Igikorane co gukira ingwara no kubohoka- Bujumbura-Kanyosha
Igikorane co gukira ingwara no kubohoka muri YESU categuwe n'ishengero BELOVED CHURCH- Bujumbura-Kanyosha
Ibitangaza no gukira mw'Izina rya Yesu
Ibitangaza no gukira mw'Izina rya Yesu
Kurikirana Ikiganiro c'abavugizi b'inzego z'igihugu kiriko kibera i Makamba
Kurikirana Ikiganiro c'abavugizi b'inzego z'igihugu kiriko kibera i Makamba aho abavugira inzego nkuru z'igihugu bishura ku bibazo bitandukanye vy'abenegihugu n'abanyamakuru. Baza ikibazo cawe uciye muri commentaire
Conférence débat sur les Droits de l'enfant au Burundi
Conférence débat sur les Droits de l'enfant au Burundi, une activité organisée par l'ONG locale @ABMPD en collaboration avec Visionnaire Ndimubandi Estella et Collaborateurs
Bujumbura, 23 Mars 2024
IKIGANIRO KIDASANZWE C'UMUKURU W'IGIHUGU KU BAMENYESHAMAKURU NO KU BARUNDI BOSE
Ikiganiro kidasanzwe c'Umukuru w'Igihugu @Evariste Ndayishimiye ku bamenyeshamakuru no ku barundi bose kiriko kibera i Kibiriraho mu ntara ya Cankuzo.
Umviriza mushikirize ibibazo vyanyu.
Sous le Haut Patronage de SE Evariste Ndayishimiye, President de la République, les cérémonies de la journée du contribuable de deroule au ZionBeach.
Sous le Haut Patronage de SE Evariste Ndayishimiye, President de la République, les cérémonies de la journée du contribuable de deroule au ZionBeach.
Ikiganiro kiriko kibera kw'isoko nkuru ya Gitega ikibiriraho kiremeshejwe n'abakozi b'ikigo OBR hamwe n'amashirahamwe, ama banki n'amasosieti asanzwe ari mw'ihayanisha
Ikiganiro kiriko kibera kw'isoko nkuru ya Gitega ikibiriraho kiremeshejwe n'abakozi b'ikigo OBR hamwe n'amashirahamwe, ama banki n'amasosieti asanzwe ari mw'ihayanisha gurisha rirko ribera ku sate Ingomaa
JC2023 IKIGANIRO MUTANGAKORI MENYA KIRIKO KIBERA KWISOKO YA GITEGA
JC2023 IKIGANIRO MUTANGAKORI MENYA KIRIKO KIBERA KWISOKO YA GITEGA
Igiteramo ca VICHOU LOVE inyuma yo kwugurura Foire Exposition
#JC2023 Igiteramo ca VICHOU LOVE inyuma yo kwugurura Foire Exposition.
Ni kuri Stade Ingoma i Gitega
Ikiganiro c'abavugizi b'inzego z'igihugu (abagize Reta) kiriko kirabera i Gitega
Kurikirana ikibiriraho ikiganiro c'abavugizi b'inzego z'igihugu (abagize Reta) kiriko kirabera i Gitega aho abashikiranganji batandukanye bariko bishura ku bibazo vy'abamenyeshamakuru n'ivy'abenegihugu.