Acqueline &Jando

Acqueline &Jando Gospel

Amahoro yimana abane namwe bene data aka nakanya keza kokubasaba murukundo rwanyu kudushigikira murugendo twatanguje rwo...
13/01/2024

Amahoro yimana abane namwe bene data aka nakanya keza kokubasaba murukundo rwanyu kudushigikira murugendo twatanguje rwo gukorera imana biciye mundirimbo mpimbaza mana mudushigikire biciye kuriyi page nyene twatanguje vuba cane turatangura kubaha ibintu bimeze neza lurakoze

Followe na commentaires ukwo uvyumva j.aime yawe irabereye ijisho👏👏👏👏
18/11/2023

Followe na commentaires ukwo uvyumva j.aime yawe irabereye ijisho👏👏👏👏

24/05/2023

Kuberako Kare baca imigani mukirundi ariko Ubu mbona batakivyitayeho Ubu nanje rero ngire nje ndayica mukinyabubanza nahone vyanse nzoce nza ndayica mukinyamusigati😂🤣

Bidabutse gose ncenja ndayica mukinyentamba😂

Nakare mbona ndikiza ruhonyanganda LMD Burundi
Baculugani muki nyabubanza bâti: umubu wisema ukubitira pompaje kumusegetera

Mukanya ndabaha gatoya mushaka mundoge ariko gusa mumenye ko ndikiza ruhonya nganda
19/05/2023

Mukanya ndabaha gatoya mushaka mundoge ariko gusa mumenye ko ndikiza ruhonya nganda

Itel techno ntabwo ari ama telephone ahubwo nishirahamwe rikora telephone Akamaramaza rero lumitel nishirahamwe ryitumat...
19/05/2023

Itel techno ntabwo ari ama telephone ahubwo nishirahamwe rikora telephone

Akamaramaza rero lumitel nishirahamwe ryitumatumanako ntabwo ari fone mwabana binzokamwe

Mwibuke ko ndi ikiza ruhonya nganda

Iyuvyutse bukebuke kureba ukwo waryamye 😳😕
20/01/2023

Iyuvyutse bukebuke kureba ukwo waryamye 😳😕

Hariho impamvu yiyo foto basha
02/11/2022

Hariho impamvu yiyo foto basha

26/06/2022
24/06/2022
23/06/2022
30/05/2022
25/05/2022
25/05/2022

Address

Muzinda

Telephone

+25768281107

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Acqueline &Jando posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Acqueline &Jando:

Share



You may also like