Menya24 TV

Menya24 TV 12

📺amakuru agezweho
📺bishasha utarumva ahandi
✍️Umwanditsi
🎬 Journaliste
YT Joshua classic
Tik tok Joshua classic
Instagram Joshua classic

Téléphone :+257 67 900 227

Imbere yo kuja gupagasa muri South Africa manza umenye ko ari Igihugu:✍️Co muri Pôle Sud aho uzohasanga ihindagurika ry'...
21/09/2024

Imbere yo kuja gupagasa muri South Africa manza umenye ko ari Igihugu:
✍️Co muri Pôle Sud aho uzohasanga ihindagurika ry'ibihe cane.Soit ijoro rikaba rirerire gusumba umusi canke umusi ukaba muremure gusumba ijoro
✍️Igihugu gifise Saisons 4 mu mwaka.Aha mubona ni muduce twa 🇿🇦 Cap-Oriental, hamwe na KwaZulu-Natal, na l'État Libre co kimwe nahitwa Gauteng.
Ubukonje bw'ama Niège bukomeye cane
✍️Igihugu ata Maralia ibayo,imbere yuko ujayo manza uyipimishe kuko uyishikanyeyo ntuzovurwa.

Uvyanke ureke ntamukobwa mwiza kurusha umukobwa ari NATURE ( NATURAL) nature ni karemano bagongeyemwo vyabirungo binuka....
28/08/2024

Uvyanke ureke ntamukobwa mwiza kurusha umukobwa ari NATURE ( NATURAL) nature ni karemano bagongeyemwo vyabirungo binuka.na vyabishatsi biva kumirizo yingamiya muryamanye usanga mumutwe anuka amaganga yintozo. Inzara nazo akazigira sumaku mukurya ubugari agashingako nkifurusheti .kumunwa agashirako swagara itukura ariko beshi namabere akaba yarabaye ishesheti .Kandi bigakogwa nabasenga nabene

Ariko murabo uyu mukobwa yambaye bisanzwe ntanakimwe cigiterano mbona kumubiri ariko ndakurahiye NI MWIZA.naje uwokampa noja kwihana kwa Mbayahaga nahejeje kugwa mwiriba 🤣🤣🤣🤣lol .just a joke

ba uko waremwe nawe, utiriwe urongerako ugwo gwondo nibihunda vyimishatsi

🔴 Muri uno mwaka barashobora guhindukiza imeza?Amanota 9/9.Amahirwe mubaha angana gute? FOLLOWERS ET LIKES le vrai�
28/08/2024

🔴 Muri uno mwaka barashobora guhindukiza imeza?

Amanota 9/9.

Amahirwe mubaha angana gute?


FOLLOWERS ET LIKES le vrai�

🔴boom   adahumuriza abakeba none ko mwavuga ngo ntavyo twanze 🔴Ngaha équipe yitwa    Hamagara umukeba umubwire ATI ivyag...
28/08/2024

🔴boom
adahumuriza abakeba none ko mwavuga ngo ntavyo twanze

🔴Ngaha équipe yitwa

Hamagara umukeba umubwire ATI ivyagusa bitera ubwenge buke .....

🔴Wongere umumenyeshe ko ubunyegeri bwinshi butimba ..

Address

Kibuye
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menya24 TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Menya24 TV:

Videos

Share