NGAbiranoLeo

NGAbiranoLeo ✓✓✓ un véritable pauvre est celui qui n'a pas des rêves alors la vie est basé sur les rêves✓✓✓✓

Can it be?
07/12/2023

Can it be?

Umwaka mushasha mwizaa!!!!🇧🇮🇧🇮🥗🥗🥗🥄🥄
31/12/2022

Umwaka mushasha mwizaa!!!!🇧🇮🇧🇮🥗🥗🥗🥄🥄

Nivyo✓
07/11/2022

Nivyo✓

26/10/2022

®®Reka dushime ariko tugire suivre kuri page Hama muzoje murabona bishasha kuri iyi ®®page

Hello guys! Hama merci kubagira like n'a comment ariko ndasabe mugire like kuri page kugirango ube umu ®®follower wanje ...
26/10/2022

Hello guys! Hama merci kubagira like n'a comment ariko ndasabe mugire like kuri page kugirango ube umu ®®follower wanje tuzoje turaganira so finer ! ™™
Kugira®®j'aime kuri page ura®®cliquant kuri foto ya page Hama ukaca ubona page yose nibirimwo vyose rero ucu cliquant kd kuri j'aime hepfo ya foto ya profile! ™™

®®Hama mubandanye mugira Jaime page niyagenda neza I really ibikorwa biriho kd ndazi tuzokwungurana vyishi !

Raba aho hepfo kuri foto uko bija biragenda! ™™✓

Tubibutse ko tubakunda kd caane
Mugire umugoroba mwizaa®®

25/10/2022

Hellooo! Mwaraye amahoro??
Mugire agatondo k'imigisha n'umusi mwiza

Thank you God ntaco nzokena ndikumwe nawe ®®®
23/10/2022

Thank you God ntaco nzokena ndikumwe nawe ®®®

22/10/2022
22/10/2022

Ijoro ryiza kubagenzi banje Bose muroto ivyiza vy'Imana

22/10/2022

Voilà se qui est cashé derrière l'école

√√™®®® IBINTU VYOTUMA UHINDURA IVYIYUMVIRO BIBI UKUMVA UREMYE # # ®®®✓✓ Ikibi si k***a ariko nikugwa ntuvyuke! ✓✓Ikibi s...
22/10/2022

√√™®®® IBINTU VYOTUMA UHINDURA IVYIYUMVIRO BIBI UKUMVA UREMYE # # ®®®
✓✓ Ikibi si k***a ariko nikugwa ntuvyuke!
✓✓Ikibi si guhomba ariko niguhomba ukaca ubiheba!! ®®
✓✓Ikibi sigukunda ntukundwe ahubwo ikibi nikuca wanka abandi kuko wakunze ntukundwe nuwe wahisemwo ! ®®

✓✓Ikibi si kubera udaciye ubwenge ahubwo ikibi nuko utitaho ivyotuma ucubwenge!!®®

✓✓✓Ikibi suko ukenye ahubwo ikibi nuko utitaho ibijanye niterambere.®®

✓✓Ikibi suko uri mubi canke mwiza ahubwo ikibi nuko udakora ivyotuma bakubonamwo ubwiza.®®

✓✓Ikibi suko utarashika kundoto zawe ahubwo ikibi nuko urashobora kwitega ivyo wohura navyo kugirango ushike kundoto zawe®®

®®Like na ®®share. ✓✓ page ni life's dreaming ya Ngabirano HASTA LA VISTA™™™

22/10/2022

Jack ma wubahwe ✓✓✓

Waoooh✓✓✓™™™
22/10/2022

Waoooh✓✓✓™™™

Twagiyee 😂😂

22/10/2022

Be your own leadership. Nijambo nikomeye caane ririmwo inyigisho zotuma utazera inze ugakura amaboko mumpuzu kugira dushike kundoto. Ni S.Ndayishimiye Evariste mukiganiro !
✓✓✓✓✓
Umvira nawe!!™™™™™

✓IBINTU 10   VYOKWITAHO MUBUZIMA KUGIRA USHIKE  KUNDOTO YAWE CANKE KUMUGAMBI ®1✓ Niwaba ushaka kuba umukinyi tangura  ug...
22/10/2022

✓IBINTU 10 VYOKWITAHO MUBUZIMA KUGIRA USHIKE KUNDOTO YAWE CANKE KUMUGAMBI ®

1✓ Niwaba ushaka kuba umukinyi tangura ugire imyitozo yawenyene Hama uje uragendana nababishoboye muze muraganira wumve uko bimeze ndetse bagufashe.™

2✓ Niwaba ushaka kuba umutunzi gendana nabariko baragerageza kwiteza imbere canke abateye intambwe mwiterambere dufate bagusumvya ivyiyumviro.™
3✓ Niwaba ushaka kuba umuntu runaka biragusba igihe( umwanya), kubana neza nabandi, kutaba ingumyi, kudahahamira gushoka ushika kuvyo wipfuza kurusha agateka kazina muntu.™

4✓Niwaba ushaka kuba umukarateka vyose uko nyene gendana naba master ntakabuza utamuba.™™
✓✓✓✓Utu ni uturorero nawe urashobora kumenya icushaka kuba so ucagura uwomubifatanya bivanye Nuwo ushaka kuba.™™™™

5✓Muri vyose ntagikomeye nk # niryo shingiro ya vyose ikindi naco ni gukora ikintu kikuri muraso kikumotiva uriko uragikora wumva ukinezererewe ! Nakare ngo: " umwanya utakaye ntugaruka " kandi " akimuhana kaza imvura ihise". ™™

NB: ushobora gukora igikorwa ucihatirako naho kitoba kikunezera ariko ukiyumvira ko arico cogushikana kuri kirya gikorwa kiri munteguro zawe canke mumigambi muruyo mwanya uzogikore ugikunze kuko déjà birafitaniranye isano Nico gikorwa.™

Tubashimire abafashe umwanya wo gusoma this page hanyuma tuzorabirahamwe ibindi bintu bitanu vyodufasha gushika kundoto zacu.

Page ni life' s dreaming ya Ngabirano tubashimire caane. see you next.
Shirako Jaime na share niho tubona abo turikumwe so that tugire Inguvu.
TURABAKUNDA CAANE® HASTA LA VISTA DUHURIRE MURI COMMENT

Address

Gitega

Telephone

+25769092710

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when NGAbiranoLeo posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to NGAbiranoLeo:

Videos

Share