17/08/2022
RIP Yvan Buravan ๐๐.๐ข๐ข๐ญ
๐ Ni umubabaro mwishi k*muryango wiwe, kubanyarwanda ,ndetse n'abakunzi biwe kuva k*mpande zose z'isi zigiye zitandukanye..๐ข
๐ Yvan Buravan ๐ท๐ผ nyuma yo kujanwa mugihugu c'ubuhinde ๐ฎ๐ณ kuvurirwayo bivanye n'ingwara yari arwaye kuko muri Kenya ๐ฐ๐ช vyari vyase,
Akaba yamaze kwitaba Imana mwijoro ryahise ryo kuri uyu wa kabiri itariki cumi n'indwi z'ukwezi kw'umunani uyumwaka nyene( le 17/8/022) Mugihugu c'ubuhinde ๐ฎ๐ณ...
๐ Ni Yvan Buravan ๐ท๐ผ yaramaze imisi arwohera abantu biwe kundirimbo Ziwe z'ihayagiza Imana,kuko vyabonekakako yari umunyamahoro.๐..
๐ Aya makuru rero niyo kandi yizewe kuko n'a management yiwe yamaze k*musabira aruhuke mumahoro๐.
๐ Nobibutsa ko ngo yaragwaye Cancer du pancrรฉas akaba ariyo yoba yatumye apfa...
Turahojeje umuryango wabuze๐ญ, abanyarwanda ndetse n'abakunzi biwe muri rusangi ๐...
Bandanya mudushigikira mugukora s'abonner kuri page yacu Hama tubandanye n'ayandi makuru atandukanye ๐ง๐ฎ๐