Capital Channel TV

Capital Channel TV Chaîne de la Capitale

🔴🇷🇼😰Big Fizzo ngo indege  🥹yari kumujana mu   ,aridoga avuga ko yahemukiwe n'abari bamutumiye mugiteramo,ntiyakiririmvye...
08/08/2023

🔴🇷🇼😰Big Fizzo ngo indege 🥹yari kumujana mu ,aridoga avuga ko yahemukiwe n'abari bamutumiye mugiteramo,ntiyakiririmvyemwo kandi ntanumwe arabona mubamutumiye🙆‍♂️.

🔴Nkuko amakuru dufise yemezwa n'ibimenyeshamakuru bikomeye mugihugu kibanyi c'Urwanda akaba anemezwa na Fizzo Nyene.Umuririmvyi MUGANI Désire yari yaratumiwe mugiteramo mu gihugu kibanyi c'Urwanda citwa HILL FESTIVAL kikaba cabaye kumatariki ya 4-5/08/2023.BIG FIZZO vyari bitegekanijwe ko wewe aririmba kumusi ugira kabiri wico giteramo bisigura 05/08/2023,...

🔴Nkuko BIG FIZZO yavyivugiye ngo indege yategerezwa kumujana mu Rwanda yaramusize bica bibangombwa ko agenda n'imodoka,bica birangira ataririmvyi mwicogiteramo kandi nabamutumiye ntanumwe barabonana.Kumusi wejo hahise 07/08/2023 yagiye mukindi giteramo gitandukanye nakimwe cari camujanye.Cariko kibera i Kigali ahitwa(Maison Noir) maze araririmba,igiteramo kigeze hagati agira ati:

👉:"Naje hano ngo ndabasuhuze,yari indamutso!Nari naje mw'iserukiramuco(Festival) indege iransiga biba ngombwa komfata imodoja inzana ndaza gusa sinaririmvye,narindahari sinzi ikibazi cabaye.Ikindi ni uko abantu bategerezwa kunyakira,abari bantumiye kuva nshika ntanumwz ndabona."👈

de la capitale

🚨🚨Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu, yagendeye ivuriro Shifaa riri muri zone ya Buyenzi .Hari mu ntumbero yo kuja kwirab...
07/08/2023

🚨🚨Umutambukanyi w'Umukuru w'igihugu, yagendeye ivuriro Shifaa riri muri zone ya Buyenzi .Hari mu ntumbero yo kuja kwirabira uko ibikogwa vyifashe n'uko intererano yatanzwe n'ikigo Umugiraneza arongoye yash*tse kandi iriko irafasha mu kuvura.

de la Capitale

04/08/2023

👮🇧🇮🤷‍♂️Abatari bake ngo ‼️Akareresi(Video) kumupolisi ariko avuga ubutumwa bw' mw'ibarabara avugamwo ,...kariko karahanahanwa cane kumbuga ngurukana bumenyi📲

🔴Abatari bake mwamaze kukabona,ni akareresi(video) gatoyi kamasegonda #26,kerekana umupolisi afise idarapo ry'Uburundi kurutugu hamwe na Bibiliya muntoke azunguruka mwibarabara abwiriza ubutumwa bw'Imana,aho yisunga cane kubarya ,agira ati:

👉:"Korera Imana Bigishoboka,ibiturire vyabishe,ntajuru muzovyinjiranamwo,abo muri ibiturire vyabishe ntajuru muzovyinjiranamwo,abo muri PSR amafaranga ntaco azobamarira,abomuri PSR amafaranga ntaco azobafasha kuko ibiturire murya Imana irabizi,Imana irabantumye ati genda ubwire abo muri PSR,....,"👈

Ako kareresi wamaze kukabona nawe⁉️ Nahanyu mugire ico mushikirije.

de la capitale

🇧🇮✈️ D-ONE 257 ahejeje gufata indege yerekeza hanze y'igihugu,naho atarashima kuvuga aho agiye,yamenyesheje ko agiye mub...
17/07/2023

🇧🇮✈️ D-ONE 257 ahejeje gufata indege yerekeza hanze y'igihugu,naho atarashima kuvuga aho agiye,yamenyesheje ko agiye mubikorwa vy'umuziki.

Yagize ati:"No sleeping, we keep working✈️
is my Life🫶🇧🇮".

de la capitale

 : Umupatiri yaciye amande uwuje guhezagiza ubugeni kuko yacereweAbo bagomba kuronka umuhezagiro wa patiri ni abo muri p...
09/07/2023

: Umupatiri yaciye amande uwuje guhezagiza ubugeni kuko yacerewe

Abo bagomba kuronka umuhezagiro wa patiri ni abo muri paruwase katorika ya . Iri muri komine muri Mwaro Province . Kuri uwu wa gatandatu, abo bageni ngo baracerewe kuko "imodokari yari yabapfanye". Hari kuri uwu wa 8 ruheshi 2023.

Bash*tse, patiri yari kubahezagira ngo yaciye abaca amande y'ibihumbi mirongo ibiri vy'amarundi (20 000).
Ariko, ngo yaciye yanka kubaha umuhezagiro.

Abagize inama nkuru ya paruwase bemeza ayo makuru, bavuga ko bagerageje gusaba uwo mupatiri guhezagira abo bayabaga aranka. Yahisemwo guca aja guhezagira uwundi aho bita mu . Ni muri komine , muri iyo ntara nyene.

Tumubajije ibijanye n'iki kibazo cariko kiraba, Patiri Paterne Ngendakumana ntaco yashimye kwishura.

N'ubwo biri ukwo, Yohani habonimana, abicishije mu rwandiko biboneka ko ariko avugira abarongoye inama nkuru ya Paruwase, yemeza ko abakirisu bahungabanijwe n'iyo nyifato ya patiri Paterne.

de la Capitale

🔴👉🏾Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye   yahaye umubonano Ambasaderi wa Leta zunze ubumwe za Amerika mu Burundi Méla...
07/07/2023

🔴👉🏾Umukuru w'igihugu Evariste Ndayishimiye yahaye umubonano Ambasaderi wa Leta zunze ubumwe za Amerika mu Burundi Mélanie Higgins.

✍🏾Yaraje kumusezera kuko ikiringo ciwe giheze, yongera anamumenyesha aho agiye ndetse n' imigenderanire y'ivyo bihugu
igeze.

de la Capitale

Reta y'Uburundi iriyamiriza inyifato y’Umurwi ujejwe agateka ka zina muntu mw’ishirahamwe mpuzamakungu  , aho mu nama ya...
07/07/2023

Reta y'Uburundi iriyamiriza inyifato y’Umurwi ujejwe agateka ka zina muntu mw’ishirahamwe mpuzamakungu , aho mu nama yayo igira ijana na mirongo itatu n’umunani (138ème session) yabereye i watumiye Abarundi bakurikiranwa n’ubutungane mu kandi bamaze gucirwa imanza, iruhande y’intumwa z’igihugu zari zagiye gushikiriza uwo murwi icegeranyo kigira gatatu c’ingene agateka ka zina muntu kifasha mu Burundi, ku magekerezo ya 03 na 04 Mukakaro 2023.

Nk'uko tubisanga mw'itangazo ry'inama nshikiranganji y'Uburundi yabaye kuri uwu wa gatatu, Reta y’Uburundu ibona ko ku ruhande rw’uwo murwi, ari uburyo bwo gusasira indava ukudahana ivyaha, bikaba biciye kubiri no kwubahiriza no guteza imbere agateka ka zina muntu, mu gihe Uburundi buriko bukora ibishoboka vyose kugirango ukudahana ivyaha kuranduranwe n’imizi, gurtyo agateka ka zina muntu kubahirizwe koko.

Reta y’Uburundi irakeza intumwa zari zagiye muri iyo nama ku nyifato nziza zagize yo kutabandanya ibikorwa vy'iyo nama, kuko
kubwa Reta y'Uburundi, izo ntumwa zerekanye ugukunda igihugu.

Reta y’Uburundi itera akamo uwo murwi ujejwe agateka ka zina muntu ngo wikebuke, kugirango ureke guhimiriza ikintu ngo uce ukora igihushane caco.

de la Capitale

😥✝️Inkuru Y'umubabaro kw'isi Yose✍🏾 Ba bagabo batanu Bari  mu bwato   Buja Kure  munsi y' amazi basanze babupfiriyemwo i...
23/06/2023

😥✝️Inkuru Y'umubabaro kw'isi Yose

✍🏾 Ba bagabo batanu Bari mu bwato Buja Kure munsi y' amazi basanze babupfiriyemwo inyuma y'iminota 17 ibibaha impwemu vyabaheranye bikaba vyemezwa n'ikigo .

😔 Abo Bagabo akaba Ari ; Rush w’imyaka 61 akaba umukuru (CEO) wa OceanGate, Umwongereza ava muri Pakistan Dawood w’imyaka 48, umuhungu wa w’imyaka 19, umwongereza Harding w’imyaka 58 ndetse na Paul-Henry Umufaransa w’imyaka 77 yahoze mu gisirikare kigwanira mu mazi.

✍🏾Ibisigarira vyabo bikaba vyabonywe impande y'ibisigarira Vy'ubwato Titanic Bari bagiye kuraba, Aho ubwato barimwo bwaciye busambuka .

de la capitale

15/06/2023

🔴 “Abenegihugu barashimishwa cane n’ingingo Reta yafashe yo kugirango ishobore kuborohereza, muri kino gikorwa co guhinduza izi noti za kera zahora zikora, z’5000 na 10.000, kugira bashobore kuronswa nshasha, cane cane abadafise amakonte muma Banki canke mu mashirahamwe asanzwe abika canke akabikuza ivy’amahera.” Vyashikirijwe na Dr Jacques NDUWIMANA , Musitanteri wa Komine Gitega.

Yagize ati: “ Ico gikorwa cabaye mu mutekano nta ngere, nta misunikano twabonye. Iki gikorwa catweretse ko hari amahera menshi mu mihana kuko hari n’abashoboye gush*tsa umuriyoni. Hari n’abandi bazana make make. Turabona ko ari ingingo yafashwe bikenewe kuko hari nabo twabonye bakuze cane, bigora cane kwiyunguruza. Mugabo kubera ko twabasanze mu karere basanzwe barimwo vyaboroheye gose. Kandi twobamenyesha yuko abajejwe intwaro mu bibanza vyose ariho bari bari. Baheza bakabanza kwemeza ko uwo mwenegihugu asanzwe aba kuwo mutumba baje baserukira , gutyo bigatuma na bamwe bogomba kwikika mu kiza kugirango bazane amafaranga hano kandi batabirekuriwe , bidakunda.”

de la capitale

🔴Itangazo rivuye kwa Nyenicubahiro    w'Uburundi.
14/06/2023

🔴Itangazo rivuye kwa Nyenicubahiro w'Uburundi.

🔴 😍Saido NTIBAZONKIZA, aracegeranya ubushimwe!!=================Ubu naho ahejeje kuronka agashimwe k’umukinyi mwiza yary...
13/06/2023

🔴 😍Saido NTIBAZONKIZA, aracegeranya ubushimwe!!
=================
Ubu naho ahejeje kuronka agashimwe k’umukinyi mwiza yaryoheye abafana ba Simba muruku kwezi kwa gatanu (Emirate Aluminium Profile Simba Fans Player of the Month).

de la capitale

??  ihejeje kwugururwa icese n'Umukuru w'igihugu Evariste   Umukuru w'Igihugu c'  ahejeje kwugurura ya nyubakwa nziza it...
10/06/2023

?? ihejeje kwugururwa icese n'Umukuru w'igihugu Evariste
Umukuru w'Igihugu c' ahejeje kwugurura ya nyubakwa nziza iteye igomwe yubatswe n'umuryango w'ababikira ngo ibe ihoteri.

Mw'ijambo ryiwe, Buramatari w'intara ya , Venant , yakeje abobabikira ku ruhara bagize mu guteza imbere isura y'igisagara ca kikaba n'umurwa mukuru wa politike. Yaboneyeho kandi gusaba abafise imitahe bose gushika i Gitega maze uburongozi bw'intara bukabereka aho boshinga iyo mitahe yabo.

Tubamenyeshe kandi ko Umukuru w'Igihugu ahejeje gucacura igitambara, ikimenyetso cerekanako yuguruye icese iyo nyubakwa, yaciye ajanwa kwandika mu gitabu c'iteka c'iyo "hôtel".

Iyo nyubakwa mubona mwoyiha ikibanza ca kangahe muravye izindi nyubakwa ziri ku murwa mukuru wa politike i ?

de la capitale

🙏🙏🙏
08/06/2023

🙏🙏🙏

💎Aho Ni Kubiro Bikuru Vya   Aho Ikibazo C'Imirongo Iteye Ubwoba Kitarava Munzira Misi Yose Mugihe Dutanguye Ukundi Kwezi...
01/06/2023

💎Aho Ni Kubiro Bikuru Vya Aho Ikibazo C'Imirongo Iteye Ubwoba Kitarava Munzira Misi Yose Mugihe Dutanguye Ukundi Kwezi...

💎Aho Bikaba Biterwa Nikibazo Cahantu Hake Hagurirwa Ama Unités .Mubona Hokorwa Iki Kino Kibazo Kive Munzira Burundu.????

de la capitale

Nyenicubahiro   w'Uburundi, yakiriye mu biro iwe   Fara Niyonsaba.
01/06/2023

Nyenicubahiro w'Uburundi, yakiriye mu biro iwe Fara Niyonsaba.

Ni iteka ridasanzwe mu ntara ya   aho haraye huguruwe   nziza cane y'    buriko bufata isanamu nziza cane   de la capita...
30/05/2023

Ni iteka ridasanzwe mu ntara ya aho haraye huguruwe nziza cane y'
buriko bufata isanamu nziza cane

de la capitale

🔴🇶🇦🎥   muri   yash*tse amahoro kandi bimwe muvyamujanye arivyo gufata amasanamu(shoot video) y'indirimbo nshasha vyamaze...
30/05/2023

🔴🇶🇦🎥 muri yash*tse amahoro kandi bimwe muvyamujanye arivyo gufata amasanamu(shoot video) y'indirimbo nshasha vyamaze gutangura🔥‼️

de la capitale

🔴 Drama T yaraye asozerereye ibiteramo vyiwe vy’iburaya mu gisagara ca Bordeaux , mu Bufaransa 🇫🇷. Inyuma yo kubikora ne...
29/05/2023

🔴 Drama T yaraye asozerereye ibiteramo vyiwe vy’iburaya mu gisagara ca Bordeaux , mu Bufaransa 🇫🇷. Inyuma yo kubikora neza i Buruseri mu Bubirigi, uyo musore w’umunya Muyinga yaciye afata iyindi ndege imutwara murico gisagara ca Bordeaux. Umunezero udasanzwe niwo waranze abari murico giteramo.

Nk’uko biri kuri “programme” y’urugendo rwiwe, Drama-T ntazoshoka agaruka, azobanza gukora amasanamu y’indirimbo yakoranye n’abandi baririmvyi b’abarundi bari ku mugabane wa Buraya, harimwo uwitwa Davyscott ariko avyitwaramwo neza mu Bubirigi.

de la capitale

🔴Umukuru w'igihugu cacu Evariste Ndayishimiye  arikumwe n'umutambukanyi wiwe , yifadikanije n'abakuru b'ibihugu bo K'umu...
29/05/2023

🔴Umukuru w'igihugu cacu Evariste Ndayishimiye arikumwe n'umutambukanyi wiwe , yifadikanije n'abakuru b'ibihugu bo K'umugabane wa Africa Kur'uyu wa 29/05/2023 , mu birori vyo kwimika umukuru w'igihugu mushasha wa 🇳🇬 "Bola Tinubu"

😍Ibirori vyari bibereye ijisho !

de la Capitale

🇧🇮✈️🇦🇺B-face On The'flo ahejeje gufata indege agana muri   aho agiye gukorerayo igiteramo kumusi wagatanu igenekerezo ry...
28/05/2023

🇧🇮✈️🇦🇺B-face On The'flo ahejeje gufata indege agana muri aho agiye gukorerayo igiteramo kumusi wagatanu igenekerezo rya 02/06/2023‼️

🔴Vyinshi kwico giteramo murabe itangazo(cover) riri muri commentaire hama mutahure.Murakoze🙏

de la capitale

🔴🥇🏆  🇷🇼 yaraye atahukanye agashimwe kumu comedien mwiza gusumba abandi mwaka karerere ka afrika y'ubuseruko(Best comedia...
28/05/2023

🔴🥇🏆 🇷🇼 yaraye atahukanye agashimwe kumu comedien mwiza gusumba abandi mwaka karerere ka afrika y'ubuseruko(Best comedian of east africa) mubirori vyaraye bibaye vya AJSC AWARDS 2022🇧🇮‼️.

de la capitale

🚨🏗🏆Ryasango ryageze ry'igice canyuma(Final) hamwe nogutanga ubushimwe bwa  🔥// Ibikorwa vyokwubaka ahobizobera vyamaze g...
26/05/2023

🚨🏗🏆Ryasango ryageze ry'igice canyuma(Final) hamwe nogutanga ubushimwe bwa 🔥// Ibikorwa vyokwubaka ahobizobera vyamaze gutangura.....🏗️

🔴Muti bimeze gute⁉️ Kuruwu wagatandatu igenekerezo rya 27/05/2023 niho hazoba nogutanga ubushimwe bw'ihiganwa AJSC AWARDS.Bizobera iruhande yayahoze SMART//Boulevard De l'indépendance.Kwinjira azoba ari:10.000 fbu,15.000 fbu,20.000 fbu,30.000 fbu,500.000 fbu‼️

🔴Abazoteramisha mw'ivyo birori azoba ari:

👉MUTIMA LE COMEDIEN
👉NDIMBATI🇷🇼
👉MAMA SAVA🇷🇼
👉D-ONE
👉DJ ISRAEL
👉MC AMIPRO
👉MC YANN SANTANA
👉VICHOU LOVE
👉RUNTOWN DJS
👉INGO LIVE BAND.

Murahawe ikaze muri benshi,muzobe abambere mukubona nokumenya abazotahukana ubushimwe bwa AJSC AWARDS🙏

de la capitale

🎙 Drama T ✈️ Burundi ….. Belgique 🇧🇪//
24/05/2023

🎙 Drama T ✈️ Burundi ….. Belgique 🇧🇪//

🚨🇿🇦😭Ubutumwa bwa   wa Costa Titch buhejeje kuja hanze,ariko arasaba ubufasha kugira  inyishu z'ibipimo vyokwamuganga zin...
23/05/2023

🚨🇿🇦😭Ubutumwa bwa wa Costa Titch buhejeje kuja hanze,ariko arasaba ubufasha kugira inyishu z'ibipimo vyokwamuganga zinyarutswe gutangwa.🙏

🔴Nkuko bigaragara mw'itabgazo rihejeje guca kumbuga zahora zikoreshwa na nyakwigendera COSTA TITCH,umuvyeyi mama wiwe agira ati👉:"Ama Laboratoires y'igihugu arashobora kumara amezi,mbere n'imyaka kugira baheze ibipimo.Ivyo bisigurako ntari umuvyeyo(umu mama) ngaha muri afrika y'epfo ntegerezwa kurindira inyishu.Ivyo bisigura kandi ko niba hari uwaroze,uwahaye ishano umuhungu wanje,ntaba aciswe umwicanyi.Ndasaba ubufasha ndonke inyishu z'ibipimo vyokwamuganga kuko n'igipolisi ntaco gishobora gukora mugihe izonyishu z'ibipimo zitahari."👈

🔴Iryo tangazo rigiye hanze mugihe muri Afrika y'epfo abanyagihugu bidogera abaganga kubatevya kubaha ibipimo,nikwo vyagenze nokumuryango wa COSTA TITCH ko abaganga babatebeje kubaha inyishu z'ibipimo kuko bibaza ko umuhungu wabo yahawe uburozi,gutyo bakabasha gukurikirana uwoba yaramuroze.

de la capitale

Miliyari 220frw! Jay Z na Beyoncé bigondeye ingoro ihenze muri California Umuraperi Jay Z n’umufasha we Beyoncé bigondey...
22/05/2023

Miliyari 220frw! Jay Z na Beyoncé bigondeye ingoro ihenze muri California

Umuraperi Jay Z n’umufasha we Beyoncé bigondeye ingoro nshya muri leta ya California ihagaze arenga miliyari 350 frw, angana na miliyoni $200.

TMZ ivuga ko iyi nzu iherereye mu gace ka Malibu gatuwe n’abagwizatungo, ariyo yari ihenze cyane muri iyi leta ya California yose kuko yakuyeho agahigo k’indi iherutse kugurwa arenga miliyari 250 frw [$177M].

de la Capitale

Ubwoko Bw'Aba Nilotes, Baba Mu Kibaya Ca   , Niwo Mugwi W'Abantu Barebare, Bato Bato Kandi Birabura Muri   !Bari Mu Migw...
21/05/2023

Ubwoko Bw'Aba Nilotes, Baba Mu Kibaya Ca , Niwo Mugwi W'Abantu Barebare, Bato Bato Kandi Birabura Muri !

Bari Mu Migwi 25, Bakaba Bavuga Indimi Zirenga 70.

Muri Bo, Niho Hamuka Aba Luo, Sara, Maasai, Kalenjin, Dinka, Nuer, Shilluk, Ateker Nabandi Batari Bake.

de la capitale

🔥🇧🇮Abaririmvyi b'abarundi K'umugabane wa   !!✍🏾 Sivyimbeshere umuziki   hariho Aho wavuye uragera kuyindi Ntambwe ugerer...
20/05/2023

🔥🇧🇮Abaririmvyi b'abarundi K'umugabane wa !!

✍🏾 Sivyimbeshere umuziki hariho Aho wavuye uragera kuyindi Ntambwe ugereranije no mu myaka ya kahise N'ubwo ivyo ugikeneye gushikako bikiri Vyinshi, intambwe yo ntibuze.

😎🙌🏽Ngibi ibiteramo bine vy'abaririmvyi b'abarundi bigiye kubera mu bihugu vya Burayi imbere Yuko umwaka wa 2023 urangira amatwi adusumira n'ibindi ngo biri mu nzira ni Drama T agiye kuboneka mu giteramo " Akiwacu event" mu gihugu c'ububirigi🇧🇪 B-face On The'flo ndetse na Rivato Nintu umwanditsi w'indirimbo "Tears of Men 👉🏾https://youtu.be/gyyIiAYvXfM Bompi ukwo Ari babiri bafise ibiteramo bitandukanye mu gihugu ca Australia🇦🇺 inyuma yaho hazokurikira Sat-B ( Satura) muri Suède 🇸🇪 .

😇Ibi ntibibereye ijisho ?

de la capitale

🔴🔥🇧🇮 CARAVANE ECO-TOURISTIQUE !!✍🏾Kuruyu wa 19/05/2023 hatanzwe ikiganiro Ku banditsi n'abamenyeshamakuru ku birori bida...
19/05/2023

🔴🔥🇧🇮 CARAVANE ECO-TOURISTIQUE !!

✍🏾Kuruyu wa 19/05/2023 hatanzwe ikiganiro Ku banditsi n'abamenyeshamakuru ku birori bidasanzwe Bise " CARAVANE ECO-TOURISTIQUE" biriko bitegurwa na Cristal Events ifadikanije na " Map tours& Travels" bikaba bigiye kuba Kuma tariki ya 08 na 09 mukakaro uyu mwaka Nyene .

🙌🏽🎙️Fidèle NIKOYAGIZE asanzwe aserukira ishirahamwe ridandaza Ama tickets y'indege "Map tours&Travels" agira ati : " N'umunezero udasanzwe Wo gukorana n'abaririmvyi b'abarundi Ndetse na cristal Event irongowe na DJ Paulin, kuba Tugiye gukorera Hamwe Uno mugambi wo kwerekana ubwiza Ndetse n'ibibanza vyiza bigize igihugu cacu c'uburundi ni kimwe mu bizotanga ishusho Ryiza ku gihugu cacu ndetse bikagira ico bifashije umuziki Ndundi .

😎🎙️Nayo kuruhande rw'abaririmvyi Bose bazoboneka muri ivyo bikorwa aribo Double-jay OnceAgain , Vania Ice Ndetse na Drama T bamenyesha ko kuribo ari intambwe idasanzwe bateye kuba Bagiye kuzungurukanwa mu ntara zitandukanye zigize Harimwo Ndetse no mu bihugu vya burayi nko mu gihugu ca Ndetse n'ahandi.

🧐Mwomenya KO iyo izoba mu ntara ya Bujumbura, Bururi, Rutana, Gitega, Muramvya na Bugarama, Aho inyuma yaho bazoca batandukira K'umugabane wa buraya .

de la capitale
📸Izoom

AMAFOTO:Umuhanzikazi Rihanna yateje impagarara ku mbuga nkoranyambaga, nyuma yo gushyira hanze amafoto yambaye akenda ga...
19/05/2023

AMAFOTO:Umuhanzikazi Rihanna yateje impagarara ku mbuga nkoranyambaga, nyuma yo gushyira hanze amafoto yambaye akenda gapfuka imyanya y’ibanga konyine mu gihe yitegura kwibaruka umwana wa kabiri.

de la capitale

Harmonize yahindishijwe umushyitsi n’igiciro cy’amashusho y’indirimbo muri Amerika ! Umuhanzi  uri mu bahetse umuziki w’...
18/05/2023

Harmonize yahindishijwe umushyitsi n’igiciro cy’amashusho y’indirimbo muri Amerika !

Umuhanzi uri mu bahetse umuziki w’Akarere k’Afurika y’Uburasirazuba, yatewe ubwoba n’igiciro cyo gufata no gutunganyiriza amashusho y’indirimbo.

Konde Boy abinyujije kuri Instagram yavuze ko ari ubwa mbere yari aciwe amafaranga angana atyo, ibintu bigaragaza ko igiciro gikubye inshuro nyinshi icyo muri aka Karere akoreramo umuziki.

Ati”Ni ubwa mbere nshoye miliyoni zirenga 300fb, [Angana n’ibihumbi $150] ku mashusho y’indirimbo “

Harmonize atangaje ibi nyuma yo gutambutsa amashusho atandukanye ku mbuga nkoranyambaga ari mu ifatwa ry’amashusho y’indirimbo yakoranye n’umuhanzikazi Spice wo muri Jamaica yitwa “Miss Bantu, iri kuri alubumu aherutse gusohora yise “Made for us”

Uyu muhanzi ari gufatira amashusho y’indirimbo muri LetaZunze Ubumwe z’Amerika nyuma y’iminsi mike yerekejeyo muri gahunda z’ibitaramo bizenguruka isi yise “Single Boy world Tour”

de la capitale

🇧🇮 Stade INTWARI yatangiye gushyirwamo intebeIntebe 1 080 nizo zimaze kugeramo kuri 18 000 ziteganyijwe kujyamoImirimo y...
18/05/2023

🇧🇮

Stade INTWARI yatangiye gushyirwamo intebe

Intebe 1 080 nizo zimaze kugeramo kuri 18 000 ziteganyijwe kujyamo

Imirimo yo gushyiramo izi ntebe igomba kurangirana n'uku kwezi kwa Gicurasi/Rusama 2023

Biteganyijwe ko iyi stade izugururwa Ku ya 01 Nyakanga/Mukakaro 2023

de la capitale
📸Akezasport

🔴 umuririmvyi w’umurundi Kirikou A Kili na Chriss easy ava mu gihugu c’Urwanda,basozereye indirimbo yabo bakoranye.   de...
18/05/2023

🔴 umuririmvyi w’umurundi Kirikou A Kili na Chriss easy ava mu gihugu c’Urwanda,basozereye indirimbo yabo bakoranye.

de la capitale

AMAFOTO: Umukinnyi wa filime uri mu bakomeye mu Rwanda, Usanase Bahavu Jannet yatangaje ko umutima we unezerewe nyuma y’...
17/05/2023

AMAFOTO: Umukinnyi wa filime uri mu bakomeye mu Rwanda, Usanase Bahavu Jannet yatangaje ko umutima we unezerewe nyuma y’uko ashyikirijwe imodoka yo mu bwoko bwa KIA ifite agaciro ka miliyoni 12,500,000 Frw yatsindiye muri Rwanda International Movie Awards.

de la capitale

🔴 Utarinze kuraba hirya canke hino , ubona ari bande baza gutsinda hagati ya Manchester City na Real Madrid C.F.? Ni uno...
17/05/2023

🔴 Utarinze kuraba hirya canke hino , ubona ari bande baza gutsinda hagati ya Manchester City na Real Madrid C.F.? Ni unomusi isaha zitatu z’ijoro.

de la capitale

AMAFOTO: Perezida wa Real Madrid, Florentino Pérez ari kumwe  n'abakinnyi  i Manchester  biteguye kwesurana na Mancheste...
17/05/2023

AMAFOTO: Perezida wa Real Madrid, Florentino Pérez ari kumwe n'abakinnyi i Manchester biteguye kwesurana na Manchester City.

Ni mu mukino wo kwishyura wa 1/2 muri Champions League, umukino ubanza wabereye kuri Santiago Bernabeu usiga amakipe yombi anganyije igitego 1-1.

Wowe ninde uha amahirwe yo kugera ku mukino wanyuma?

de la capitale

🚨🚨 Mu Rwanda 🇷🇼 , Umuhinyanyuzi Bob Pro yatangaje ko agiye gushira hanze Album yakoranijemwo abaririmvyi bo mukarere ka ...
16/05/2023

🚨🚨 Mu Rwanda 🇷🇼 , Umuhinyanyuzi Bob Pro yatangaje ko agiye gushira hanze Album yakoranijemwo abaririmvyi bo mukarere ka East Africa batandukanye.
Aho bamwe mubo yavuze bazokwumvikana mundirimbo zigize iyo Album atibagiye Umurundi 🇧🇮 Sat-B n'abandi baririmvyi nka Sauti Sol , Chriss Easy , Bruce Melodie , ...

de la capitale

Rukundo Christian wamamaye mu muziki  nka  n’umuhanga mu guhimba imbyino zigezweho  basesekaye mu Burundi aho bagiye guf...
16/05/2023

Rukundo Christian wamamaye mu muziki nka n’umuhanga mu guhimba imbyino zigezweho basesekaye mu Burundi aho bagiye gufatira amashusho y’indirimbo uyu muhanzi yakoranye na !

de la capitale

Sat B agiye guhurira kuruvyiniro n'ibihangange muri Afrika harimwo Harmonize  🇧🇮 Umuririmvyi Sat B yatumiwe mu giteramo ...
16/05/2023

Sat B agiye guhurira kuruvyiniro n'ibihangange muri Afrika harimwo Harmonize 🇧🇮

Umuririmvyi Sat B yatumiwe mu giteramo citwa One Love Africa Music Festival kizoba kumagerekerezo ya 01 na 02 Nyakanga 2023.

Ico giteramo kikaba kizobera mu gihugu ca Swède aho Sat B azohura n'abaririmvyi bakomeye muri Afrika nka Harmonize wo muri Tanzania, Yemi Alade na Skales bo muri Nigeria

de la capitale

🔴Umugwizatunga wambere kw'isi Elon Musk murukundo n'i robot yitwa   ashobora kuyitwara ikanamubera umugore wiwe wo muri ...
15/05/2023

🔴Umugwizatunga wambere kw'isi Elon Musk murukundo n'i robot yitwa ashobora kuyitwara ikanamubera umugore wiwe wo muri kazoza.

Iyi robot akaba ari robot yakozwe kuburyo bwaho ifise ibintu vyose biranga umuntu gushika naho iyo robot nyene irota nka kurya kw'umuntu.
Catnilla ikaba isanzwe ikoresha inguvu zivuye kw'izuba (énergie solaire). Catnilla ikaba isanzwe ifise ivyiyumviro nka kurya kw'umuntu, ishavuye irabigaragaza canke iyo yishimye.😁😁

Amahera bwa bundi ntacadakora😂

Kubwawe ibi ubifata gute??👇

de la capitale

Umve Iyi ntahe ntuzosange nawe ubana na
15/05/2023

Umve Iyi ntahe ntuzosange nawe ubana na

IntahePasteur Paulo GITWAZA

Address

Marura
Gitega

Telephone

+25768134292

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Capital Channel TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Capital Channel TV:

Share