One pajo 257

One pajo 257 Top news
(6)

🚨  💣💥🚀Uno Musore Wacu Melanin boy Ntarota Abaha Agahengwe Inyuma Yindirimbo "ISEZERANO" Igomba Ikwize Ukwezi Kurubuga Gw...
03/07/2024

🚨 💣💥🚀
Uno Musore Wacu Melanin boy Ntarota Abaha Agahengwe Inyuma Yindirimbo "ISEZERANO" Igomba Ikwize Ukwezi Kurubuga Gwa YouTube Kano Kanya Twiteguye Kwakira Iyindi Ndirimbo Yitwa " " 🥰 Nkuko Uwo Musore Ahejeje Kubishikiriza Kurubuga Gwiwe gwa Facebook 🙌🔥

Turagowe Ama Hit Songs 🇧🇮🔥 Yuno Musore Azodusigamwo Imvune 🙌 Yani Ni Hit After Hit 🔥

Mwiteguriye Gute Indirimbo "URI SWEET" ? Canke Yari Kumanza Akarindira Isezerano Kwanza?

Ariko Je Mbona Yoguma Adutamwo 💣💥🚀 Tukigumira Mumunyenga 🥰🙌

Sinzi Nawe Uko Ubibona?
Page:

28/03/2024

🤗None nk'ubu usanze uwo wita ♥️ wawe ari 💔 wokora iki!?🇯🇲♥️🇧🇮🙏

🔴‼️ Ubutumwa bukomeye bw'Ikinyamakuru co mu gihugu kibanyi c'urwanda inyarwanda.com  !! 👍🏾✍🏾 Umusore wacu Dj Fernando +2...
19/02/2024

🔴‼️ Ubutumwa bukomeye bw'Ikinyamakuru co mu gihugu kibanyi c'urwanda inyarwanda.com !!

👍🏾✍🏾 Umusore wacu Dj Fernando +257 Ariko aserukira neza ibendera ry'uburundi Ku ndirimbo Yiwe " BELLISIMA" muze tumuhe amashurwe Yiwe .

🇯🇲♥️🇧🇮💥        # Da        iyindi ntambwe yageze kuri YouTube yiwe reka du filling iyo Emotional Song kubari murukundo a...
18/02/2024

🇯🇲♥️🇧🇮💥 # Da iyindi ntambwe yageze kuri YouTube yiwe reka du filling iyo Emotional Song kubari murukundo abafise gahunda be n'abafise gahunda😎

Nkuko Vyemezwa Nuwuhagarariye Ibikorwa Vya       Bdi Aremeze Ko Igikorwa Gishasha Ca     na  -  Ubu ko Caheze Umwanya n'...
10/12/2023

Nkuko Vyemezwa Nuwuhagarariye Ibikorwa Vya Bdi Aremeze Ko Igikorwa Gishasha Ca na - Ubu ko Caheze Umwanya n'Umwanya Bararekura Umuzigo🎶🎶🎶🎶

05/11/2023

🔥🎶 Eeh i Muginga dufise   tukagira   ubu naho hagiye kwiyongerako uwundi musore yitwa  .  Tuvuge ko muyinga ivukamwo aba...
09/09/2023

🔥🎶
Eeh i Muginga dufise tukagira ubu naho hagiye kwiyongerako uwundi musore yitwa . Tuvuge ko muyinga ivukamwo abanyempano gusa.!?

Kubera impano yiwe GAD OFFICIAL TV imaze kubibona yaciye yihutira kwiyegereza uwu musore , akaba agiye gushira hanze indirimbo yiwe yambere ikaba izosohoka ifise namasanamu yayo, kumunsi wejo aho bukera

Igenekerezo rya 10/09/2023 isaha cumi nazibiri zumuhingamo (18h) iyo ndirimbo Yitwa BUCU niho izobashikira, ikaba yakozwe numuhinga yitwa
amasanamu yatunganijwe na asanzwe abikora neza murino minsi,

Mube muragira Subscribe kuri iyi link tubashiriye muri Commentaire.

.

🔴  : « Naje mu Burundi n’imodoka kugirango nshobore kubona Uburundi uko bumeze, mbone ivyiza vyaho, kugira kandi menye n...
30/07/2023

🔴 : « Naje mu Burundi n’imodoka kugirango nshobore kubona Uburundi uko bumeze, mbone ivyiza vyaho, kugira kandi menye n’ahantu hatandukanye ». Niko Bruce Melodie ahejeje kubishikiriza mu kiganiro n’abamenyeshamakuru kiriko kirabera, kuri hôtel tropitel, mu gisagara ca Gitega.

Yagize ati: « Nta mahera yo kuriha indege twabuze, ariko kandi n’amabarabara birakenerwa ko tuyacamwo. Naje rero gukora igiteramo natumiwemwo na Primus Burundi. Suko ndi ambassador w’ikinyobwa Primus mu Rwanda, arivyo vyatumye nza. Oya, Ishirahamwe rikora Primus mu Rwanda rifise uko rikora, iryo ngaha mu Burundi naryo nyene rifise uko ritunganije. Ico nijeje abantu bazoba bari kuri Stade Ingoma, ni igiteramo kidasanzwe, kiryoshe kandi ciza. Ikintu nobabwira cotuma muza nuko hari abigeme nazanye, bazi gutamba kandi beza cane. Ndafise Band y’abacuraranzi nziza, hama kandi nanje ubwanje, nizanye kandi ndifitiye icizere.»



  nawe siwe yohahera ama miliyoni nawe yayahawe aha gahunda niyayindi nyene yokuryohera abazohaza
30/07/2023

nawe siwe yohahera ama miliyoni nawe yayahawe aha gahunda niyayindi nyene yokuryohera abazohaza


16/07/2023

🚀🚀🔥🔥🔥song izomara amanyama abantu
Da Queen by Mr kaca da king

14/07/2023

Umu comédien ariko arabinkorera neza antwenza😂😂 nkahakwa kwuma uwawe n'inde🙄?

🚨🤩 NITEKA RIDASANZWE 🤩🤩🚨🟢♥️🇧🇮 Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye ikiganiro umwe murwaruka rusanzwe rukorera ...
13/07/2023

🚨🤩 NITEKA RIDASANZWE 🤩🤩🚨

🟢♥️🇧🇮 Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye ikiganiro umwe murwaruka rusanzwe rukorera ibiganiro Ku Mbuga ngurukana Bumenyi, " Juste Gaël" Asanzwe afise imboneshakuru "Umukubito TV" .
Nimwe muntambwe Ama TV online ariko aratera♥️🇧🇮🚨

👏🏾 Kikaba Ari ikiganiro kizoja Ahabona kw'itariki 14/07/2023.

🇧🇮

Mumfashe twipfurize twese abavandimwe bagiye gukora ikibazo ca  kikaba kizokorwa kuva k'umusi wejo(mardi)
10/07/2023

Mumfashe twipfurize twese abavandimwe bagiye gukora ikibazo ca kikaba kizokorwa kuva k'umusi wejo(mardi)

Courage brooo ubikora neza
10/07/2023

Courage brooo ubikora neza




Passionné par le cinéma, Billy Anderson est un jeune talent prometteur du cinéma ! Étudiant en communication Bac3 à l'université du Burundi, il a donné vie au personnage de MUCO dans le film "Le Puzzle du destin " avec beaucoup de talent et d'émotion. Sa performance a été remarquable et laisse présager un avenir brillant dans l'industrie du cinéma. Restez à l'affût de ses prochaines réalisations, car Son amour profond pour le cinéma brille à travers chaque geste et chaque regard. Billy Anderson est bien plus qu'un acteur. Préparez-vous à être captivés par sa performance éblouissante !







Magazine JimbereRegionWeek FrYann SantannaAkeza.netEJO MagazineCoprodac

AFRICALIAMobile Film Festival AfricaTV5MONDE Afric’Art Progress Pasacc-BuCANAL+ AfriqueCANAL+ Afrique AfriqueDocmonde Ouaga Film Lab Kreya
Union Européenne au Burundi

💏 Kuruyu wagatanu  Eric Niyongabire batazira Nipo Simple  hamwe n'umukunzi wiwe  Samia barashinze urwabo imbere y'Imana ...
07/07/2023

💏 Kuruyu wagatanu Eric Niyongabire batazira Nipo Simple hamwe n'umukunzi wiwe Samia barashinze urwabo imbere y'Imana n'abantu .
aho bibonekako yashoboye gushikirwa nabamwe muvyamamare vya hano mugihugu cacu ciza c'uburundi, kuruhande rumwe aho dusanga kurundi ruhande naho dusanga abaririmvyi nka Masterland arikumwe na Spoks Man Burundi ndetse tutibagiye na Emerysun Aho bari baje gushigikira urwo rubanza,eka ndetse nabagenziwe bagendana ubumuga bwamaguru namaboko nabone ntibatanzwe

Tumukeze ndetse tubifurize kuba amakara ntibabe urubeya

Uwo ni Sat b🇧🇮
06/07/2023

Uwo ni
Sat b🇧🇮

Address


Alerts

Be the first to know and let us send you an email when One pajo 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to One pajo 257:

Videos

Share