ISEKE FILMS

ISEKE FILMS ISEKE FILMS

Bonsoir 👐🏽DON'T FORCE LOVE Ep 3Chris atanguye kubera ikigeragezo Zoé mbe birahererahe ?💥
29/06/2024

Bonsoir 👐🏽

DON'T FORCE LOVE Ep 3

Chris atanguye kubera ikigeragezo Zoé mbe birahererahe ?💥

Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hanohttps://youtube.com/© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS) films ...

Blague du jour, ibintu ntivyoroshe n'igitoroTunabipfuriza akayabagu kubamaze kubishikira Gusa murabe bien ntibibakore Ng...
28/06/2024

Blague du jour, ibintu ntivyoroshe n'igitoro

Tunabipfuriza akayabagu kubamaze kubishikira
Gusa murabe bien ntibibakore

Ngo " NTA État civil muri Kusanya😂"

Mu masaha make cane iraja hanze guys🔥Usanga uri mubantu batemera ko murukundo ataguhatiriza,  Niko wibaza?Nkuko twabibab...
28/06/2024

Mu masaha make cane iraja hanze guys🔥
Usanga uri mubantu batemera ko murukundo ataguhatiriza, Niko wibaza?

Nkuko twabibabwiye twabaniye serie y'umuti kurayo madidane mufise
Nayo siyindi urumva itagiye kukubera inyishu nimba wahora ubikora?

Muriteguye? 🤩

Mubandanye mugira and kuri page yacu muri rwarukundo

Reka rero tubarangire iyo vyose bibera Naho sahandi ni 👇👇
https://youtube.com/?si=iIWWHRPCI8oFJEj2

Turabakunda 😍

Twiyemeje ko buri wa gatanu tuzobaha umunezero na   mukuvyemeza twabazaniye EP 3🔥🔥  ce vendredi🤩 à 18h00 izoba yagezekoI...
27/06/2024

Twiyemeje ko buri wa gatanu tuzobaha umunezero na mukuvyemeza twabazaniye EP 3🔥🔥 ce vendredi🤩 à 18h00 izoba yagezeko

Iyi vendredi nuku vibinga na

Muri bangahe bayirindiriye? En attendant tugere iyo bibera Aho Naho sahandi ni 👇👇
https://youtube.com/?si=pqaBczEpDuSJ1xJl

N'abataronse akaryo ko kuraba previous epidodes azibonereho

Let's goo🗣️


Wassup fam, mumeze neza, twabazaniye muganga muri   uyu rero ngo arashobora gutuma urukundo hagati y'abakundana rutagend...
26/06/2024

Wassup fam, mumeze neza, twabazaniye muganga muri

uyu rero ngo arashobora gutuma urukundo hagati y'abakundana rutagenda neza

Muti gute? Vuba cane muri next episodes 🤩

Turabakunda guys😍

Ubu twese ni   kandi ntaruhombo rurimwo gusa iyo ubigerageje usangamwo vyinshi tugiye kuzobona muma next episodes🤩Intego...
25/06/2024

Ubu twese ni kandi ntaruhombo rurimwo gusa iyo ubigerageje usangamwo vyinshi tugiye kuzobona muma next episodes🤩

Intego yacu ni

Umusi mwiza kubakunzi bacu😍

Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hanohttps://youtube.com/© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS) films ...

Thanks for being a top engager and making it on to my weekly engagement list! 🎉 Ange Queen, Jean De Dieu Irankunda
25/06/2024

Thanks for being a top engager and making it on to my weekly engagement list! 🎉 Ange Queen, Jean De Dieu Irankunda

Yvan-Christ Bwirukiro , niwe adutanguriye indwi  ngo ntakintu nakimwe cotuma utihanganira uwo ukunda, biboneka ko umukun...
24/06/2024

Yvan-Christ Bwirukiro , niwe adutanguriye indwi ngo ntakintu nakimwe cotuma utihanganira uwo ukunda, biboneka ko umukunzi wiwe bishika agataha bwije uko bigenda arabitahura,
Ikibazo twibaza , Niko bizohora? Canke hazogera igihe asabe divorce 💔

EP 2 iri out Aho vyose tubisanga 🤩🔥
Ntugahate murukundo....🤗

Okay guys reka tubibutse ko vyose ushobora kubisanga muri 👇
https://youtu.be/uyT46VIq3xM?si=kH-4zvDIvQUZoLj7

Bonjour 🫂DON'T FORCE LOVE Ep 2 Aisha na Munyimunyi bafashwe na boss bigiye kugenda gute? Barirukanwa canke?
22/06/2024

Bonjour 🫂

DON'T FORCE LOVE Ep 2

Aisha na Munyimunyi bafashwe na boss bigiye kugenda gute? Barirukanwa canke?

Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hanohttps://youtube.com/© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS) films ...

Ntugahate murukundo( ) EP 2 🔥 is Out 🔥Ntituyaga amasigara cicaro🤩Ishikireyo nimba utavyizeye😂Twarabibemereye, dutegerezw...
21/06/2024

Ntugahate murukundo( ) EP 2 🔥 is Out 🔥
Ntituyaga amasigara cicaro🤩

Ishikireyo nimba utavyizeye😂
Twarabibemereye, dutegerezwa kubish*tsa

Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hanohttps://youtube.com/© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS) films ...

  na   Nawe ubona gute uwutararaba   ?😂😂Umugoroba mwiza 🫶Nimukanya Friday iravyatsa🔥
21/06/2024

na
Nawe ubona gute uwutararaba ?😂😂
Umugoroba mwiza 🫶

Nimukanya Friday iravyatsa🔥

21/06/2024

Waronse uko ushika kukazi?
EP 2 iraja hanze ce vendredi uri ready 🔥
Vyose ni kuri

Umusi mwiza🤗

Bamwe bati irakosoye abandi ngo niyo🤩nawe bimeze gute?Ep2 urumva ikenewe? Canke Uracakeneye guhatiriza murukundo 😄Mukuri...
18/06/2024

Bamwe bati irakosoye abandi ngo niyo🤩nawe bimeze gute?

Ep2 urumva ikenewe? Canke Uracakeneye guhatiriza murukundo 😄

Mukurindira dusimbire kuri YouTube channel ya

Twirabire EP 1

Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hanohttps://youtube.com/© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS) films ...

  EP 1 wayibonye gute?🤩 Urimubayiravye canke nturayiraba?Tangura indwi na   Ngiyo link 👇👇
17/06/2024

EP 1 wayibonye gute?🤩
Urimubayiravye canke nturayiraba?

Tangura indwi na

Ngiyo link 👇👇

Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hanohttps://youtube.com/© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS) films ...

Umusi w'Imana mwiza na   Guys "urukundo ningabire iruta izindi ariko biba vyiza iyo rubaye kumpande zose, atanguvu canke...
16/06/2024

Umusi w'Imana mwiza na
Guys "urukundo ningabire iruta izindi ariko biba vyiza iyo rubaye kumpande zose, atanguvu canke guhatiriza birimwo"

Rero ntugahatiriza🤩😍
Harivyinshi uzobona niwabandanya uhatiriza
Kandi vyose izobituzanira

Umusi w'Imana mwiza ❤️

https://youtu.be/5EZvWfwytXI?si=szjYBz-H8uzTtmQ0

EP 1

Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hanohttps://youtube.com/© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS) films ...

  Ep1 is Out 🔥
14/06/2024

Ep1 is Out 🔥

Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hanohttps://youtube.com/© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS) films ...

Murabizi kwataco muzotuburana nk'abantu bacu🔥🔥 reka tubarangire iyo vyose biza kubera izi saha 18h , Ntimuvuge ngo ntitw...
14/06/2024

Murabizi kwataco muzotuburana nk'abantu bacu🔥🔥 reka tubarangire iyo vyose biza kubera izi saha 18h ,
Ntimuvuge ngo ntitwahabaye mukubafasha kurya isi na
So guys gerayo mukore and
Mukuyirindirana igishika 🤩

N'aha 18h🔥🔥🔥🔥

https://youtu.be/1VN5raTLJtw?si=iw6dMdM5zhhMgCTe

Mubumwe buturanga, Kora Subsdcribe uciye hanohttps://youtube.com/© 2024 KAPITAL CENTER (ISEKE FILMS) films ...

13/06/2024

tomorrow 🔥🔥

13/06/2024

📣🔥DON’T FORCE LOVE coming soon!!

Iraje🔥🔥 🔥 🤩 bangahe muri ready?Duhurire commentaires.  🇧🇮, jewe ni   wewe bimeze gute ? Urabisunika naho vyanka canke ur...
13/06/2024

Iraje🔥🔥 🔥 🤩 bangahe muri ready?
Duhurire commentaires.

🇧🇮, jewe ni wewe bimeze gute ? Urabisunika naho vyanka canke uri gee

Twibukanye itariki nayo siyindi ni le14 juin 2024🤩🔥🔥 nukuvuga kumusi w'ejo guys

Tuze duhurire kuri YouTube channel
https://youtube.com/?si=ncvpcBywYFQ2tJ17

ISEKE FILMS

12/06/2024

Umugoroba mwiza kubakunzi bacu, reka tugorobeze kugace kanyuma ka twakunze cane nayo siyindi ni

Abaho hambere barayamaze bati "Ukora iciza ukagisanga imbere, wakora ikibi kikaguherekeza"

Hari ibihe wisanzemwo wumva wanse umuntu ataco mupfa ugasanga WE ntakwanka ariko ugasanga uramwanka cane gose
Ariko siko vyari bikwiye kugenda
"Urukundo nivyose"

Ushobora kuba wumva wipfuriza uwundi inabi ariko abakera barayamaze kandi bati : byeeee,😭

ISEKE FILMS

12/06/2024

Mention spéciale à mes nouveaux(elles) super fans ! Grâce Irakoze

  ntibizoba vyoroshe🔥🔥 Wamenyemwo nde?ISEKE FILMS
11/06/2024

ntibizoba vyoroshe🔥🔥
Wamenyemwo nde?

ISEKE FILMS

10/06/2024

Ibigiye kuza ntivyoroshe, muri 🔥🔥

ISEKE FILMS

Ya   ni "Don't Force love" ntanumwe yashoboye kucishura🤩 Uri ready? Ubintu ntibigiye kworoha🤔" Hagati y'umukunzi wawe na...
09/06/2024

Ya ni "Don't Force love" ntanumwe yashoboye kucishura🤩
Uri ready? Ubintu ntibigiye kworoha🤔
" Hagati y'umukunzi wawe nawewe Ninde akunda uwundi cane?" Canke ntumukunda kuberako ufise uwundi ukunda ariko nawe atagukunda?

Hari ibihe uriko uracamwo this Sunday murukundo ariko nagira ndagusigire Kano kajambo" don't force love 😘"

This movie igiye kubikuzanira vyose, urasabwa kuba ready gusa ukagira Kuri 👇👇
https://youtube.com/?si=RmbQ5iQWPzM2ftJU

so rero guys save the date ni le 14🔥 zuku kwezi kumusi wa gatanu turavuga furaha day neza na neza isaha cumi na zibiri z'umugoroba😍
Usabwa gusa kugira and ushishikirare kumenya vyinshi muri

Merci 😁

ISEKE FILMS

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 09:00 - 17:00
Tuesday 09:00 - 17:00
Wednesday 09:00 - 17:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 17:00

Telephone

+25761819821

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ISEKE FILMS posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ISEKE FILMS:

Videos

Share