwa ko Man United ishobora kugurwa na Qatar ivyoca bituma Neymar aja muri Man United

🔴Aha footmercato ikarangiza ivuga ko Neymar yanse ubusabe(offre) bwa Arabie Saoudite kuko we yipfuza kubandaniriza ivyo gukina i Buraya.

mugira j'aime na partages

🛑 Inyuma y'igenda rya Gérard Piqué, Sergio Busquets na Jordi Alba,Sergi Roberto niwe yaciye ahabwa igitambara ca capitai...
31/05/2023

🛑 Inyuma y'igenda rya Gérard Piqué, Sergio Busquets na Jordi Alba,
Sergi Roberto niwe yaciye ahabwa igitambara ca capitaine wa FC Barcelona akaba yahora ari icegera ca Capitaine.

🔴 Icegera ca mbere ca capitaine akazoba ari Ter stegen
Ronald Araujo akazoba ari icegera ca kabiri nayo Lewandowski akaca aba icegera ca gatatu.

🔴Kurundi ruhande Raphinha akaba ataho azoja n'aho yahora aronderwa na Newcastle kuko ngo ntanipfuza kuva muri Barcelona.

j'aime na partages

🛑 Achraf Hakimi ngo yipfuza gusubira muri Real Madrid.Ikinyamakuru Mundo Deportivo kivugako Achraf Hakimi atanezerejwe n...
31/05/2023

🛑 Achraf Hakimi ngo yipfuza gusubira muri Real Madrid.

Ikinyamakuru Mundo Deportivo kivugako Achraf Hakimi atanezerejwe n'uko afashwe muri Paris SG akaba yipfuza kuva muri uwo murwi n'aho amasezerano yiwe muri PSG ari ayo gushika muri 2026.

🔵Muri interview yahaye Ikinyamakuru Madrid Xtra,Umusesanguzi muri Sport Santa Aouna yemeje ko uwo munya Maroc w'imyaka 24 ans y'amavuko ko ashaka gusubira Mumurwi Real Madrid 🙌

🔴 Achraf amaze guca mumirwi nka Borussia Dortmund yari intizanyo(prêt), Inter Milan Ubu akaba akinira Paris SG.

mugira j'aime na partages kuri page

🎯 Kuri uyu wa gatandatu niho hategekanijwe urukino rwa nyuma n'ukuvuga indwi ya 38 muri ligue un.🔴 Muri urwo rukino niho...
30/05/2023

🎯 Kuri uyu wa gatandatu niho hategekanijwe urukino rwa nyuma n'ukuvuga indwi ya 38 muri ligue un.

🔴 Muri urwo rukino niho hategekanijwe ko azosezera uwo murwi kuko gushika Ubu yemeza ko adashaka kwongereza amasezerano muri Paris SG.

🔵Aha amakuru abandanya kuvugwa akaba aruko uyu munya Argentine ashobora kuja muri Arabie Saoudite canke muri Espagne.

💫Ibi bikaba bidahumuriza Xavi Hernandez kuko ngo abona ko Messi yomufasha vyinshi.
Xavi akabandanya avuga ko amaze kubwira Président wa Barcelona kugira ngo agarukane Lionel Messi.

kugira j'aime na partages

🚨Mugihe vyamaze kumenyekana ko Sergio Busquets atazokongereza amasezerano  muri FC Barcelone,(Munkuru twashikirije kare ...
30/05/2023

🚨Mugihe vyamaze kumenyekana ko Sergio Busquets atazokongereza amasezerano muri FC Barcelone,
(Munkuru twashikirije kare twababwiye abakinyi bariko baripfuzwa)
Sergio Busquets we abona ko abakinyi boshobora gusubira mukibanza ciwe neza ari na

🔵 Busquets akavuga ariko ko abakinyi nka na bafise ADN ya Barcelona n'ukuvugako bomenyeera vuba mw'uwo murwi.
Akabonako Abo aribo boshobora gusubira mukibanza asize neza.

j'aime na partages

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when PNR Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to PNR Burundi:

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share