Mwumba.net

Mwumba.net MWUMBA Notre Commune. N'importe où que vous êtes
soyez informés des activités de développement

04/10/2023
01/09/2023
07/07/2023
07/07/2023
20/06/2023
05/09/2022

yemwe namwe mufise imigambi mwipfuza kujana muri , , n'ahandi;

Ikigo kije kubafasha mu kwandika no kurungika imigambi myiza iteguwe n'inzobere muvy'imigambi n'itunganwa ry'ama .

🔴 Menya ubwoko bw'ibiharage bita   Source:   ------------------------------------👁️ Muri ikigihe c'irima c'ici rero duha...
15/07/2021

🔴 Menya ubwoko bw'ibiharage bita

Source:
------------------------------------
👁️ Muri ikigihe c'irima c'ici rero duhamagariye abarimyi baba abagwiza mbuto canke abandi basanzwe bipfuza kurima ibiharage kijambere kwama bariko barakurikirina ikinyamakuru JimbereMagazine, kuko kigiye kuguma kibaronsa ku munsi ku munsi ubwoko bw'ibiharage vyemejwe n'ikigo Isabu ko bibereye kurimwa, umwindondoro wavyo, ibibiranga, aho birimwa n'idwara birinda.

📌 Reka rero uyu munsi dutangurire ku biharage vyitwa "Doré de ".
Ivyo biharage mu kirundi bavyita idore. Vyakomotse muri Isabu. Vyinjiye mu Burundi mu 1980. Vyemerwa kugwizwa mu 1983. Ivyo biharage birimwa hagati ya metero 774-1850 z’ubukiruruke nk’ , , , , , , na .

🔎 Ubiravye n’amaso, ni ibiharage bigufi vy’imitwe. Iyo bishuritse bigira ibara ryera nayo iforoma y’urutete ikaba ari nk’irigi bikagira ibara ry’umuhondo vyumye.

🤷🏿‍♂️ Mu ndimiro ho gute? Imbuto ziterwa kuri hegitari imwe ni ibiro 90. Kimara iminsi 40 imbere yo kuzana amashurwe ku rugero rw'ibice 50%. Iminsi kimara mukwera ni 85. Uburemere bw’intete ijana ni amagarama 36. Umwimbu mu mirima y’ubushakashatsi ungana n’ibiro1300 kw’ihegitari. Umwimbu mu mirima y’abarimyi ni ibiro 800 kw’ihegitari. Urugero rwa ndemamubiri 19,34%. Hakabamwo kandi n'icunyunyu ca fer na zinc.

👍🏾 Ico giharage kikaba kirinda cane indwara z’utuzinu, iz’amavirisi, udukoko n’ivyononyi. Kiranarinda kandi bukebuke indwara za bagiteri. Kw’isoko, ivyo biharage biragurika neza.

👀 Muvyakiriye gute ? Gira ico mushikirije

Umugambi wo Gushira amatongo hamwe abenegihugu bo muri komine ya   barawutahuye.Mu mwonga wa  , ku buringanire bungana n...
13/07/2021

Umugambi wo Gushira amatongo hamwe abenegihugu bo muri komine ya barawutahuye.
Mu mwonga wa , ku buringanire bungana na hegitari 25 hatewe ibigori n'ibiharage.

IGICIRO C'IKAWA CADUGIJWEMu ntumbero yo kubandanya hatunganywa neza igisata c'ikawa no guha agaciro ibikorwa vy'abarimyi...
19/04/2021

IGICIRO C'IKAWA CADUGIJWE

Mu ntumbero yo kubandanya hatunganywa neza igisata c'ikawa no guha agaciro ibikorwa vy'abarimyi b'ikawa, no guha agaciro ibikorwa vy'abagura ikawa y'ibiturumbwe kuri iyi sizeni 2021-2022, Umushikiranganji w'uburimyi n'ubworozi amenyesha ko igiciro C'ikawa kugiye kugurwa uku:

Ikawa nziza bita cérise A yahora ugurwa amafaranga 550ku kilo izogurwa amafaranga 700 ku Kilo ( 700 Fbu/kg)

Ikawa y'ibisobwa bita Cérise B yahora ugurwa amafaranga 275 ku kilo igiye kugurwa 350 ku kilo ( 350/kg) .

Muri commune MWumba ku mutumba Gitasi, hari umwigeme w'umukanishi akora ivyuma  vyunguruza abantu. Yitwa Tofrine Tuyizer...
01/04/2021

Muri commune MWumba ku mutumba Gitasi, hari umwigeme w'umukanishi akora ivyuma vyunguruza abantu. Yitwa Tofrine Tuyizere akaba asanzwe ari umunyeshure.

👨🏿‍💼 Aujourd'hui, 700 millions de personnes ne savent pas d'où proviendra leur prochain repas.  Nous devons 🔹 apporter p...
31/03/2021

👨🏿‍💼 Aujourd'hui, 700 millions de personnes ne savent pas d'où proviendra leur prochain repas. Nous devons
🔹 apporter plus rapidement de la nourriture à ceux qui en ont besoin
🔹 construire des systèmes alimentaires résilients pour l'avenir
🔹 travailler plus dur pour résoudre les conflits qui détruisent l’avenir des gens dans le continent 🌍 ....

24/03/2021
24/03/2021
"L'essentiel, c'est de commencer" c'est formidable.
12/03/2021

"L'essentiel, c'est de commencer" c'est formidable.

 . kuri   muri commune MWumba imvura ivanze n'umuyaga yaguye kur'uyu wa kabiri yarononye aho inyubakwa z'amashure zabomo...
04/03/2021

. kuri muri commune MWumba imvura ivanze n'umuyaga yaguye kur'uyu wa kabiri yarononye aho inyubakwa z'amashure zabomotse n'abana barakomereka

   ku mutumba   commune   intara ya  ,    akaba yifadikanije n'abenegihugu  mu bikorwa rusangi mukwubaka ibirasi vy'Ishu...
04/03/2021

ku mutumba commune intara ya , akaba yifadikanije n'abenegihugu mu bikorwa rusangi mukwubaka ibirasi vy'Ishure Nshingiro riri ku mutumba wa .

Mu mitumba 29 igize commune ya akaba ariwo utari bwabone ishure.

06/01/2021

Radio Isanganiro

: Ibice birenga 70% vy'ingo zahawe impene n'umugambi DEPEL muri komine Mwumba kuva muri 2015 ngo ubutunzi bwarisununuye biboneka nk'uko bivugwa na bamwe muri abo bazihawe.

Athanase Nibizi akurikirana ivyo bitungwa muri iyo komine aravyemeza akavuga ko muri bo harimwo abasigaye ari abatunzi bahora muri bantahonikora. Abo banyagihugu bemeza ko igitungwa gifise akamaro kanini mu rugo igihe citaweho, nticihutirwe kugurishwa.

06/01/2021

JimbereMagazine

📊 Mu nyuma y'umwihwezo w'uko amakomine 9 yo mu ntara ya yagiye ararushanwa mu mwaka wa 2020 ikomine ya niyo yambere n'amanota 100%, n'iyakabiri ifise 94,11%, ikaba iyagatatu ifise 91,17% haca hakurikira Ngozi ku manota 85,29%, 85,29%, 82,35% 55,88%, 52,94% na komine yanyuma ifise 38,23% gusa.

06/01/2021

JimbereMagazine

🫂 Kur'uyu 04/01/2021, Nsaguye Marie Goreth umukenyezi wo ku mutumba zone Buye, komine yibarutse ubushuri. Uwo mukenyezi asanzwe afise abana 4 akaba yubakanye n'umugabo "afise akazi kabayabaye", avuga ko akeneye uduhuzu, agafu k'ubuyi n'udusabuni kugirango ashobore kurera abo bana 7.
Ishirahamwe RIFEV (Réseau des Intervenants en Faveur des Vulnérables) bakavugako bazoraba ico bafasha ariko bagatera akamo uwobishobora gufata mu mugongo uwo mupfasoni

📌 Uwoshaka kumufasha yoca kuri point-focal wa FENADEB i Mwumba: +257 79 99 29 93

03/01/2021
Mashariki TV

Mashariki TV

Umukuru w'Inama Nshingamateka Gelase Daniel Ndabirabe n'umutambukanyi wiwe baragendeye irerero ry'impfuvyi rya Fondation Buntu ry'i Buye mu ntumbero yo kubashigikira no kubipfuriza Noel n'Umwaka mwiza. Hari kuri uyu wa gatandatu 02 Nzero 2021.

28/12/2020

Akeza.net

La Banque africaine de développement et le gouvernement du Burundi ont signé, vendredi dernier(le 18 décembre 2020) à Bujumbura, deux accords de dons d’un montant total de 21 millions de dollars pour le projet d’appui au développement durable des chaînes de valeur de l’agriculture et de l’élevage.(PADCAE-B).

Ces accords ont été signé par le Ministre des Finances, du Budget et de la Planification économique du Burundi ,Dr Domitien NDIHOKUBWAYO et responsable-pays de la Banque africaine de développement au Burundi ,M. Daniel NDOYE.

L’objectif général du projet est de contribuer de façon durable à l’amélioration de la sécurité alimentaire et nutritionnelle et à l’augmentation des revenus des populations du Burundi, en particulier des provinces de Kirundo, Muyinga et Ngozi.





27/12/2020
Burundi For Jesus

Burundi For Jesus

Irabire ingene vyo kwinjira ka Mariya kubatswe kuri Paruwasi Rwarangabo ya diyoseze vyagenze. Hari kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 26-12-2020.

27/12/2020

Burundi For Jesus

La paroisse catholique de inaugure le de la Vierge Marie ce Samedi 26/12/2020. Une occasion aussi pour de rendre grâce à Dieu pour ses dans la congrégation des Frères de la Charité. Ngozi.

17/12/2020

Mashariki TV

Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye yatanguje ibikorwa vyo kwubaka icicaro gikuru c'ikigo cegeranya amakori n'amatagisi . Iyo gorofa y'ingingo (niveaux) 12 igiye kwubakwa mu gisagara ca , bikaba bitegekanijwe ko ivyo bikorwa bizomara imyaka 4, hakazokoreshwa amafaranga ya Reta y'Uburundi

16/12/2020
Burundi Communications

Burundi Communications

Suite Retraite nationale des jeunes de niveau d'étude master, ingeniorat, doctorat avec le Président de la République du Burundi afin de les mener vers l'entrepreunariat

16/12/2020

Urunani Rw'Ibimenyeshamakuru

16-12-2020: Umukuru w'igihugu ati: "Mu gihe bigaragara ko umwimbu utera wiyongera uko bukeye uko bwije mu , abaserukira Uburundi mu makungu bategerezwa kurondera amasoko, batabishoboye bakitahukira"!

11/10/2019

Radio UMUCO FM 102.8 Ineza Kuri Bose

: Imibano

Imfashanyo igizwe n'amamatela20,ibiro250 vy'ibiharage amalitiro40 y'amamesa,amakoto,ibiro 50 vy'isukari,ibiro 50 vy'ubuyi ibiro15 vy'isabune ya Omo,ibiro25 vy'umunyu,amakarato 10 y'isabune imizingo ibiri(rouleaux)y'igitambara ca kaki,ibitumbura n'amafanta niyo umugwi *Irishura* w'abaririmvyi Bava mumugambwe CNDD-FDD bazaniye abamugaye bo mukigo "JEHO KUKI " co muvyerwa kuruyu wa gatanu igenekerezo rya 11 gitugutu 2019.

Address

Mwumba, Buye , Rue Kanyenkiko, En Face Ruhuka Hotel
Mwumba

Telephone

+25777476007

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mwumba.net posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share



You may also like