Kur uno musi Africart Tv yabahitiyemwo๐ ๐https://youtu.be/t9ZGqYX9PH4 umurisho w'ingomba w'umurwi ndanga karanga Troupe Amagaba . Ubafashe guhimbaza imyaka 61 iheze Uburundi buronse intahe yo kwikukira .
#IndependenceDay #independanceday2023 #indรฉpendanceduburundi #africarttv #Burundi
Alice muri TEAM MUTIMA narigeze guhagarikwa kubera comedie
Ahisemwo gutora MUTIMA IKI kiganiro ntikigucike
Kirabe uciye ngaha ๐๐๐๐๐
https://youtu.be/dawPAwVuIjA
.
.
#teamMutima #africarttv #mutimaLeCommedien #burundicommedy
TWARI TWABAKUMBUYE , Ariko turyohewe nukwo bagarutse atacahindutse ...#AMAGABA Baguma berekana ubushobozi bw'abo mukuvuza umurisho #w_ingoma ๐๐ ehe ni wihere ijisho ๐๐ https://youtu.be/p-jCOaIq6Rw
Ivyumvugako by S4C Soldiers For Christ
Ivyumvugako by SOLDIERS FOR CHRIST is out now , yirabe kuri YouTube channel yabo๐
#soldiersforchrist #ivyumvugako #africarttv #africartgospeltv
Igituma ukwiye kwumviriza uwuguteye inkuru gusumba uwuguhanura
BIG ZOE | ba wewe , kor'ivyushoboye , kor'ivyukunda | igituma ukwiye kwumviriza uwuguteye inkuru gusumba uwuguhanura
Amajambo y'ubwenge ukwiye kwumva !! Video yose kuri YouTube...link muri commentaire
#BigZoe #tripallium #siGwanje #africarttv #gospelRap
https://youtu.be/ejysoUWHwAw
https://youtu.be/ejysoUWHwAw
Peace Olga niyomwungere kuva muri รฉquipe ya la colombe akaba kandi capitaine w'umurwi nserukira gihugu intamba murugamba w'abigeme yatuyagiye vyinshi kubuzima bwiwe cokimwe nous nserukira gihugu intamba murugamba w'abigeme
Ikiganiro cose ๐๐๐
https://youtu.be/ejysoUWHwAw
Prosper nkomezi live performance in Bujumbura Burundi
โกNEWโก#Burundi Ibihe vyiza vyo guhimbaza hamwe na Prosper nkomezi Tv
Video yose ๐https://youtu.be/iwWf3wSpXzE
60eme anniversaire du Burundi
Mbega umurisho ๐ฏ๐ฏ udahimbawe sinzi ikibazo kindi uzoba ufise*๐๐๐
https://youtu.be/-RfF2zqLOV4
Ntiwibagire kurungikira abandi nabo babe baranezegwa !!
#burundi #60_eme_anniversaire #Independance
Intamba mu rugamba
Ehe babakobwa b'INTAMBA MU RUGAMBA , ngo vyanka vyakunda bategerezwa gutahukana CAN mu BURUNDI, umva ivyo basaba . Ngo barazi aho Bari bananiriwe ...umva impanuro batanga kuri batoyi babo ๐ฒ ๐
https://youtu.be/oUu9r55UEuw
Landry PERKRIN
Ngubu uburyo duhimbazamwo Imana tutari tuzi
*LANDRY PERKRIN* wo muri *GGC* atweretse itandukaniro riri hagati yo guhimbaza no kuririmba .
Ikiganiro cose ngiki aha๐๐๐๐
https://youtu.be/NlsYArBxrRc
Umugabo abayeho nk'abagore
๐ณ๐ณBIRATANGAJE CANE , umugabo abayeho akanavuga nk'abagore ariko agakora ibikorwa n'abagabo vyose , ๐ ivyubutinganyi ntavyazi `๐คทโโ๏ธ
๐๐๐
https://youtu.be/IszqrcIV9RE
Francine niyonsaba wins the first place in diamond league
Raba ingene FRANCINE NIYONSABA yongeye gutera iteka uburundi mugutahukana ikibanza cambere muri #DIAMONDLEAGUE
.
.
.
.
.
#FRANCINENIYONSABA #DL #FRANCINE_DL #BURUNDI #visitburundi
Nd Eddy atubwiye ivy'ubuntu agirigwa n'indirimbo aririmba !!
https://youtu.be/C9U7mysvDRs
โข Nd. Eddy
"Ntamuntu ashobora gutazira Imana ngw'atahe ahejeje , Indirimbo zanje n'izamashimwe n'ivyizigiro . Ngirigw'ineza n'Uhoraho nkayivuga mu kuririmba "
โขMu vyukuri uwu musore arazi kuririmba Ijwi ryiwe ๐ณ๐ณ๐ณ
โขIkiganiro cose ๐๐
https://youtu.be/C9U7mysvDRs
#icabona #nd_eddy #amashimwe #umuco_w_ukuri #gospelmusic #gospel #cedric_ihuwizeye
POUR ET PAR LES JEUNES !
https://youtu.be/9vdUYrWbX-c
MBEGA NI URUHE RUHARA URWARUKA RUFISE MU KUVUGA UBUTUMWA BWIZA???
inyishu yico kibazo n'ibindi vyinshi ni mu kiyago twakoranye na BONHEUR Kuva muri VICTORIOUS TEAM
Kirabe wongere utahure vyinshi ugisangize abandi ubutumwa bwiza bwamamare
Ikiganiro ngiki ngaha ๐๐๐
https://youtu.be/9vdUYrWbX-c
Ingoma
UBUMWE BW'ABARUNDI ๐๐๐ Whaouuu!!!!! ๐๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ๐ง๐ฎ
Mbega intambwe igihigu cacu Burundi ๐ง๐ฎ duteye mukuvuza neza umurisho w'ingoma. Uri umurundi aho uri hose imbere yo kuraba video nkiyi ubanze wikomere amashi urangije uheze ufyonde ngaha urabe video yose yerekana intambwe tugezeko isi igatangara Raba vyose uciye ngaha ๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐๐
https://youtu.be/t9ZGqYX9PH4
https://youtu.be/t9ZGqYX9PH4
Sirwanje by big Zoรฉ ft Berry music
Iyi ndirimbo muze muyihe amaradiyo nivyashika akayivuza ibibutse KO igihugu atari umupira gusa ๐๐
Amwe mu majambo y'inkoramutima dusanga mu ndirimbo imwe mu zigize #Album ya #Big_
Zoรฉ iyi ndirimbo yakoranye na #berry_music Ndetse ino #album ushobora no kuyigura Ubu nyene
Ukabaza kuriyi numรฉro 79485330
Get ready Zoรฉ Saint Regis ft Berry Music
Childe International wole Soyinka
Abanyeshure biga muri KAMINUZA Y'uburundi abo benshi bita aba #poils bakoze ibintu bitesa mugukina ireresi y'igitabo ca #WoleSoyinka
Childe International Bayikina mu #kirundi
Ubu woyikwirikirana yose uciye ngaha๐๐๐๐๐ https://youtu.be/uBIYtJuSMHk ๐
Capable God by judikay , performed by Patience from God's glory church (GGC buja)
#judikay #capablegod #capablegodbyjudikay
Umukobwa azi football kugeza aho akina n'abahungu ataco bimutwaye
https://youtu.be/uBIYtJuSMHk
"Narakinanye na Prรฉsident Pierre nkurunziza atazi ko ndi umukobwa kubw'ukuntu nakina "
Ayo namwe mumajambo avugwa n'umwigeme ari mubaraye bateye iteka u burundi mukubushikana muri CAN . Ngo mukibano ntaco vyari bimutwaye kuko n'abavyeyi biwe bari bamushigikiye nk'umwigeme akina umupira w'amaguru .
Kwirikira ikiganiro cose uciye aha
https://youtu.be/uBIYtJuSMHk
maze wirabire ivyo sandrine yatuyagiye !
#Burundi #football #IntambaZacu #IntambaMuRugamba #can #canfeminine
Si gwiwe !!
Let's do this , let's buy #sigwanje a new album from Big zoe
Upendo
*Deal done , Mwabidusavye kera none twabikoze , kwirikirana interview exclusive twakoranye na Quelos upendo uciye ngaha*
https://youtu.be/tyK0-4_20RU
Uno musore afise impwemu kbx ๐ ๐
Inyishu z'abafana ba sport ๐
https://youtu.be/QWGS8hbSJb8
#Sport_Quizz : Mu rukino rwariko ruhuza umugwi wa #vitalo_fc hamwe na #burundi_sport_dynamique Africart Tv yari yahishikiye iheza inahakorera ikiganiro ca #sport_quizz , iyumvire nawe inyishu zatanzwe n'abafana bamwe bamwe b'iyo migwi ndetse #n_abintamba_mu_rugamba !! Kwirikirana ikiganiro cose uciye kuriyi link ๐
https://youtu.be/QWGS8hbSJb8
#sport #quizz #intamba #vital_o #bsdynamique #burundi #intwari
Big Zoรฉ
https://youtu.be/xZQjOtANmFc
Ibi nibwo bwa mbere bibaye mu gihugu cacu ๐ง๐ฎ
Umuririmvyi wa Gospel agiye gukorana na *Berry Music*
Umviriza iki kiyago twakoranye uratwenga utangare fyonda ngaha ๐ ๐ ๐
https://youtu.be/xZQjOtANmFc
๐ฅ ๐ฅ ๐ฅ big Zoรฉ ga Mana ๐
๐
๐
aratwenza akarenza