Nyanza-lac TV 257

Nyanza-lac TV 257 -LAC TV257🇧🇮ON YOUTUBE🔥AND FACEBOOK🔥
HERE TO SUPPORT EVERYBODY, ✅ booking for Promotion on Whatsap +25762221035

26/12/2024

Kirikou arahatswe

26/12/2024

Kurima numutahe

Kirikou A Kili Abashoboye kwitabirira igiteramo ciwe I Nyanza-lac numusi le 25/12/2024 benshi basubiye inyuma batamuhony...
25/12/2024

Kirikou A Kili Abashoboye kwitabirira igiteramo ciwe I Nyanza-lac numusi le 25/12/2024 benshi basubiye inyuma batamuhonye kumvo Yuko yagiye gushika Amasaha yarenze
Bikaba birangiye igiteramo gisa nigihomvye
Imyidogo nimyishi Kubateguye ico giteramo nkuko Bo babivuga baremeza Yuko Kirikou A kili yataye amasezerano NGO mumaseserano bahanye yarayuko Yari gutegerezwa gushika Inyanzalac buca ikirori Kiba ariko siko yabikoze yaciye atako aca Ashika Ahabera igiteramo isaha zine zijoro namwe mubari baje mugiteramo batashe bibaza ko babahenze

Tube turayaga Aho Uherereye ibinyobwa vya Brarudi biraboneka. Kunomusi Wa  Ndavuga kubari Inyanza-lac
25/12/2024

Tube turayaga Aho Uherereye ibinyobwa vya Brarudi biraboneka. Kunomusi Wa
Ndavuga kubari Inyanza-lac

  Nziza Kuri Mwese mumaze kugira   kuri Page ya Nyanza-lac TV 257 Twibukanya ko Mumwanya Muto duhurira Kuri Palm beach h...
25/12/2024

Nziza Kuri Mwese mumaze kugira kuri Page ya Nyanza-lac TV 257
Twibukanya ko Mumwanya Muto duhurira Kuri Palm beach hotel ahobita Kwa Agripeshe Mukirori
niho aza Kuba yushikiye Na

24/12/2024

Noël kaze Mwese kaze

24/12/2024

Ntutarwe 🔥🔥🔥🔥🔥🔥

22/12/2024

Hakikisha utizame

21/12/2024

Patisserie Cher Mama vyose birahari

20/12/2024

Mugihe abandi badabandaza Badugije ibiciro Mwisoko nkuru ya Nyanza-lac NGO ibiciro biracahagaze uko vyahoze kurikirana ikiganiro
Duhurire Muri commentaire rero

🔴Umuririmvyi Mkombozi Lucifer agiye kwitoza kuba umushingamateka yigenga ====================Kuri uyu wa gatanu, umuriri...
20/12/2024

🔴Umuririmvyi Mkombozi Lucifer agiye kwitoza kuba umushingamateka yigenga
====================
Kuri uyu wa gatanu, umuririmvyi NZEYIMANA Thomas batazira "Mkombozi" yatwaye impapuro ku biro vya CNI zimwemerera kwitoza mu kibanza co kuba umushingamateka yigenga. Yari yaherekejwe n'urundi rwaruka.

Mkombozi avuga ati : « Jewe naravye nsanga mu Inama nshingamateka nta ntebe nimwe iduserukiye nk’urwaruka. Kandi urwaruka turafise imigambi myinshi twokora mu gihugu, impano z'urwaruka zigatera imbere. Ku bwanje nibaza ko ijambo ryanje harico ryofasha kuko na jewe nsanzwe ndi umwe muri urwo rwaruka. Ndazi ibibazo duhura mu mpano zacu. Ngirako nsaba y’uko abantu bose bari muri Entertainment n’urwaruka, ko bonshigikira ».

Tube turayaga Kandi ngirako nishura nicahe kintu wewe nkumu Fana Wa Nyanza-lac TV 257 Woterera canke wohanura Harabasavy...
19/12/2024

Tube turayaga
Kandi ngirako nishura nicahe kintu wewe nkumu Fana Wa Nyanza-lac TV 257
Woterera canke wohanura
Harabasavye ko bashaka ico boterera Tube turayaga rero

19/12/2024

ati nabuze ubufasha nanjeba ngeze Kure cane

17/12/2024

Nacafye Alvin smith frimeur ACA ampuza naba Diaspora Ubu ndi Munyishu

17/12/2024

Utashangaa

Kuva kumbuga Za   ati Atangura umwaka uku Twibukanye gato ko   ko arumwe muba ririmvyi batavyorosha Muri     Mugihugu Ca...
17/12/2024

Kuva kumbuga Za ati Atangura umwaka uku Twibukanye gato ko ko arumwe muba ririmvyi batavyorosha Muri Mugihugu Cacu C'Uburundi

16/12/2024

Umusore WA Denilison Aravuze uko sewiwe ya Mufashe bitateye agahinda kurikirana Episode 1
Arikumwe Na Sauti ya Busara

Nimba ushaka kuja Muri Group ya Wathsapp ya Nyanza-lac TV 257 siga numero Muri commentaire
16/12/2024

Nimba ushaka kuja Muri Group ya Wathsapp ya Nyanza-lac TV 257 siga numero Muri commentaire

Address

Nyanza-Lac

Telephone

+25762221035

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Nyanza-lac TV 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Nyanza-lac TV 257:

Videos

Share

Category