Ijwi Ry'Uburundi

  • Home
  • Ijwi Ry'Uburundi

Ijwi Ry'Uburundi Ikosora

25/03/2023

KAZE IJWI RY'UBURUNDI 🇧🇮

Munyubakwa za Galerie Mandela I Bujumbura hariko haraka umuriro aho ni kwibarabara ryitiriwe UpronaIgiporisi na vyabidug...
24/01/2022

Munyubakwa za Galerie Mandela I Bujumbura hariko haraka umuriro aho ni kwibarabara ryitiriwe Uprona

Igiporisi na vyabiduga kizimya moto bariko baragerageza kuzimya uwo muriro
Icatumye uwo muriro utera ntikiramenyekana

Kuruyu Musi Igenekerezo rya 13 Gitugutu 2021 Nihotwibuka Imyaka 60 Irangiye Uwaharaniye Intahe yo Kwikukira Rwagasore Lo...
13/10/2021

Kuruyu Musi Igenekerezo rya 13 Gitugutu 2021 Nihotwibuka Imyaka 60 Irangiye Uwaharaniye Intahe yo Kwikukira Rwagasore Louis yitavye Imana

Uyumusi utwibutsa bimwe muvyaranze Iyo cungu y'Uburundi No kugendera kw'Iragi ryiwe yasigiye Abarundi n'Uburundi

13 octobre 2021

Amakuru dukura mwibohero rikuru rya   amenyesha ko Cyllire Ndayirukiye yagirizwa kugira uruhara mwigerageza ryo gutembeg...
24/04/2021

Amakuru dukura mwibohero rikuru rya amenyesha ko Cyllire Ndayirukiye yagirizwa kugira uruhara mwigerageza ryo gutembegaza ubutegetsi mumwaka w 2015 ko yitavye Imana ku muhingamo wo kuruyu w 24Ndamukiza icob camuhitanye ni kiramenyeshwa ni Mu makuru tugitohoza

Murukino rwa kivandimwe rwahuza u Burundi n'igihugu ca Tanzania rurangiye u Burundi butsinze igitsindo kimwe k'ubusa bwa...
11/10/2020

Murukino rwa kivandimwe rwahuza u Burundi n'igihugu ca Tanzania rurangiye u Burundi butsinze igitsindo kimwe k'ubusa bwa Tanzania ico gitsindo kikaba ca tsinze n'umukinyi NTIBAZONKIZA Saido ku munota wa 86' urwo urukino rwariko rubera kukibuga citiriwe Mkapa Stedium mu Gihugu ca Tanzania

Mwisoko yo mu Kamenge nubwo hamwe hahiye nivyarimwo bira tokombera hariho na handi hatash*tse umuriro Imana yakinze
03/10/2020

Mwisoko yo mu Kamenge nubwo hamwe hahiye nivyarimwo bira tokombera hariho na handi hatash*tse umuriro Imana yakinze

Amakuru ariko aradushikira atumenyesha ko isoko yo mu Kamenge iriko irasha vya biduga bijejwe kuzimya umuriro biriko big...
03/10/2020

Amakuru ariko aradushikira atumenyesha ko isoko yo mu Kamenge iriko irasha vya biduga bijejwe kuzimya umuriro biriko bigerageza kuzimya umuriro ni mwishi cane

03/10/2020

Amakuru ariko aradushikira muruno mwanya aho mu Kamenge isoko ya Kamenge ko yafashwe n'umuriro iriko irasha kizimya moto ziriko ziragerageza kuzimya umuriro aho ndetse no mukanya gaheze humvikanye urwamo rwa masase hafi yaho inkuru iramvuye ni mugatondo k'uyu musi

Ku myaka 19 yibarutse UdushuriKur'uyu wa kabiri kw'ivuriro ritoyi riri ku mutumba wa Rugasa komine Bugabira intara ya Ki...
24/09/2020

Ku myaka 19 yibarutse Udushuri

Kur'uyu wa kabiri kw'ivuriro ritoyi riri ku mutumba wa Rugasa komine Bugabira intara ya Kirundo umukenyezi w'imyaka 19 yibarutse abana 3 abahungu 2 n'umukobwa 1 abaganga bo kuriryo vuriro bamenyesha ko abo bana bavutse neza kandi bafise n'amagara meza
Mwo menya ko uwo mukenyezi aribo bana bambere yi barutse

04/09/2020

Journal

Abicishije kurubuga rwiwe rwa twitter Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yahaye Ikaze Impuzi zihungut...
27/08/2020

Abicishije kurubuga rwiwe rwa twitter Umukuru w'Igihugu Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye yahaye Ikaze Impuzi zihungutse zije ziva i Mahama mu Gihugu c'u Rwanda

Ubushikiranganji bw'indero bwafashe ingingo yo guhagarika Université   iri mu gisagara ca Bujumbura mu kiringo kingana n...
26/08/2020

Ubushikiranganji bw'indero bwafashe ingingo yo guhagarika Université iri mu gisagara ca Bujumbura mu kiringo kingana n'amezi atatu kugira iryo shure ryitunganye neza ku bumenyi baha abanyeshuri baryo

Memba ku rubibe Uburundi buhana n'Igihugu c'u Rwanda hariko harabera inama y'umutekano ihuza Intwanzagabo z'Igihugu c'u ...
26/08/2020

Memba ku rubibe Uburundi buhana n'Igihugu c'u Rwanda hariko harabera inama y'umutekano ihuza Intwanzagabo z'Igihugu c'u Burundi n'u Rwanda ni muntumbero yo gutorera inyishu y'ibibazo vy'umutekano muke wama wibonekeje ku mbibe z'ivyo Bihugu uko ari bibiri Colonel Ernest MUSABA niwe yaserukiye u Burundi Igihugu c'u Rwanda naco giserukirwa na Général de Brigade Vincent NYAKARUNDI

Pascal Nyabenda yahoze arongoye Inama Nshingamateka ahejeje kugenwa n'Umukuru w'Igihugu mu Mamabanga yo kuba Icegera ca ...
25/08/2020

Pascal Nyabenda yahoze arongoye Inama Nshingamateka ahejeje kugenwa n'Umukuru w'Igihugu mu Mamabanga yo kuba Icegera ca Kabiri c'Umukuru wa BRB i Banki ya Republika y'u Burundi

Umukuru w'Inama Nkenguzamateka ahejeje gutorwa n'Abakenguzamateka akaba ari Hon Sinzohagera Emmanuel
25/08/2020

Umukuru w'Inama Nkenguzamateka ahejeje gutorwa n'Abakenguzamateka akaba ari Hon Sinzohagera Emmanuel

Umushingamateka Gélase Daniel Ndabirabe niwe ahejeje kwemezwa n'Inama Nshingamateka kuba Umukuru w'Inama Nshingamateka h...
07/08/2020

Umushingamateka Gélase Daniel Ndabirabe niwe ahejeje kwemezwa n'Inama Nshingamateka kuba Umukuru w'Inama Nshingamateka hamwe na Dr Sabine Ntakarutimana kuba Icegera ca mbere na Abel Gashatsi kuba Icegera ca kabiri c'Umukuru w'Inama Nshingamateka

Abashingamateka bo mu mugambwe CNL basohotse mu Nama Nshingamateka ni mugihe batisanze  kurutonde rwabagiye kurongora ib...
07/08/2020

Abashingamateka bo mu mugambwe CNL basohotse mu Nama Nshingamateka ni mugihe batisanze kurutonde rwabagiye kurongora ibiro vy'Inama Nshingamateka bikaba bitegekanijwe n'umusi ko ariho haza gutorwa abagiye kurongora Inama Nshingamateka

Address


Telephone

+25775720276

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ijwi Ry'Uburundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share