Star TV257

Star TV257 Like and share
(1)

Star TV257 'S  C.E.O Starboy The Sheep .....
30/06/2024

Star TV257 'S C.E.O Starboy The Sheep .....

Landrypromoter Bdi ❤
05/01/2024

Landrypromoter Bdi ❤

♦Amazina Yiwe Ni Nyakwubahwa Janvière NDIRAHISHA Yabaye Imushikiranganji W'Indero wamashure Mato Nayisumbuye Kuva 2015 G...
05/01/2024

♦Amazina Yiwe Ni Nyakwubahwa Janvière NDIRAHISHA Yabaye Imushikiranganji W'Indero wamashure Mato Nayisumbuye Kuva 2015 Gushika 2020 Uno Musi Nka Starboy The Sheep Nagiriwe Ibakwe Ryo Kwakirwa Nawe Munyubakwa Yiwe Isanzwe Itumbereye Aho Bita Mu Mabanda Muntara Ya Makamba........

Hari Indero Yaduhaye Nubu Tukigirako Nkuko Bbakunze Kuvuga Ngo Intebe Yishure Ninziza Cane Hari Vyinshi Iduhereza🙏🙏🙏🙏

Ndagukunda Mukuru Wanje Landrypromoter Bdi .Hama Hari Décision Wafashe Ndumva Mryohewe Nka Mutoti Wawe Mukwikurako Agasu...
05/01/2024

Ndagukunda Mukuru Wanje Landrypromoter Bdi .Hama Hari Décision Wafashe Ndumva Mryohewe Nka Mutoti Wawe Mukwikurako Agasuzugura Ko Kwereka Abantu Ko Twebwe Dufise Umutima Mwiza Ariko Bobo Bakatwerekako Ivyo Turimwo Turi Kubisembako....

Imana Iguhe Ukuramba Mukuru Wanje👑👑👑

Ryari Iteka Guhura Namwe Kuva 2015 Gushika 2020 Arimwe Muramutswa Ubushikiranganji Bw'Indero Mumashure Mato Nayisumbuye....
05/01/2024

Ryari Iteka Guhura Namwe Kuva 2015 Gushika 2020 Arimwe Muramutswa Ubushikiranganji Bw'Indero Mumashure Mato Nayisumbuye....Nabumva Kwishure KukonI Radio Muri Internat Ntazo Twumviriza Ariko Ubu Nagiriwe Ibakwe No Guhura Namwe Mwubahwe....

Mwanatwakiriye Neza Munyubakwa Zanyu I Makamba Turangiza Umwaka Wa 2023 Ndetse Tunatangura 2024 Turikumwe ....

Nyakwubahwa JANVIERE NDIRAHISHA Wewe Umwibukira Kuki?

05/01/2024

Tylo Sixer Demana 😂😂

Uyu Niwe Muhungu Wanje Mushasha Ngira Mbazanire Ino Look Niyo Muri Video Agira Abasesemwo Imizigo Murundi Yivukira I Mwa...
26/08/2023

Uyu Niwe Muhungu Wanje Mushasha Ngira Mbazanire Ino Look Niyo Muri Video Agira Abasesemwo Imizigo Murundi Yivukira I Mwaro ......Amateka Agiye Kwandikwa

fitfaber
Starboy The Sheep
Star TV257

Ngukundira Umutima Mwiza Wifitiye Queen Imana Iguhezagire👑
26/08/2023

Ngukundira Umutima Mwiza Wifitiye Queen Imana Iguhezagire👑

Mr Umunyuka D-ONE 257 👑👑
26/08/2023

Mr Umunyuka D-ONE 257 👑👑

with my sister Alvella Muhimbare 👑
26/08/2023

with my sister Alvella Muhimbare 👑

♦Bamwe Bati Iyikazi Bamwe Ngo Ni Nziza Abandi Ngo Nimbi Wewe Ubona Gute Nimbi Canke Ni Nziza???🙊🙈
15/05/2023

♦Bamwe Bati Iyikazi Bamwe Ngo Ni Nziza Abandi Ngo Nimbi Wewe Ubona Gute Nimbi Canke Ni Nziza???🙊🙈

15/05/2023
 Starboy The Sheep Mukazi Kose Aho Twaraye Twirahiye Team R FLOW Tuyitwara Igikombe Tuyitsinze 2-1 Kuri Centre Jeune Kam...
12/05/2023



Starboy The Sheep Mukazi Kose Aho Twaraye Twirahiye Team R FLOW Tuyitwara Igikombe Tuyitsinze 2-1 Kuri Centre Jeune Kamenge/ Aho Ni Kugihe Jewe Nari Kuruhande Rwa Team BantuBwoy Entertainment 🔥💪

Address

Bujumbura

Telephone

+25771263559

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Star TV257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share