Samdi mento-maker

Samdi mento-maker Turakora beat zikibaptiste,zikideva,zigipentecôte,gospel nizindi kugiciro gito
Wtp:+25767560171

23/12/2024
14/11/2024
11/11/2024

Inzira zayo zirenga ibihumbi ico kibazo urimwo wita cnk ubona KO gikomeye nubusa imbere y lmana ww niwizere hanyuma urabe ingene bikoreka.

01/11/2024

🔴♨️Muri 🇺🇲 : Umuririmvyi kazi CRISTA😭
Ng’ayamajambo yanditse mugihe ciwe c’imisi
Ya nyuma hari 2018 [ CRISTA RODRIGUEZ ] Uzagusanga ivy’isi vyose ar’ubusa duhahamira Umuyaga gusa.

Soma vyogira ico bikwigishije mu buzima ..🤷🏼‍♂️

Imbere yuko yitaba IMANA ahitanywe N’ubugwayi bwa kanseri ya Esitoma ( Cancer de l’Estomac ) umwanditsi mwiza azwi kw’isi Yose nka Crisda Rodriguez, umunyamideri Yamenyekanye mu bintu bitandukanye.

Yaranditse amajambo akomeye nkubutumwa Yasize aho basanze yayabitse mu gitabo ciwe Yamana .

Yaravuze ati : 👇🏽

1. Narimfise imodoka izimvye cane kwisi yo Kugenderamwo ariko uyumusi binsaba ko Nkoresha agakinga ki bimuga.

2 .Inzu yanje ifise kira mpuzu , ibiraho,isakoshi N’ibindi vyigiciro , ariko ubu umubiri wanje Ufukishije igitambara gitoya bampaye kubitaro.

3. Mfise amaheraaa meshiii kuri Bank ariko Ntakintu nakimwe amariye, ntamunezero mfise Kubwayo namba.

4. Inzu yanje yarimeze nkiyi bukuru, ariko ubu Ndyama kudutanda dutoyi muri hospital.

5. Kuva muri hoteri yinyenyeri zitanu,ukaja muri Hôtel ya diyama, ariko uyumusi nkoresha Umwanya mubitalo nimuka mva Laboratoire
Iyi nja muyindi.

6. Natanze amasezerano yamajana yabantu Yabafanzi banje,nariko kwiyibutsa kunywa imiti Birandaba jewe nyene.

7. Narimfise abantu 7 batandukanye Bampindurira model zumushatsi wanje, ariko Uyumunsi nsigaye ndigipara ntamushatsi Numwe nsigaranye ku mutwe.

8. Narimfise indege yanje bwite jenyene Yashobora kunjana ahonjahose ,ariko uyumusi Nsigaye nkeneye abamfasha babiri Bantembereze kugira nshobore kubona nu Muryango wa hospital.

9. Nshoboye kuronka imfungugwa nziza Yyishi,ariko uyumusi Ntunzwe nibinini bibiri Kumunsi ,namama makeya yamazi avanze N’umunyu mwijoro.

10. Iyi nzu,iyi modoka ,iyi ndege,izi nzahabu,ibi Vyubahiro,kumenyekana kwisi yose, iyi Bank, Ntanakimwe murivyo kigifise ico kimfashije Uyumunsi, kuriyisi ntakintu cikimazi,gifadika Gihari atari urupfu.

Ubutunzi budasanzwe kumuntu namagara Meza gusa.

Nimba wagiriwe

Address

KANYOSHA, Kingstar
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Samdi mento-maker posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share

Category