Adsong update news,ubuvumbuzi

Adsong update news,ubuvumbuzi Cette page concerne les informations scientifiques et des informations qui rythment l'actualité

10/04/2023

Hello bradaz and sistaz!kotuburany birapfira he?j nahora mudutigito nubwo mutambona ndababona.Hama unomusi nshaka tuyage kunkuru yash*ts
Harya muraziko kubaho ari ukubana.Hari umugenzi yatij 40.000 hari hahez imyaka ibiri amwishuza vyarabuz iyobija.Ariko kubera uwomugenzi yari yagow ejo bundi yaremey arikorora aramubwira ati basi raba umpe igice 20.000 j ndabe uko nokwirwanaho.Uwatijwe aramurahira ahicako afis 15.000 imbere n'inyuma!burya umuntu yagow biba vyans uwutanse yaremey niko uwundi acayamuha kuri lumicash ariko aravye neza asanga wawundi yarungitse 150.000 niko guca amujako atakambako yihenze ubusa,yihenz ngo namusubiz.
Tubatature,ariww wokora ikih?
-kumusubiza 135.000?
-kuyarya yose?
-gukuramwo 40.000 zaw?
-Kwinumira?
Burya ntanumwe yishoboy ubu*ima ntanumw yikwije,raba tubagire inama.Mwirambire ndabakunda,Jah bless u!

17/04/2022

Pasika nziza! Kuki mugifaransa bandika Pâques atari Pâque? Intwari muri commentaire.

01/01/2022

Hello bantu banje!Reka ndabipfurize umwaka mushasha uzotubere uw amagara meza,imigisha n imihezagiro!Muze twige kubana,duhuza nk abavandimwe.Iyipage nubwo nabuze akanya ndazi izodufasha vyinshi uyumwaka.Jah bless u!

Hello basangira ngendo!muhari?je ndababona nimba mutambona.Nyuma yokubura kubera udukorwa ndagarutse tuyage,dusobanukirw...
15/07/2021

Hello basangira ngendo!muhari?je ndababona nimba mutambona.Nyuma yokubura kubera udukorwa ndagarutse tuyage,dusobanukirwe vyinshi.Uno musi ndashaka tuyage kumico y'abanyafrika turibo
Wariziko inyuma y 'umuco wogufungurira hamwe dusanga iwacu hihishe vyinshi?ego,inyuma y'uyo muco n'icogikorwa gisanzwe hihishe vyinshi mundero nyafrika navyo n'ibi:
-Kuba umwana asangira n'abamuruta vyamwigisha kwunamika amaso bikamwiza ubwitonzi
-Gusangira n'abo munzu iwabo,vyamwiza kubanezerererwa no kunyurwa n ivyo bafise
-Kutavuga mugihe cogufungura,vyiza kugumya akarimi no kwimenyereza gutekereza
-Kutayora ibindi bifungurwa ataramara ivyafise mugipfunsi,ni indero yokwigerera,kutarenza urugero
-Kugumya mwese isahani n'ukuboko kw'ibubamfu ni ikimenyetso ciza cokwiza abana gukorera hamwe,kwicisha bugufi,kwitonda
-Kudasimbira kubifungurwa imbere y'abandi,vyigisha kwigumya,kwihangana
Ubundi gutegereza ko bamuha inyama inyuma,y'ifunguro no kutayiha wenyene,vyigisha kwihanganira akayabagu,kurwanya ubusambo.
Burya ngo kutagira akaranga birarandagiza,murabe iyotugeze kubera amajambere.Turiko tuja heza canke habi?

18/06/2021

HELLO MY PEOPLE!KOTWABURANY?IBIKORWA VYARANYIVUGANY ARIKO NIMBA MUTAMBONA JEHO NDABABONA.VUBA NDAVA MUDUTIGITO,TUVUMBUR TUNAGARUR UBWENGE,JAH BLESS U!

BIBA GAKE ARIKO VYABAYE.NI MURI MALI,AHO UMUKENYEZI YIBARUTSE ABANA ICENDA ICARIMWE.HARAHO WARUMAZE KUVYUMVA?KUVA NABA.N...
05/05/2021

BIBA GAKE ARIKO VYABAYE.NI MURI MALI,AHO UMUKENYEZI YIBARUTSE ABANA ICENDA ICARIMWE.HARAHO WARUMAZE KUVYUMVA?KUVA NABA.NNE NIGENDA GUTE NGO UMUNTU AVYARE UMWANA ARENZE UMWE,NI CONGIY KUKUVUMBURIRA,STAY CONNECTED

20/04/2021

NKuko bishikirizwa n igisirikare ca Tchad,Maréchal Idriss Deby Itno yitavy umuremyi,bituruts kubikomere yagiriy k urubuga rw intambara kuwagatandatu,uhez.Afrika abaprezida barabangamiw iyimyaka

Hello bantu beza!sinobabwira inkumbu nari ndabafitiy ariko je vyukuri naravy ingen iyindwi twari tunyotoy kubona intsinz...
27/03/2021

Hello bantu beza!sinobabwira inkumbu nari ndabafitiy ariko je vyukuri naravy ingen iyindwi twari tunyotoy kubona intsinzi y umurwi nserukiragihugu,ubu adsong aj dufashany tuyage kuri uyomukino wahogoj benshi wa football.
Ese w urayikunda?utayikunda uyankira iki?
Sinje kugaruka kuvyo kuwukunda,hari akantu nigez kwumva kw iradiyo,uwagiy gukora ikibazo c akazi bamubaza,amazina y imigwi nserukirabihugu,acarataha.Rero ntaco kutamenya bagenzi,akari m umutwe ntikaba isema.Kurubwo nshaka tuyage kumazina y'imirwi y imipira w amaguru y ibihugu bitandukanye
-Burundi:Intamba m urugamba
-Rwanda:Amavubi
-Tanzaniya:Taifa stars
-Uganda:Uganda cranes
-Maroc:les Phénéques
-Sénegal:les lions de la Teranga
-Cameroon:Les lions indoptables
-Côte d'ivoire:Les éléphants
-Afrique du Sud:Bafana bafana
-Egypte:Les pharaons
-France:Les bleus
-England:Tree lions
-Espagne: la roja ou la Fúria
-Allemagne:Mannchafter
-Italie:La squadra Azula
-Brasil:Samba boys
Burya ubumenyi ntamupaka bugira kanda like na partage hama uc wongerako uwundi mugwi twiyagire.Jah bless u!!!

26/03/2021
Mumeze neza bantu banje,je ntashetani.Hama adsong agarutse abakubitira akagohe kuvyo dufungura.Ese waru*iko umwanya wose...
17/03/2021

Mumeze neza bantu banje,je ntashetani.Hama adsong agarutse abakubitira akagohe kuvyo dufungura.Ese waru*iko umwanya wose ufunguye uba winjij m umubiri ingaburo canke ubumara?rero uyumwanya nagucaguriy ibifungurwa bimwe bimwe n icobifasha ibihimba bimw bimw vy umubiri
•ushaka kubungabunga ubwonko fungura ifi,indagala
•ushaka kugira umutima umez neza ihereze itomati,ibijumbu
•ushaka kugira amagufa akomeye fungura imicungwe,sereri n ubuki
•ushaka kugira inyama zimez neza ihereze imihwi,inyama zitukura,amafi n amagi
•ushaka kugira amahaha ameze neza fungura amashu(choux de brussels et choux braccoli)
•ushaka urukoba rumez neza ntugotwe mukunwa akayi ka tea vert no gufungura amafi
• ushaka kugira imishatsi myiza fungura imboga n amafi

Nshimvy vyivayo abakomeza gukanda like noguhanahana(partage) ururubuga n abansanga inbox bantera intege,ndabakunda cane,stay strong!!!

Ayandi makuru?ese woba uguwe neza?birashika canke ntibishike kko bimwe nitwe tuvyitera canke tukabiterwa n'abandi,n'ubu*...
06/03/2021

Ayandi makuru?ese woba uguwe neza?birashika canke ntibishike kko bimwe nitwe tuvyitera canke tukabiterwa n'abandi,n'ubu*ima.Uyumwanya adsong akuzaniye utuntu dutanu wokwibaza buri musi iyo ugodotse,uvuye gupambana,gupagasa,kuvanga irangi canke gushakisha,...,aho hose kugira ugume ubaye mumahoro unayah abandi:
1°Ese nakoze neza ibikorwa vyanje ukobishoboka unomusi?
2° Naronse akaruhuko unomugoroba?
3° Ibikorwa nakoze noba nabikoranye urukundo?
4°Nakoresheje umutima runtu mubikorwa vyanje?
5° Ndangij uyu musi n'umunezero hama ngiye kuronka agatiro keza kananyubaka?

Ivyobibazo ukaza uvyibaza buri musi uko ugodotse bizokwubaka kandi binafashe n'abandi kko burya umunyamahoro ayarahurira abandi,mumisi izoza tuzoza duhereza k'utubazo kugira tuze turungurana ubumenyi,ndabashimira kukuntu mukurikirana ururubuga,mwongere muze muntera intege kuma j'aime na partage,stay strong!!!!!

Hello my people!komukonje kandi unomusi ari congé ndabagira gte mwokavyaramwe.uyumwanya adsong agir abavumburir ibintu b...
27/02/2021

Hello my people!komukonje kandi unomusi ari congé ndabagira gte mwokavyaramwe.uyumwanya adsong agir abavumburir ibintu bitanu umuntu wese ategrezwa gutandukana na vyo kugira agir amahoro:
1• gushaka kunezereza buri wese
2• gutinya guhinduka
3• kubaho muri kahise (ukama wibaza kuvyahise,vyagutuntuj cg vyakunezerej hakuraba ibindi ujamwo)
4• kwisuzugura
5• kugira umwitwarariko urenze mumvuga ya none bavyita kurwana n isi.
Ese w hari ico ukuyemwo cogira icokigufashij?
Ndabakunda mwes,mukomez gukanda like na partage tugum twitagatira nk abaras.Jah bless u!!!!

Mwivyura basangirangendo?hama wavyanka wavyemera adsong agir akuvumburire ibintu bitanu utabikoramwo na bike uba uri umu...
19/02/2021

Mwivyura basangirangendo?hama wavyanka wavyemera adsong agir akuvumburire ibintu bitanu utabikoramwo na bike uba uri umuhisi.Twabandanij kdi musangiza n abandi kugira babimenye,ufis ico uhinyuza,na haw j nkunda nokuyaga:
Arapfa buhoro buhoro
1• umuntu adatembera
2• Adasoma ibitabo
3•Umuntu atumviriza umu*iki
4•Uwutazi kwinezereza ubwiwe
5•Uwutanwa amazi akwiy iki ndacongejemwo kko nzokibasigurira
Ngaho nimugire wknd nziza,ndabakunda uko,uwiteka abahangaz,mukomez gukanda like mukosabikanya n ububutumwa buca kuri runorubuga,stay strong!!!!

12/02/2021

Ese ww mugenzi urazi umurwi w amaraso yaw?huuum ukaba utawu*i ni nkuko naw utazi ibikuranga.Reka tugaruk gato,adsongupdatenews unomusi tuyaga kumaraso yacu,n imirwi arimwo n ingen dushibora kuyahanahana kko birashika nk igih umuntu agiz isanganya canke uburwayi.Rero amaraso yacu ari mumirwi ine(4 groupes sanguins):
-A irimwo uburinzi A ,ariko utemera ibinyabutabire biri muri B (ufise anticorps anti-B)
-B urimwo ubwirinzi B ariko urwanya ibinyabutabire biri muri A(anticorps anti-A)
-AB urimwo anticorps za A na B ntakinyabutabire na kimw kirimwo wakira A , B na O
-O ntabinyabutabire ufis,utanga kuriyo yose twavuz hejuru.
Muri mak tutaraja kukindi kinyabutabir citwa Rhésus,imirwi iraha iyo isa,A =A,B=B,AB=AB,O=O bisigurako uwomusangiy umurwi womuha/yoguha amaraso.Ariko rero AB yakira amaraso y iyindi mirwi yose(receveur universel),O nawo utanga mumirwi yose (donneur universel)
~Menya neza uza wumva ngo ufis aramaso + cank- woba u*i impamvu?
Biva kukinyabutabire(molecule) bavumbuy mumaraso,bavugako cakomots kunkenge singe macaque Macacus rhesus,iyo bagitoy mumaraso ufis A baca bashirako A+,bakibuz A- nokuyindi mirwi rro nuko bamw ni postif abandi négatif bivanye nuko basanzemwo cg babuzemwo icokinyabutabire.
Kuberako twabonyko,umubiri utakira ikinyabutabir gishasha,le non -soi (antigène,bacteries,virus,molécule,.....)ucukora ubwirinzi (anticorps) rero bituma guhanahana amaraso twabony hejuru bihinduka,imigwi isa ari positif irahana,négatif igahana kandi négatif iyo isanzw ihana iraha positif kko muri négatif atakinyabutabire kiba kirimwo,ninacogituma bayita negatif twabibonye.
*Ayo majambo négatif(-) mukiganga niho bakunda kuyakoresha bavugako ico bariko bagupima bakibuz,positif baba bagitoy ari naho uzawumva babacu ngo bamutoy malaria y imisaraba +++ nukuza dufashanya kuvumbura.Muri make reka twifashish igicapo gikurikira,kugira dufashany kuza tuvumbura n ibindi,ngusaba gukanda like no gusabikanya ibica hano kuri ururubuga kugira twunguran ubumenyi,stay strong!!!!

HABARI YA HIVI PUNDE:-Kumegunduliwa kisa kipya cha kirusi cha Ebola eneo la Butembo Drc-Un cas d'Ebola rapporté dans la ...
08/02/2021

HABARI YA HIVI PUNDE:
-Kumegunduliwa kisa kipya cha kirusi cha Ebola eneo la Butembo Drc
-Un cas d'Ebola rapporté dans la localité de Butembo
-Umugera wa Ebola watow muri Butembo (Congo Kinshasa)
-An Ebolavirus reported at Butembo in Drc.
Africa lives matter,tupige moyo konde tutashinda Stay strong!!!!Source:https://www.facebook.com/160894643929209/posts/4068889403129694/?app=fbl

Hama ndashima nongera nsaba abadasangiza ubutumwa buca kuri iyipage adsongupdatenews,kubusangiza abandi nkanasaba abandi...
06/02/2021

Hama ndashima nongera nsaba abadasangiza ubutumwa buca kuri iyipage adsongupdatenews,kubusangiza abandi nkanasaba abandi kuza babaza ibibazo bazi vyomfasha.
Mubikurikira tugir tuyage uko umubiri wacu ubany n ibindi binyabu*ima:Mubinyabu*ima tubana hari ibiboneka (macroscopiques) nivyo tudashobora kubonesha amaso agaragara (microscopiques) murivyo vyose hari ibidufitiy akamaro hari n ivyodufitiy akamaro.
Rero singiy kuvuga uko tubigirira akamaro gsa ndashaka kuvuga uko bimw bidukeney kubana natw,hari ibidukurako ivyo bifungura,hari ibidukenera kugira birondok cane cane virus,hari n ivyo dufadikanya ubu*ima tubifasha navyo bidufasha (symbiotes).Rero muri vyo hari ibiba hanz yacu n ibiba indani muri twebw,iyo rero ikinyabu*ima cinjiy m umubiri w umuntu aha ni guhera k urukoba kirashobora gukora ubumara (toxines) muriwo,umubiri nawo uko utey urashobora kumenya ivyawo (le soi) n ibitari ivyawo (le non soi).Uko umubiri utey iyowakiriy ikintu kitari icawo uca wirwanira kugira ntusinzikar,ucukora ubudahangarwa.
Murivyo bitari ivyawo bishobora kuba ibinyabu*ima bindi,ubumara bwavyo cank amaraso arimwo ibinyabutabire (molecules) umubiri udashobora kubana navyo.Aho rro niho umubiri ucukora ubudahangarwa(immunité),mukuvubura imisemburo yihariy kuri buri kimw cose kiwutey (immunité spécifique),iyo ivyo bidakunz niharya duca turwara tukaja kwa muganga kugira tuwufash kwirwanira,niko kamaro k imiti.
Mubinyabu*ima bidutera ibibazo vy indwara hariho rero bacteries,virus,champignons gsa hari n ibindi binyabutabire iyo bitugezemwo biba uburozi tukarwara rero ivyo nivyo nzoca ndabagira kumuyange mperey kuri bimw vy imirwi y amaraso n ingen bigenda kugira amw tuyahanahan ayandi ntibikunde.
Mukomez rro gusabikanya no gukanda like kugira tuz twivumburira ivyihish muri tw,aho tuba na kure yacu.Stay strong!!!

03/02/2021

MFASHE AKAKANYA NSHIMIRA ABAGIRA PARTAGE KIBICA KURI RUNO RUBUGA,UBUKURIKIRA NGIY KUZOBAYAGIRA IMIGWI Y AMARASO ARIKO KUGIRA TUZOTAHUZANYE NZOHERA KUKWIGA UMUBIRI WACU UKO UBANY N IBINDI BINYABUZIMA.
Shukurani za dhati kwa waliosambaza posti zangu,somo lifuatalo lihusulo makundi ya damu lakini kwa kujuzanya vilivyo tutaanza na mwili na jinsi unaishi pamoja na viumbe vinginge.Stay strong

Address

Adsongbaca@gmail. Com
Kayanza

Telephone

+25769144177

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Adsong update news,ubuvumbuzi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Adsong update news,ubuvumbuzi:

Videos

Share