From sud TV 257

From sud TV 257 Makamba

Kuna ujinga sitotudia kufanya K**a kumuamini mutu ...........K**a kuajiliwa kikazi bila mkataba .....K**a kuwa Na malafi...
01/01/2024

Kuna ujinga sitotudia kufanya
K**a kumuamini mutu ...........
K**a kuajiliwa kikazi bila mkataba .....
K**a kuwa Na malafiki.........
Hayo yamenifanya nimalize mwaka vibaya Ila najuwa Mnyama hâta iweje akiianguka ikiwa hajafa anakuwa Mnyama tu
2024 Mwaka wa Mafaanikio tuuuu.....

19/12/2023
Hujawahi niangusha baba
18/12/2023

Hujawahi niangusha baba

Vuba cane twitege igikorwa gishasha kuva kwa Fabian boy
13/12/2023

Vuba cane twitege igikorwa gishasha kuva kwa Fabian boy

NARUDI kwenye Movie naUtafauti MkubwaKila mwenye kipaji Anakaribishwa+25761555261.  & +25765658060
11/12/2023

NARUDI kwenye Movie naUtafauti Mkubwa
Kila mwenye kipaji Anakaribishwa
+25761555261. & +25765658060

 -lac Murahawe ikaze kuri New duscple church kwa Mamy #  concert concert # #Niwamurwi wanyu mukunda cane     Youth and w...
11/12/2023

-lac
Murahawe ikaze kuri New duscple church kwa Mamy
# concert concert # #
Niwamurwi wanyu mukunda cane
Youth and word team
Wabateguriye concert yagakura muhawikaze
Mwese

Inkuru Ibabaje kuri Nduwimana Prosper tuzi nka Simba from sud umu Promoter akaba akitswe namagaraInyuma yaho atanimisi m...
10/12/2023

Inkuru Ibabaje kuri Nduwimana Prosper tuzi nka Simba from sud umu Promoter akaba akitswe namagara
Inyuma yaho atanimisi myishi iheze ahuye nisanganya Ry'imodokari bika vugwako ingwara agwaye yoba ivuye kwiryo sanganya aherutse kugira

Tel:61555261

Xon akomeza kuzunguruka Muburere Amateka kuyandi
08/12/2023

Xon akomeza kuzunguruka Muburere
Amateka kuyandi

 Ntabwo aririmba ahubwo Numu Director akora Videos na Logo Numwe murwaruka rwa Hano Inyanza-lac Ubu tuvugana akaba aheru...
07/12/2023


Ntabwo aririmba ahubwo Numu Director akora Videos na Logo
Numwe murwaruka rwa Hano Inyanza-lac Ubu tuvugana akaba aheruka gufata Rutema ikirere agana Mubihugu vyohanze akaba agiye gusinya amasezerano namwe mumashirahamwe
Niteka kurwaruka rwi Nyanza-lac
Makamba
Akajambo kamwe kuriwe

Prod Magnifique Yamenyekanye Kundirimbo umugore W'Ingare akomeza gushira ahabona indirimbo zitandukanye arabasaba gukome...
07/12/2023

Prod Magnifique Yamenyekanye Kundirimbo umugore W'Ingare akomeza gushira ahabona indirimbo zitandukanye arabasaba gukomeza mumukurikina kumbuga ziwe nka Youtube na Facebook nizindi
Akajambo kamwe kuriwe

Hiii sio yakukosa jamaniNi Le25/12/2023Palme beach
07/12/2023

Hiii sio yakukosa jamani
Ni Le25/12/2023
Palme beach

🔵🔴 Yitwa Saidi NTAKIRUTIMANA, avuka i Makamaba komine Nyanza-Lac. Ni umusatirizi wo kuruhande wa AIGLE NOIR CLUB SPORTIF...
06/12/2023

🔵🔴 Yitwa Saidi NTAKIRUTIMANA, avuka i Makamaba komine Nyanza-Lac. Ni umusatirizi wo kuruhande wa AIGLE NOIR CLUB SPORTIF.

🔹 Uwo mukinyi aherutse gutumwako ubwa mbere mu Ntamba Murugamba z'abakuze mu ntumbero yokwitegurira inkino zo kurondera itike ya .

🔹 Saidi yahora akinira umurwi wa Tigre Noir mu mwaka uheze w'inkino akaba amaze imyaka ibiri akina .

🔹 Uwo musore asanzwe ari mutoyi wa Kiza Fataki umukinyi wa kera wa Vital'O FC, ni umwe mu bakinyi bafise impano muvyo gukina umupira w'amaguru, akaba anakoresha neza ukuguru kw'ibubamfu nka mwene wabo.

🔹 Inyimenyerezo yizo Ntamba yatanguye ejo igihe c'isaha 15h00

Huyu mwamba kanisitua Daaah Metou Brown 💰✌️💪
05/12/2023

Huyu mwamba kanisitua Daaah Metou Brown 💰✌️💪

Mabanda
05/12/2023

Mabanda

tubahe bishasha?
04/12/2023

tubahe bishasha?

🇧🇮✍️Ubushakashatsi: Prophet of Jesus Joshua Joshua vs Chimamanda Moses 🙆‍♂️🙆‍♂️👇👉Mubushakashatsi duhejeje gukora dusanze...
04/12/2023

🇧🇮✍️Ubushakashatsi: Prophet of Jesus Joshua Joshua vs Chimamanda Moses 🙆‍♂️🙆‍♂️👇

👉Mubushakashatsi duhejeje gukora dusanze Prophet Joshua Joshua Of Jesus yabaye umuntu w'intwari mukuduza urubuga rwa Chimamanda Moses bigatuma aronka abamukurikirana cane.

👉Ntamisi 3 yohera Chimamanda Moses atavuze kuri Prophet Joshua Joshua Joshua Of Jesus bakunze kwita (Son Of Major canke The Eagle) bivanye nuko Chimamanda Moses aba ashaka ko urubuga rwiwe rwodugira kwizina rya Prophet Joshua Joshua Of Jesus gusumba abandi bantu bose yocishako.

✍️Uyu mugabo Prophet Joshua Joshua Of Jesus yahoze ari umuririmvyi windirimbo zisi nyuma arabivamwo aja muvy'Imana.

👉Prophet Joshua Joshua Of Jesus n'Umuntu yiyegereza imbuga cane aho yashize imitahe muvyimbuga ngurukana bumenyi agura ibikoresho bikwiye kugirango ibikorwa vyiwe bize bigire aho bish*tse.

Prophet Joshua Joshua Of Jesus ari nokuvyapa mu gisagara hagati bivuze ko ashaka ko izina ryiwe rimenyekana cane ariko nubwo biruko na Chimamanda Moses aramudugiriza izina bose bari munzira yokuzamurana.

👉Muri Zone Kinama Quartier Ngozi niho akorera kandi afise abakirisu benshi cane buca babura aho bagurira.

👉Basomyi ubutumwa bwa Prophet Joshua Joshua Of Jesus muhora mubwakira gute?

03/12/2023

Bangahe twemera intambuko zuno musore?
Please Mutere intege
Vuba arabazaniye bishasha nimba ukumbuye ibikorwa bishasha
Twibire ibanga kubigorwa woba Umwitezeko kuko vuba ibikorwa bishasha birasesekara

Tuneeze 1K Follows Ndabahe videos Yurukino Rwa New Duscple Vs Saint Germain
19/11/2023

Tuneeze 1K Follows
Ndabahe videos Yurukino Rwa New Duscple Vs Saint Germain

wangapi mnanikubari?
11/11/2023

wangapi mnanikubari?

umutumire wanumusi kuri Nyanza-lac TV 257 ni
03/11/2023

umutumire wanumusi kuri Nyanza-lac TV 257 ni

20/09/2023

Kipindi chake cha kwanza lynca arlene allu Mrs mafyeri hapa Eric BURUNDI TV

Tishio Zombie yavuze ngo : Aha hari igihe cisaha zitandatu Aho nari kurugo kwanyumbakumiWacu. Kugira numvirize amakuru y...
23/07/2023

Tishio Zombie yavuze ngo : Aha hari igihe cisaha zitandatu
Aho nari kurugo kwanyumbakumi
Wacu. Kugira numvirize amakuru yikirundi
Ahombaye ntawundi. Atunze iradio

Atarinyumbakumi wacu

Unani kubalije, umemisi nini kwangu
21/07/2023

Unani kubalije, umemisi nini kwangu

Urashobora uka berwa na HAPPYNES FASHIONumwanya nuyu Kaze wigurire uberwe impuzu zubwoko bwose Maze ibirato kubahungu na...
05/07/2023

Urashobora uka berwa na HAPPYNES FASHION
umwanya nuyu Kaze wigurire uberwe impuzu zubwoko bwose Maze ibirato kubahungu na bakobwa kugiciro ciza urahawe ikaze umwanya nuyu nyene
Ushaka kuryama kumashuka Meza
Kaze iwacu Muri HAPPYNES FASHION
TEL +254 753384780 kuri WhatsApp
Kaze cane

02/07/2023

Ibuka partage

Welcome uberwe ahurihose dushobora kukuzanira impuzu tukagushikanira kumbuga yawe umwanya nuyu Kaze muberwe na Happynes ...
02/07/2023

Welcome uberwe ahurihose dushobora kukuzanira impuzu tukagushikanira kumbuga yawe umwanya nuyu Kaze muberwe na Happynes shop
Nimba uri Muburundi canke ahandi hose muri East Africa +254 0759181049
Murakoze cane

01/07/2023

Simurizi ya ku sisimua sio ya kukosa

01/07/2023

Tutizame kidogo

Vyose bisaba umwete
01/07/2023

Vyose bisaba umwete

Isco Saidi
23/06/2023

Isco Saidi

22/06/2023

Incuti episode 1

Akajambo kamwe kuri P-love
22/06/2023

Akajambo kamwe kuri P-love

Ni Sosi pro umwemera ibice bingahe?
21/06/2023

Ni Sosi pro umwemera ibice bingahe?

Address

Nyanza-Lac

Telephone

+25762221035

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when From sud TV 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share

Category


Other TV Channels in Nyanza-Lac

Show All