MBAZA

MBAZA +257

Ntibigiy kworoha Kuri izi talent zi bugendana
01/02/2023

Ntibigiy kworoha Kuri izi talent zi bugendana

14/01/2023

Unomusi ndabasangije ino vidéo shasha ibafashe kubandanya weekend neza


namwe

Couple ya Sat b na Bel Nice  muyibona gte??
08/01/2023

Couple ya Sat b na Bel Nice muyibona gte??

Mariage yambere ya Big Fizzo  Lolilo niho yari yibereye nka Bodgard
18/12/2022

Mariage yambere ya Big Fizzo
Lolilo niho yari yibereye nka Bodgard

Big fizzo nkukoko bisanzwe bizwi ni king wa Buja freva ariphuriza aba fans Bose umwaka mwiza nokugra urukundo
14/12/2022

Big fizzo nkukoko bisanzwe bizwi ni king wa Buja freva ariphuriza aba fans Bose umwaka mwiza nokugra urukundo

Congratulations brother SAT b Your own out now nam ''Hello Africa'' Big up
26/11/2022

Congratulations brother SAT b
Your own out now nam ''Hello Africa'' Big up

04/11/2022
04/11/2022

Ibuntu vyza cne cne
Naw bikunyure

Likee this

09/10/2022

Ntibigiye kworoha sat b arabazanye "ngabo "

21/08/2022

U ngo burafise ibikenewe kugira butere imbere nk'ubutaka n’ibirimwo canke ibiterwa ariko "ntibushobora gutezwa imbere n'ivyo vyonyene". Umuhinga mu vy’ubutunzi akaba n’umwigisha wa kaminuza y’i Massachussetts muri leta zunze ubumwe z’Amerika asigura ko ushoye ubutaka bwonyene uronka amafaranga make ariko ukagura hanze ibintu bizimvye.

Léonce Ndikumana yabivuze, kuri uyu gatanu, mu kiganiro ku bijanye n’ingene hoshigikirwa iterambere mu Burundi.

Abona ko ivya mbere vyo kwihutirwa ari ugukora amabarabara n’ukugwiza umuyagankuba kugira vyorohereze abanyamitahe. Kubwiwe, ikindi n’uko leta yoshiraho umugambi wo guhangana n’iduga ry’ibiciro ku masoko.

Nimba atazina ryaw ririmwo wihangane abandi twagiye
13/08/2022

Nimba atazina ryaw ririmwo wihangane abandi twagiye

13/07/2022

Hewe ga !uri imwaro??
Ndagutahije
Urar aharyana

12/07/2022

Find local businesses, view maps and get driving directions in Google Maps.

Aha naho mwibazako ari muyihe ntara?
12/07/2022

Aha naho mwibazako ari muyihe ntara?

Find local businesses, view maps and get driving directions in Google Maps.

Uwiyemera ambwire ahahantu uko hitwa
12/07/2022

Uwiyemera ambwire ahahantu uko hitwa

Find local businesses, view maps and get driving directions in Google Maps.

Uko biri kwose uri king wa buja freva
12/07/2022

Uko biri kwose uri king wa buja freva

12/07/2022
Ni iyihe ntara bambara uku?muyivuge
03/07/2022

Ni iyihe ntara bambara uku?muyivuge

Qote in Africa  Welcome
13/05/2022

Qote in Africa
Welcome

09/03/2022

MBEGA WARI U*I KO AKARURA ARI UMWAMI W' ISHAMBA ? ▪️ Abashakashatsi bakise Ageratum Conyzoides L. (Asteraceae)

1️⃣ UKUDONDORA AKARURA

▪️ Akarura n'icatsi co mw'ishamba, ariko kubera akamaro kadasanzwe gafise, Abashakashatsi b'Abafaransa bacise "Roi des herbes"

▪️ Abashakashatsi bakise Ageratum Conyzoides L. (Asteraceae)

▪️ Abarundi bo bakise: Akarura, Abanyarwanda na bo bakita: Akaziraruguma.

2️⃣ AKAMARO K'AKARURA

▪️ Akarura gafise akamaro incuro 290 (290 vertus). Kavura indwara zirenga 289; rero murumva ko atawoshobora kuzidondora zose bitewe nuko ari nyinshi.

▪️ Akarura n'icatsi kirangwa cane muri Afrika yo Hagati (Afrique Tropicale). Kuva kera, ubuvuzi bw'abazungu butarazanwa, ico catsi carakoreshwa mu buvuzi-kama henshi mu bihugu bitari bike vyo muri Afrika.

3️⃣ INDWARA NKURU NKURU ZIVURWA N'AKARURA

(1) Kazibura uturingoti ducamwo imbuto-ngore

👉🏼 Ku bakenyezi bafise ibibazo igihe co kwibaruka:

✴️ Sekura amababi, yanikire yume ahinduke ifu, fata ikiyiko c'iyo fu shira mw'itasi 1/2 litiro yuzuye amazi y'akazuyazi mu gitondo uyinywe uce wirirwa ataco ufunguye, ufungure ku mugoroba gusa. Ivyo bikore amezi 6.

👉🏼 Ubutinyanka bubabaza cane:

✴️ Fata amababi mabisi 4-6 y'akarura, yavugutire mu mazi yuzuye ikirahuri 1/2 litiro, mimina hanyuma wirirwe uranywa: bikore guhera ku musi ugira kabiri uri mu burinyanka gushika buhere, bizoca bigenda neza.

M.N: Aha nta muti w'ikizungu ufatwa muri iyo misi yose uriko uranywa umutobe w'akarura.

(2) Gakiza ishano, Uburozi buca mu kanwa.

✴️ Ronga neza amababi 4-5 yakate uyafungure mabisi nk'isarade.

(3) Kavura ukuribwa n'ukudandahirwa mu nda.

✴️ Ronga neza akarura, gasekure, kanya umutobe hanyuma vanga n'utuzi duke uce unywa:👇👇👇
Bivura indwara yitwa Chlamydia, indwara z'ubwandu (infections) ziterwa n'ama bactéries.

✴️ Bivura indwara zo mu matwi, mu mazuru, zo mu muhogo: ibigoga (angine),...

(4) Karavura MYCOSE yo mu mano no mu jisho.

✴️ Ronga neza akarura, kavugute ukanyemwo umutobe. Mu jisho shiramwo ima 2; mu mano, hanaguza wongere ukandishe inkambi zako.

(5) Karavura kuribwa n'ukwuzura inda ku bana.

✴️ Karonge neza, vuguta canke ugasekure hanyuma uvange n'amazi makeyi uce umwina.

(6) N'umuti mwiza utuza inzoka zo mu nda ku bakenyezi no ku bana.

✴️ Fata uturura 5-6, shira mu mazi abize hanyuma mimina, nywa agakombe 1 mu gitondo akandi ku murango akandi ku mugoroba uwundi wiyuname👇👇👇
Bikiza korera, amacinya, gucibwamwo, inkorora, umuriro, kubabara mu gikiriza, ...

(7) N'umuti mwiza ukiza ukwumisha ibiguma (Antibiotique très efficace)

✴️ Fata umutobe uze urawogesha uruguma gushika rukire.

(8) Ugarukana ubushake bw'imibonano mpuzabitsina ku bakenyezi babutakaje.

✴️ Abakenyezi batakaje ubushake, nibanywe umutobe uvanze n'amazi make kugira uguhimbarwa kwabo kugaruke bubake rugume😁😁😁

(9) Gakiza Impwemu mbi zisohoka ziva mu gitigu no mu mushish*to (mauvaise haleine)

✴️ Guhekenya utubabi 3-4 ukaza uramira utuzi 👇👇👇
Bikiza abantu baguma banuka mu kanwa n'aho bokwiyugumura neza, bakoresheje akarura uko kunuka kurahera.

(10) Karatuma Umuntu aheba itabi.

✴️ Koza umwotsi w'itabi na NI****NE mu mahaha, mu gitigu no mu maraso, bigatuma umuntu aheba itabi vyoroshe.

👉🏼 Anikira amababi y'akarura, yumye yavungure amere nk'amajani. Teka amazi angana nka litilo imwe, abize, shiramwo ikiyiko kinini cuzuye ifu y'akarura, terurira hasi, pfundikira. Inyuma y'iminota 15, miminira mu gikombe ufise ubuki shiramwo ikiyiko kinini cuzuye ubuki. Nywa ico cayi mu gitondo gusa Imisi indwi.

M.N: ▪️ Nturenze Imisi 7 kuko karakaze cane.

▪️ Mwirinde inzoga no gufata imiti y'ikizungu mu gihe muriko murivurisha akarura.

⚠️ Ayo mababi ntiyanikirwa ku zuba, yanikirwa mu nzu canke mugitutu akazokwumiraho.

(11) Akarura kakongera kagakiza umudu.

✴️ Fata amababi makeyi uyavugute uze urakandisha urutoke rwafashwe n'iyo ndwara.

(12) Akarura karirukana amadayimoni (nous débarrasse des ondes négatives) 👇👇👇

✴️ 1) Fata amababi 3 mabisi yahekenye uze umira utuzi.

2) Fata amashurwe y'akarura uyacane hamwe n'imbuto z'ipiripiri, umwotsi wirukana Impwemu mbi be n'inzoka mu nzu.

(13) Karavura uburibwe mu gihimba c'irondoka ku bakenyezi (démangeaisons vaginales) 👇👇👇

✴️ Fata agatambara keza kandi koroshe cane uhanaguze mu gihimba c'irondoka n'umutobe w'akarura gushika ukize.

(14) Gatuma inzara zikura neza 👇👇👇

✴️ Fata akarura, kavugute hanyuma ugakandishe ku nzara, zica zikura zitinjira mu rukoba.

🔶 Iki catsi citwa "Umwami w'ivyatsi" kubera kivura indwara nyinshi cane zibangamiye amagara y'abantu.

4️⃣ GUSOZERA ICIGWA

(ITANGURIRO 1:12)

28/02/2022

Yes WE are

Address

Bujumbura

Telephone

+25769315566

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when MBAZA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to MBAZA:

Videos

Share


Other Gaming Video Creators in Bujumbura

Show All