All story update news

  • Home
  • All story update news

All story update news Media

  #   Duheruka muri Ep yambere tutazi ivyo docteur aje kubwira umuryango wa Dylan  dukomerezeho-------------------------...
15/11/2025

#



Duheruka muri Ep yambere tutazi ivyo docteur aje kubwira umuryango wa Dylan dukomerezeho
------------------------------+---
⚫ Dr yaje avuga uti: nimwe bavyeyi ba Dylan?
Abavyeyi: Egooo

Dr: umuhungu wanyu yakoze impanuka ikomey cane ariko uravye ibihimba vyababay namaguru kandi tubwirizwa kuyaca yose.

Abavyeyi: 😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭😭

Dylan wew aharyamy kugatanda ntaragarura ubwenge yewe banamutey imiti myishi imugabaniriza ububabare.

🔘 Muhira kwa ba Anny barateramye nkuko vyama bose bicaye muri salon bariko birabira film yewe nanaryoshe ubonak Anny yishimiye kuba ateramanye nabavyeyi biwe?

Murako kanya hinjiye wamuturanyi yewe yinjiye atanugukomanga asanga abavyeyi ba anny baryohewe baseka utoraba mama wa Anny ikimukubita ijisho yaramutangariye kuburyo vyagaragarira amaso yuwaraho wese.

🔷 Anny yarabibony nawe biramutangaza yibaza uburyo mama we ashobora gusamarira uwo musore aka kageni? Ntiyabitinzeho yigize nkaho atabibonye.

📝 Maman Anny waoo karibu Pabro.

Pabro: Murakoze maman, eeer papa na Anny mweho mumeze mute???

Papa:uravye ntaco bibaye karibu Pabro .

Bakiri murivyo maman yahise asimbukira hejur uti Anny aho ntubonak baje kukuramutsa rek twe na papa wawe tube tubategurire icokunwa.

📝Pabro yaranyegereye arampobera waooo yahumuraga neza yari wamusore wabonako utuntu twiwe twose twari kumurongo yambara neza kuburyo umuntu wese yari kumubona akamwipfuza nguko ukovyaje kugenda twaraye biratinda abavyeyi batuzanira akokunwa.

Hagataho igihe caje kugera arataha bugingo arigutaha yampaye businesses cad yeee ambwirang ahari ntukunda kuboneka nubona akanya araza kundondera tuyage.
Vyanteye umutima mubi nukwigaya kubona ikiringo nkiki cose nta nume yuyu musore narimfise mushobora kwibaza ngo nikuberiki???


   🖲 Warumusi usanzwe nkiyindi misi Ubwo navyuka nkuko bisanzwe nkaja mubwogero nkitunganya murimake numva nezerewe 📝Nan...
12/11/2025





🖲 Warumusi usanzwe nkiyindi misi

Ubwo navyuka nkuko bisanzwe nkaja mubwogero nkitunganya murimake numva nezerewe

📝Nanje kurangiza kwitegura niko kwerekeza kuri table aho nagombaga gufata breakfast (ivyagumugatondo) nasangiye numuryango wanj nishimye peee kuburyo utari kubasha kwumva ingano yumunezero narimfite ako kanya.

Igihe caje kugera turangije gufata breakfast umwe wese urumvako yategerezwa kwerekeza mukazi cank muvyo yagombaga gukora kuruyo musi twarasezeranye twese umwe wese aja muvyiwe.

🖍Amazina yanj ni Dylan ndumwe mubana bagize umuryango wapapa na mama ariko ikiruta vyose nije ndumuhererezi mumuryango wabana 5 nakuze mbona amafaranga ari inyishu mumuryango wacu kuburyo vyanyoroheye kugera kundoto zanje uyumusi mfise akazi keza mfise imodoka nziza yewe mfise burikimwe umw wese yokwipfuza murubu buzima

📍 Reka tugaruke kuruyumusi narasohotse natsa imodoka yanje nakundaga cane kuburyo nayita ga utuzina twishi turimwo nka childhood love bisonanura urukundo rwomubuto bwanje.

Ndimwo ngenda mumuhanda sinzi icamvangiye numva ngize isereri kuburyo nabuze balance icomperuka numva zarinduru zabantu bari hakurya yibarabara.

📃 Amazina yanje ni Anny nkunda famille yanje vyumwihariko nkunda mama wanje vyagera kuri papa wanj vyo bikaba agahebuza, sukubakunda gusa barabikwiye kuko bampaye ibirenz ivyo narinkeneye.

Nize neza nize mumashure azimvye ivyo vyatumy ndonka akazi keza sakazi gusa hubwo vyatumye nkora cane ndonka company yanje ubu nanj ndi CEO muruganda rwanje, igisekeje ndacaba muhira kwa papa na mama,

Buruko navyuka mugatondo nahagarara mwidirisha nkasaba nkahanga amaso kurupangu ababanyi bacu harumusore mvuzeko atari mwiza noba mbeshe uyo musore yakundwa cane na bavyeyi banje yego burimusi iyoyazag muhira bahita bihutira kumpamagara nkumuntu akuze vyaranyerekako bamwishimiye kandi bipfuzaga ko twabana.

😭Tugaruke kwa Dylan ho tuboan abanyu bose bari mumarira badatahura neza impamvu vyagenz uku. siko bizohora # nyuma yukwisanga umuryango wose turi kwamuganga niko Dr yaje atubwira inkuru itari nziza ngo............

Reka duhurire muri epode ikurikira
#

Address


Opening Hours

Monday 08:00 - 20:00
Tuesday 08:00 - 20:00
Wednesday 08:00 - 20:00
Thursday 09:00 - 17:00
Friday 09:00 - 20:00
Saturday 08:00 - 20:00

Telephone

+25762693084

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when All story update news posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share