Vision Magazine Burundi

Vision Magazine Burundi Magazine pour les jeunes entrepreneurs, talentueux, artistes...

Turi kuwa 16/01/2025 ubu mu gisagara ca Bujumbura 1kg cubishaza butototo cahora kirenza 25.000fbu mu misi mikuru iheze u...
16/01/2025

Turi kuwa 16/01/2025 ubu mu gisagara ca Bujumbura 1kg cubishaza butototo cahora kirenza 25.000fbu mu misi mikuru iheze umwaka kigeze ku mafaranga 6.000 ni kuvuga cagabanutseko amafaranga arenga 20.000 Fbu

Mu ntara ya Kayanza ikiro c'ibirayi vyiza vya Move vya vuye ku 2500 vyahozeko biza kuri 1500 ,ivyo bita vyahoze Ku 2000 ubu bigurwa 1100.

Umugwi wa Young Africans Sports Club na Simba SC yo muri Tanzania iriko irakora ibishoboka vyose ngo isimbane Jean Claud...
14/01/2025

Umugwi wa Young Africans Sports Club na Simba SC yo muri Tanzania iriko irakora ibishoboka vyose ngo isimbane Jean Claude Girumugisha ,

Inyuma yo kwitwara neza mu nkino za TotalEnergies CAF Champions League & Confederation Cup umuvugizi wa Simba Ahmed Ally yatanguye kumushira kumbuga ziwe ngurukanabumenyi nko kumuresha aho benshi muba Tanzania bipfuza kubona uwo musore muri NBC Premier League.

Impanuro noha Jean Claude Girumugisha ntakore ikosa ryo kuja gukina muri Tanzania kuko aracari muto arashaka no gutera imbere gushika kure,

Ni abakinyi bake beza bava i Burundi bagize ibihe Vyiza muri Tanzania, na Saido Ntibazonkiza vyamusavye inguvu nyinshi kugira afatishe kandi nawe yaramaze kwandika izina.

Girumugisha nawe yitonde azoshika kure kandi adaciye muri Tanzania.

Vision Magazine Burundi on YouTube 👇👇👇
13/01/2025

Vision Magazine Burundi on YouTube
👇👇👇

UBUTUMWA BW'UMUSOMYIBarundi bavukanyi, tumenyere kwubaha abash*tsi n’abatumire bacu.1. Mumbabarire nshikirize umwitwarar...
12/01/2025

UBUTUMWA BW'UMUSOMYI

Barundi bavukanyi, tumenyere kwubaha abash*tsi n’abatumire bacu.

1. Mumbabarire nshikirize umwitwarariko mfise w’ukuntu abantu bamwe bamwe bamaze kulenyera kutubahiriza umwanya, na cane cane mugihe hari ibirori vyo kuganduka, gukwa be n’ibirori vy’ubugeni.

2. Umuryango ufise urubanza uritegura umwanya munini, ugaheza ugatumira incuti, ababanyi n’abagenzi. Kw’ikarata y’ubutumire barashirako isaha ibirori bizotangurirako, haba kuganduka, rwo gukwa canke réception ya mariage.

3. Abatumire bose barazironka, abatari bake bakitwararika gukwirikiza ayo masaha. Kumvo zimwe zimwe zitagira ifatiro, banyene urubanza ntibubahiriza iyo saha bo nyene bategekanije. Birashika bagacegwa isaha imwe, zibiri, zitatu, zine canke zitanu.

4. Umush*tsi yiyubaha ashika kugihe, mugabo aragira ingorane cane zo kurindira abamutumiye, nkuko umenga wewe ntaco yarafise akora ico gihe abamutumiye bariko bakora ivyabo.

5. Batevye bakaza, ba nyene urubanza ntibasaba n’imbabazi kandi uko programme bayiteguye iguma uko nyene. Uwaje kare biramusha. Programme y’abatamba, y’abavyina n’abatamba, ntihinduka.

Urubanza rwategerezwa gutangura nk’isaha indwi (13h00), rutanguye kare rutangura isaha munani (14h00).

Urubanza rwo gukwa canke rw’ubugeni rwotanguye isaha cumi n’igice (16h30) canke isaha cumi n’imwe (17h00), ni gake rutangura imbere y’isaha cumi na zibiri (18h00). Rugahera isaha zitatu z’ijoro (21h00).

6. Munyuma, abarongoye urubanza baguma batanga amajambo menshi cane, uwugomba kuvuga wese baramuha urubanza, n’abo batazi bashatse kuvuga baraba ijambo. Abatumire bash*tse aho hantu bahamaze amasaha atanu (05h00), baba batekereje, nkuko atangorane bafise. Ariko baba bariko baridoga cane. Kuko kumara amasaha atanu (05h00) ahantu wicaye ataco ariko arakora, kiretse gusoma messages, kandi kenshi usanga ata n’inzimano irenga icupa rimwe uba waronse.

7. Abantu benshi, harimwo n’abadakenewe, bakavuga amajambo menshi kandi umwanya munini, Nyene urubanza akaguma ahoze nkuko atabona ko abatumire biwe babihiwe. Bakaguma babasaba gukoma amashi menshi, batabongeye n’icupa ry’amazi.

8. Hari naho haza abandi bo gutevya urubanza, ariko bakitwa ko bariko bararuryosha. Abatamba canke bakavyina. Volume y’indirimbo n’imvyini nayo ikabuza n’abicaranye kuganira.

9. Bagenzi, kutubaha abatumire biriko biraja mu mico y’abantu atari bake. Bihave bibe imico n’imigenzo yacu, kuko ni abantu bake cane bubahiriza amasaha y’urubanza bonyene baba bashinze.

10. Ndashimira abantu bake tumaze kubona bubaha amasaha bashinze, tugasaba ko n’abandi boreka gukengera abatumire babo mukubahamagara kubarindirira ahabera urubanza nkuko atakindi boba barakora.

11. Ndashimira kandi ndakeje abapatiri n’abapastori ko bobo abafise ubugeni canke abaganduka barabubaha, bakubahiriza amasaha babaha yo kuja mu misa. Ariko ntituramenya igituma abafise imanza batubaha abo batumiye bonyene.

12. Ndashobora kuba ndi jenyene ndiko ndidoga, nshobora kuba ari jewe bitera ingorane ndi umwe, ndasavye imbabazi.

13. Hakaba ari abo bimaze gutirimutsa nkanje, duhinduke tuje hamwe n’abo bubaha abash*tsi babo mukwubahiriza amasaha y’urubanza bo nyene bategekanije. Gutyo twubahane, twongere tumenye ko kwubaha amasaha ari kimwe mw’iterambere.

14. Ngo haraho gucegwa abavyeyi bavyitirira abana, aho hoho imiryango iba yasubiye inyuma cane. Abandi bakavuga ngo ni Komite itevya urubanza. Aho naho, abantu batagitereka m’urugo rwabo, batagitanga amajambo m’urugo rwabo canke batagifise ijambo m’urugo rwabo, ni kubakebura kuko imiryango izoba ifise ibibazo vyinshi harimwo la déchéance y’Ubusamuragwa.

15. Ndahimbawe no kubashikiriza iciyumviro canje. Sinzi ingene mucakira ariko uko ulwe wese acakira, abatubahiriza amasaha basezeranye n’abandi, baguma ari abantu batubahiriza amasezerano.

16. Tudahindutse ngo twubahane, tuzohava tuja turareka kwubahiriza amasaha, badutumira sa kumi (16h00) twitabe samoya (19h00), twongere dutahe aho tugombeye.

17. Mugire amahoro.

Vision Magazine Burundi

In order to properly celebrate the end of year celebrations, a young Jolivais native of the Kayanza province exactly in ...
11/01/2025

In order to properly celebrate the end of year celebrations, a young Jolivais native of the Kayanza province exactly in Matongo commune granted more than 200 pieces of health insurance card (CAM) to the most vulnerable families in the localities close to his native hill. .
He had also collected clothes for orphans and the most vulnerable.
His message to the natives of other communes is not to abandon the ancestors because all the wealth and the basis of development come from the good health of our origins.

Their first trip Iradukunda Filipinia (Miss Kayanza 2025) and Iradukunda Audrey (Miss Popular) took place within the Mbe...
09/01/2025

Their first trip Iradukunda Filipinia (Miss Kayanza 2025) and Iradukunda Audrey (Miss Popular) took place within the Mbegera Bunini cooperative in the Kayanza province exactly in kabuye where the said cooperative carried out modern agricultural work (grafted cassava)

Miss Kayanza expressed that all projects are not possible unless agriculture is a pilot to fight against famine.

Her first objective is to group girls to create cooperatives and this will help her raise awareness of how to fight unwanted pregnancies, her project which she presented

It was this Wednesday January 8, 2025 just after a week of their election

La beauté corporelle était parmi les critèresQui était ta préféréé?
03/01/2025

La beauté corporelle était parmi les critères
Qui était ta préféréé?

Ayandi masanamu
02/01/2025

Ayandi masanamu

Iradukunda Audrey MissPopular
01/01/2025

Iradukunda Audrey MissPopular

MissKayanza2025Miss Kayanza: Iradukunda Philippinia 1ère dauphine: Inarukundo Nina Kelly 2ème Dauphine: Izere Santa Clen...
01/01/2025

MissKayanza2025

Miss Kayanza: Iradukunda Philippinia

1ère dauphine: Inarukundo Nina Kelly

2ème Dauphine: Izere Santa Clenia

Miss Populaire: Iradukunda Audrey

30/12/2024

Aho bukera kuri uyu wa kabiri niho hategekanijwe ibirori vyo gutora umwigeme mwiza kandi aciye ubwenge

Abigeme 14 bari mu mwiherero muri Hotel le paradis aho bariko baritegurira ihiganwa rya MissKayanza2025 bagendewe na Bur...
30/12/2024

Abigeme 14 bari mu mwiherero muri Hotel le paradis aho bariko baritegurira ihiganwa rya MissKayanza2025 bagendewe na Buramatari w’intara ya Kayanza.
Mu kiyago kitari gito bagiranye yabahaye impanuro zijanye ninyifato ibereye umwigeme muserukizi ,kugira umutima ukomeye wo guserukira abandi (leadership) no kwakira ikintu cose uko kije nubwo coza kitameze nkuko wagikeka.

Abigeme bose bashimye uruhara rw’uwo mwubahwa mu bikorwa vy’urwaruka bahita barafata agasanamu kicibutso.

Kuri uyu w’Imana niho ibikorwa vyo kwiga ku bigeme 14 bari mwiherero wa missKayanza2025 vyabandanya mu nyubakwa za Hotel...
29/12/2024

Kuri uyu w’Imana niho ibikorwa vyo kwiga ku bigeme 14 bari mwiherero wa missKayanza2025 vyabandanya mu nyubakwa za Hotel le paradis ku kirema mu gisagara ca Kayanza.
Ibikorwa bikaba bizobandanya kuri uyu wambere mu ntumbero yo kwongerereza ubumenyi aba bigeme bazovamwo umukonwa mwiza kandi aciye ubwenge.

 Le rendez-vous est officiellement lancéLes portes aux sponsors restent ouvertes.Top Netteté StudioIkimamara TV
28/12/2024



Le rendez-vous est officiellement lancé
Les portes aux sponsors restent ouvertes.
Top Netteté Studio
Ikimamara TV

Vision Magazine received in audience   the boss of Hope and Development, the company which currently organizes the MissK...
26/12/2024

Vision Magazine received in audience the boss of Hope and Development, the company which currently organizes the MissKayanza2025 competition.

It was the courtesy visit to concretize the partnership between Vision Magazine Burundi and to ensure good media coverage for this event.

The votes are already happening on platform and we are continuing in this direction.

 Tora Miss Irakoze Ange Bella ( numero 15 ) kuri facebook mu gufyonda :Likes = 3 pointsShares = 2 pointsComments = 1 poi...
23/12/2024



Tora Miss Irakoze Ange Bella ( numero 15 ) kuri facebook mu gufyonda :

Likes = 3 points
Shares = 2 points
Comments = 1 points

Gutora bizohagarara igenekerezo rya 30/12/2024

 Tora Miss Izere Santa Klenia ( numero 14 )  kuri facebook mu gufyonda :Likes = 3 pointsShares = 2 pointsComments = 1 po...
23/12/2024



Tora Miss Izere Santa Klenia ( numero 14 ) kuri facebook mu gufyonda :

Likes = 3 points
Shares = 2 points
Comments = 1 points

Gutora bizohagarara igenekerezo rya 30/12/2024

Address

Boulevard Patrice Lumumba No 20, Imeuble Excellence House Bureau 1. 15
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Vision Magazine Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share

Category