Coach Joseph Ininahazwe

  • Home
  • Coach Joseph Ininahazwe

Coach Joseph Ininahazwe Culture générale

23/10/2025

ni mumpe imitwe

22/10/2025

dollar - fbu ?

🚀Bavuga ngo ubwiza bw'umukobwa buri ku mutima no ku mubiri. None ubwiza bw'umuhungu nabwo buri hehe?
11/10/2025

🚀Bavuga ngo ubwiza bw'umukobwa buri ku mutima no ku mubiri. None ubwiza bw'umuhungu nabwo buri hehe?


05/10/2025

🚦Umva ingene aba diaspora hamwe n'abazungu babayeho kwi deni


🤔Hagati yuwukorera leta ata bindi akora ku ruhande hamwe nuwundi tikorera utwiwe gusa adakorera leta  hama bose bakaba b...
24/08/2025

🤔Hagati yuwukorera leta ata bindi akora ku ruhande hamwe nuwundi tikorera utwiwe gusa adakorera leta hama bose bakaba banganya amahera binjiza. Ninde akomeye gusumba uwundi🎯


15/08/2025

👌Ntiwihebe, ntiwihebura, ntiwiyahure , ntubabare kandi ntiwumve ucitse intege, ntiwibwire ngo ndabihevye


# Coach Joseph Ininahazwe

20/07/2025

🤨Ntinya ibintu bibiri : kurwara ingwara yigihe kirekire no gupfungwa imyaka myinshi. Ibisigaye vyose nta bwoba bintera.

Ninde tuvyumva kumwe?

06/07/2025

👀Aba diaspora ntibabahende nama foto twifotoza. Ubuzima bwa hano mu bazungu buri....


30/06/2025

Ndakumbuye i Burundi 🇧🇮

Musimbire kuri youtube ntimutangwe nibiganiro bigiye kuza biracako vy'ukuntu twokwironkera amahera no kuja gukora canke kuba hanze mu bazungu.

Mugire subscriber canke s'abonner kuri iyo youtube channel hama nkore umuti

Link niyi
https://youtu.be/nnxJv-9UdEc?si=hFvybfpLx6FEFtgn

22/06/2025

🎯Iyi niyo ngingo ikwiriye gufatirwa abasore bose barenza imyaka 25

Address


Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Coach Joseph Ininahazwe posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Coach Joseph Ininahazwe:

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share