Jean de Dieu bimenyimana

Jean de Dieu bimenyimana I TRUST AND I BELIEVE GOD IS MY GOD ALL TIME.

24/07/2023

Welding Machine:

16/07/2023
19/04/2023

Sabina Chebichi : la pionnière qui a inspiré toute une nation.

Sabina Chebichi est une athlète kényane née le 13 juin 1959, connue pour sa victoire lors de son premier marathon en 1973.

Incroyablement, elle a remporté cette course en courant pieds nus et en portant uniquement un jupon. En 1974, Sabina est devenue la première athlète kényane à remporter une médaille aux Jeux du Commonwealth, une compétition sportive qui rassemble des athlètes des pays membres du Commonwealth. Sa victoire a marqué l'histoire de l'athlétisme kényan et a inspiré de nombreux jeunes athlètes à suivre ses traces.

13/11/2022

(Ng'uburozi) entre parenthèses muraba maso(abagenzi, kuroga, ishari). Claude wihangane, kw'isi duhaca turengana. Ariko cane cane twame tugavye mukwihana no kwezwa kuko tutazi Umusi nisaha Yesu Kristo azogarukirako Canke tuzopfirako 👇
https://youtu.be/lxXqTjmijYU

21/10/2022
16/10/2022

🔥 More actions, more rewards. 🔥⁣⁣⁣

09/10/2022
08/10/2022

Vura (asthme) ukoresheje iyi mitobe.

Dr.George Pamplona Roger, avuga ko, iyindwara isanzwe iri k'urutonde rwizindi zibangamira inzira zo guhema, Aho usanga umuntu ahema nabi, akazwira nk'umuswi w'inkoko, gukorora n'ibindi. 200 nizo ziyirwaye kw'isi. Ubushakashatsi bwakorewe kw'ishure college de Londres no mu butaliyano kuri kaminuza y'i Milan, bwerekana asima ivurwa n'infugurwa zirimwo ibintu 4:

1. Antiasthmatique
2. Pectorale
3. Antiallergique
4. Immunostimulante.

wotegura umuti wa

1. ugizwe na pomme 1, umuhwi 1 canke 2 bitewe n'uko ingana na kiwi ushoboye kuyironka. Ariko ushobora kubifungura gutyo.

2. d'oignon rouge (umutobe w'igitunguru gitukura):
- katakata ibitunguru 2 canke 1, ungoramwo ibiyoko 8 vy'ubuki n'umutobe w'indimu yose (citron 🍋), bifundikire neza bimare Amasaha hagati y'8 na 12, uce uminina.
- nywa ibiyiko 2 canke 3 Ku ncuro imwe, bikore incuro 6 k'umusi.

Tubibutse ko iyo Ari Umwana mutoya afise iyi ndwara, umuvuza iyi sirop kuko atoshobora kurya. Ariko umuha akayiko gato, incuro 3 k'umusi.

3. de chou(umutobe w'ishu): ufata amababi y'ishu ukayaronga neza, ukayakoramwo Umutobe utavanzemwo Amazi, ugaca wongeramwo utuyiko 3 tumwe tw'abana rw'ubuki. Unywa ibiyiko 2 canke 3 mbere yo kurya.

ukwiye cane:

- salade igizwe na carotte, igitungulu gitukura na tungulusumu udutete 3. Ubirya ugira ufungure akaba arivyo bitangura mu nda.

- imicungwe, inanasi, amapera, ibihoke canke amavuta yavyo, imyungu, amandes, noix(de cajou, Brésil...), Ibiyiko 2 vy'ingano z'imejeje, amavuta ya elayo(extra vierge)

bintu ubihebe:

- imyotsi y'inkwi ya buri gihe cane cane abacana munzu.
- amafiriti kiretse atekeshejwe elayo
- amandazi atekwa mubivuta vyabaye ikambiri
- intumo munzu
- kubana n'ibikoko bifise ubwoya(impene, inkwavu, imbeba z'ikizungu, utuyabu...)
- amata y'inka, ifi, crevettes...
- amavuta ya parfum.

Tubibutse ko umuntu arwaye asthme adakwiye kurya ibiyoba, adakwiye kwegera ahari soya. Ntabwo ibiyoba na soya bitera asima ahubwo iyo umuntu yarwaye yirnda ikintu cose coba intandaro.

ubusa mubitangire ubundi" (Mat 10:8)

07/10/2022

The Mindset

~Unknown Author

07/10/2022

Vector and Scalar
Admin: sheheryar khan

02/10/2022

c'amacayicayi (citronnelle)
umuti uvura.

citratus, mumvugo y'ikiganga, amacayicayi, ni kimwe mu vyatsi bikomoka mu buhindi, Venezuela, Ceylan, Malaisie na Pérou.

afasha muri ibi bikurikira:

1. d'excellentes propriétés purifiantes: yoza amaraso akavamwo imyanda n'uburozi, bigatuma amacayicayi avura indwara ya goutte irangwa no kubabara mungingo, bitewe n'uko mu ngingo haba hariyo urique.

2. , avura kutituma neza, kwama wuzuye Inda no kwamana uburibwe mu mushish*to, iseseme no dudahwa.

3. Iki cayi, kibaganya Kibi, gitera indwa z'imitsi n'iz'umuvuduko urengeje w'amaraso na AVC.

4. des propriétés analgésiques et anti-inflammatoires : bituma avura kwama umeneka umutwe, ukakurya canke ubundi bubabare mu mubiri bwiyadukiza.

5. allié aux diabétiques : ifasha abafise isukari nyinshi mu maraso (hyper glycémie) kuko iyigabanya.

6. antipyrétique: amacayicayi ashira kurugero rwiza ubushuhe bw'umubiri, agakingira kwamana indwara z'umuriro.

7. antyoxydantes : afasha kurwanya gusaza kw'ingingo (cellules), bityo agakinga kurwara za cancers

8. relaxantes: iki cayi gitera gusinzira neza, kikarinda umuntu guhangayika, gupanika n'ibindi.

bategura iki cayi: ni gufata amababi yuzuye urushi canke urugero nunaka, ugateka mu mazi angana n'inusu y'ilitiro, akanywa nk'icayi, ushobora kongeramwo ubuki mugishingo c'isukari

- ikindi, n'uko umutumba n'a kamwe k'imbere k'umutumba bishobora gutekwa muvyokurya nk'ibirungo.

ubusa mubitangire ubundi" (mat 10:8).

01/09/2022

3 façons d'utiliser les feuilles de laurier
1) Boisson digestive pour dégonfler le ventre
INGRÉDIENTS
500 ml d'eau
1 zeste de citron
3 feuilles de laurier
MÉTHODE
Ajouter les feuilles de laurier et le zeste de citron dans une casserole avec de l'eau, porter à ébullition.
Filtrer, ajouter le jus de citron et servir dans une tasse.
------------------------------------------
2) Débarrassez-vous des odeurs de cuisine
INGRÉDIENTS
500 ml d'eau
1 zeste de citron
1 jus de citron
3 feuilles de laurier
MÉTHODE
Ajouter les feuilles de laurier, le zeste et le jus de citron dans une casserole avec de l'eau, porter à ébullition.
Utiliser pour éliminer les odeurs fortes.
--------------------------------------------
3) Faire de l'huile infusée
INGRÉDIENTS
Ail
4 feuilles de laurier
Sage
Romarin
750 ml d'huile d'olive
MÉTHODE
Ajouter les feuilles de laurier, la sauge, le romarin et l'ail dans un bocal, remplir d'huile d'olive et laisser reposer pendant 3 jours.
Filtrer et verser dans un pot à huile en verre.

24/08/2022

In my personal experience as an entrepreneur, I have learned that to be successful in your business, you must plan carefully and manage like a good family man. You also need to be determined in your choices but don't forget that your collaborators are the most precious thing you have. Always respect them!

Address

Bujumbura
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Jean de Dieu bimenyimana posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Jean de Dieu bimenyimana:

Share

Category