25/07/2022
**ARO_K'IGISURU
Muburundi abantu benshi iyo bumvise igisuru bamenyereye ko cari inkebuzo yabana bagavye kuko cari kimwe mubintu bahanisha abana bakoze amakosa kuko carababa cane bigatuma nyene gukora ikosa yihana.
KUBARI IGITEGA CANKE MUMICU'GARARO
Wipfuza icayi c'Igisuru twandikire tukubwire ah'ukironka.
Mubisanzwe igisuru n'igiterwa mfasha mu biri canke twovuga ko ari ntunganya mubiri kuko gifise ivyiza vyinshi cane tutodondagura ngo tumare ariko turababwira bike muri vyinshi bigize igisuru:
1. Amazi (eau) 76,9 à 80g /100g
2. Fibre 2 à 5,3 g /100g
3.:cendre 4 à 5,6g
4. Inkomezi ( calorie) 57 à 82 kcal/100
5. Lipide 0,7 à1,6g
6. Glucides 7,1 à 12,7 g
7. Calcium 60 mg à 3,24 g
8. Phosphore 10 à 573 mg
9. Fer 7,8 à 13,4 mg
10. Sodium 1 à 16 mg
11. Potassium 400 à 2,044 g
12. Magnésium 7 à 399 mg
13. Zinc 0,9 à 1,87g
14. Cuivre +-3,05
15. Sélénium +- 2,1
16. Protide 4,6 à 8 g
Igisuru n' igiterwa c'iyubashe kuko gisanzwe gifise n' indemamubiri nyinshi (vitamine)aha twovuga
1. Vitamine A (caroténoïdes)
2. Vitamine B¹ (thiamine)
3. Vitaminev B ² (riboflavine)
4. Vitamine B³, vitamine
B6(pyridoxine),, vitamine B9,,vitamine C,,vitamine E
5. Anti-oxydants (irarinda umubiri)
6. Anti-inflammatoire(kwakaka)
```AK**ARO K'IGISURU MU GUTUNGANYA UMUBIRI WACU```
Hamwe twoshaka kubivuga ntitwobimara kuko igisuru ni nkenegwa cane mubitegwa bikenewe kurinosi kirimwo, mucamake ivyo gifasha umubiri wacu:
1. Igisuru kirakinga indwara ya cancer bivanye nuko gifise sélénium nyinshi aha twovuga ko uwama akinywa ko bitohura nico kibazo
2. Umuntu afata igisuru ntagira ikibazo c' imitsi(muscle) canke ngo ababare mungingo canke mumagufa kuko gisanzwe gitunze anti- inflammatoire kandi kigwiriyemwo vitamine K na D nivyunyunyu nka calcium na magnésium hama na fer nyinshi
3. Igisuru kiravura indwara ya goutte na rhumatismes hamwe na névralgie sciatique
4. Igisuru kiragabanura ibinure (graisse) ,,acide urique n' isukari mbi mu mubiri
5. Iyo ufata igisuru kubantu bafise ibibazo vy'ubutinyanka (regle)kirabitorera umuti aha twovuga nkabantu:
A. Abo ama regle yahagaze atamvo, arasubira kuboneka (retour de regle)
B. Igisuru kirafasha abantu ama regle yabo atagira igihe,kirafasha mukuyasubiza kugihe
C. Igisuru kiravura abantu bababara cane mugihe c'ubutinyanka (regle Douloureuses)
D. Igisuru kirafasha abantu iyo bagiye mubutinyanka bamara igihe kinini
E. Igisuru kirafasha abantu bava amaraso menshi iyo bari mubutinyanka
6.Igisuru kirafasha abantu bagwaye umutima na diabète
7. Igisuru kiravura abantu badafise amaraso akwiye kuko gisanzwe kigwiriyemwo vitamine A na C hamwe na fer nyinshi
8.Igisuru kirafasha abantu basanzwe bafise ibibazo vy'amafyigo kuko iyo ugifata utigera uhura n'ingorane zo kugira udusenyi two mu mafyigo (calculs rénaux) kuko kigwiriyemwo calcium nyinshi
9. Igisuru kiravura abantu basanzwe bafise ibibazo vyo kwuzura inda (kwama bahaze) hamwe ni gisigo ( gaz intestinaux ou flatulence )
10. Igisuru kirafasha muguha inkomezi abasoda b'umubiri (globule rouge)
11. Igisuru kirafasha kubantu bafise uburuhe budahera (fatigue chronique)
12. Kirafasha kubantu bafise imishatsi yaheze (chute de cheveux) ni nzara zidakomeye(fragilité des ongles) kubera kigwiriyemwo vitamine B5 na fer hamwe na silice
13 .Igisuru kirafasha kubantu bafise umuvyibuho w' umurengera ( obésité ) kuko gifise ububasha bwo guturira ibinure vyo ku nda ( graisse abdominale )
14 .Igisuru kiraduza amaberebere ( monté de lait maternel)
15 .Kiravura rhumatisme na goute
16 . Imizi y'igisuru ifise ubushobozi bwo kuvura hypertrophie prostatique
IGISURU NI GITERWA NGIRAK**ARO AHA TWOVUGA KO HARI N'IZINDI NDWARA KIVURA AHA TWOVUGA:
Choléra, Diarrhée, Clampe, umushish*to(les ulcère d' estomac),,,, ostéoporose,, fievre,,allergie, constipation ni zindi
```Kubantu bipfuza ko misi yose ico gisuru cobabera umuti wabo k**a kuko na basokuru nico cabavura imiti yikizungu itaraza boturondera uku gukurikira kuko tukibaha giteguye neza ari agafu gahinguye kumategeko.```
Boturondera kuri:
Whatsapp:61317186
Tel:76114144/61317186
Youtube:https://youtu.be/ypfVlSkFQLA
KUBIPFUZA KWIVUZA ZIMWE MUNGWARA TUVURA CANKE TWAVUZE,BIPFUZA UBUFASHA BURENZE GUKORESHA IGISURU BODUSANGA AHODUKORERA