Offre d'emploi - AKAZI

  • Home
  • Offre d'emploi - AKAZI

Offre d'emploi - AKAZI Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Offre d'emploi - AKAZI, News & Media Website, .

Iyi page ifasha abayikurikira kubereka ama appel d'offre, avis de recrutement, au Burundi tant qu'international , aba bishoboye baga postula muma services babona ko bikwiranye.

UCOD IWCU - Avis de recrutement
06/10/2023

UCOD IWCU - Avis de recrutement

 , harakenewe abakozi muri OBR, musome izo postes 4, murabe aho mwogerageza amahirwe. .
07/04/2022

, harakenewe abakozi muri OBR, musome izo postes 4, murabe aho mwogerageza amahirwe.

.

 , Hopital Cinquantenaire NATWE TURASHOBOYE , I  , bakeneye abakozi mubisata bitandukanye bigize ivyo bitaro.Vyishi mura...
20/02/2022

, Hopital Cinquantenaire NATWE TURASHOBOYE , I , bakeneye abakozi mubisata bitandukanye bigize ivyo bitaro.

Vyishi murabisanga mururwo rwandiko.

Igitsinagore mwitabire kibwinshi nimwe muronderwa cane.

Mugerageze amahirwe.yanyu.

kuri twese.

19/02/2022

Answer the questions and challenge to earn one dollar per minute.

   , abantu bakoze ikibazo muri FENACOBU, ariko bakaba babakosoreye nabi, canke bakihenda bakabaha amanota atariyo, bara...
15/02/2022

, abantu bakoze ikibazo muri FENACOBU, ariko bakaba babakosoreye nabi, canke bakihenda bakabaha amanota atariyo, barabamenyesha ko yamaze gutangura Kandi izoherana n'italiki ya 17/02/2022.

twese tuzokaronka.

 , ama liste yabatotse, inyuma yo gukora ikibazo co kwandika hamwe na interview muri  .
03/02/2022

, ama liste yabatotse, inyuma yo gukora ikibazo co kwandika hamwe na interview muri .

 , abari baracaguwe ngo bakore ikibazo muri OBR, bongewe guhamagarwa ngo bagikore.Ninyuma yahoo cari casibijwe kumagenek...
24/01/2022

, abari baracaguwe ngo bakore ikibazo muri OBR, bongewe guhamagarwa ngo bagikore.

Ninyuma yahoo cari casibijwe kumagenekerezo ya 17 na 18 kigarama 2021.

Kigiye kuzokorwa muruku kwambere kwigenekerezo rya 29 .

 , Akazi muri  , gerageza amahirwe yawe.
24/01/2022

, Akazi muri , gerageza amahirwe yawe.

17/10/2021

: Abantu bagera kuri 224 bize mu bisata bitandukanye vy'ubuganga bafise impapuro z'umutsindo za A2 , A0, Bac+3 na Mastère.
Muri abo harimwo n'abize ibijanye n'ubuhinga bwa none (informaticiens)

-Mu mafaranga Reta y'Uburundi itegekanye gukoresha muri uyu mwaka wa 2021-2022 Reta yemeye gutanga akazi ku bantu 224 mu gihe abakozi bari bakenewe bangana na 1.332 nk'uko biri mu mugambi w'integuro y'imyaka itanu (2019-2023) utegekanya ivyo gutanga akazi mu gisata c'ubuganga.

- Ivyo biri mw'itangazo ryasohowe kuri uwu wa 15 Gitugutu 2021 n'umugwi w'igihugu ujejwe ivyo gutanga akazi mu Burundi.

akazi iwacu i Uburundi

Korera amafranga wibereye murugo kuri Internet
24/09/2021

Korera amafranga wibereye murugo kuri Internet

SurveyJ is the #1 survey marketing network. With over $14 million paid to 300k members, SurveyJ lets regular users make money with social media and friends!

14/09/2021

UNHCR recrute un(e) Associé(e) Contrôleur(se) des Projets

🏴  Appel d'offre  , National et International
14/09/2021

🏴 Appel d'offre , National et International

OIM in Burundi would like to recruit a TRD Project Assistant

Address


Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Offre d'emploi - AKAZI posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Offre d'emploi - AKAZI:

Shortcuts

  • Address
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share