Kanenga-TV

Kanenga-TV Informations Communautaires

 : Nicolas maduro aherutse gutorwa ku ncuro igira gatatu ngo arongore ico gihugu, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 ...
10/01/2025

: Nicolas maduro aherutse gutorwa ku ncuro igira gatatu ngo arongore ico gihugu, kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 nzero 2025 yarahiye imbere y'Inama nshingamateka.

Nubwo biruko abatavuga rumwe nawe muri ico gihugu bavuga ko ayo matora yabonetsemwo utunenge.

# KanengaTv

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 nzero 2025, Umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE yafashe urugendo rumushikana m...
10/01/2025

Kuri uyu wa gatanu igenekerezo rya 10 nzero 2025, Umukuru w'igihugu Evariste NDAYISHIMIYE yafashe urugendo rumushikana mu gihugu c'ubuganda mu nama y'ubumwe bwa Afrika yiga kubijanye n'uburimyi.

18/02/2024
Kurikirana Indirimbo Umuti wa Divorce  ya Les JUMEAUX MUSIC  hahandi.
21/09/2023

Kurikirana Indirimbo Umuti wa Divorce ya Les JUMEAUX MUSIC hahandi.

 : Une Solution pas comme les Autres ______________________________________Le Gouverneur de la Province de Bubanza   _NI...
01/04/2023

: Une Solution pas comme les Autres
______________________________________
Le Gouverneur de la Province de Bubanza _NIZIGIYIMANA en compagnie avec le Ministre de la Communication se sont joints sur la colline de avec la communauté locale dans les Travaux Communautaires de pavage de deux salles de classe du Lycée_Technique_Communal_Kabamba.Dans son allocution ,Léocadie Ministre de la Communication dans ses attributions a fait savoir que l'Union fait la force et a invité quiconque à être dans un Groupement Communautaire afin d'augmenter la production agricole pourque chaque bouche ait de la nourriture et chaque poche contienne de l'argent.
NIZIGIYIMANA a profité cette occasion ornée a remercié la population de Cette province car elle se donne corps et âme dans les activités d'intérêt social et dans le renforcement des capacités à travers les coopératives Sangwe.

_à_tous.
signé par VINCENT MANIRAMBONA

  _A_ MARAMVYA:Dans son objectif d'autonomisation des Femmes Vulnérables  au Burundi depuis 2018 ,L'Association d'Aide a...
01/04/2023

_A_ MARAMVYA:Dans son objectif d'autonomisation des Femmes Vulnérables au Burundi depuis 2018 ,L'Association d'Aide aux Femmes et Enfants Vulnérables au Burundi en sigle en partenariat avec -ALLEMAGNE a organisé depuis Vendredi le 30 au 31 Mars 2023 des échanges formatifs sur le leadership Féminin et Genre aux Femmes leaders de la Zone de Maramvya, Commune de Mutimbuzi .Dans son Discours,BUZUBONA Christelle, Représentante de cette Association, a fait savoir qu"Eduquer la Femme, c'est Eduquer toute la Nation".C'est pour cette raison chaque femme est appelée à mettre en place ses propres activités genératrices de Revenus afin d'éviter de tout attendre du Mari(Attitude ignole) mais de booster son propre économie pour le meilleur avenir de leur Famille a t-elle ajouté.



Article signé par VINCENT MANIRAMBONA.

08/10/2022

La Danse à Dieu le Tout Puissant

Abahinga mu Gukinjika 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮Mwubahwe. Nawe ubakeneye bakure maze baze bagutegurire imisose kugiciro gito.
05/10/2022

Abahinga mu Gukinjika 🇧🇮🇧🇮🇧🇮🇧🇮
Mwubahwe. Nawe ubakeneye bakure maze baze bagutegurire imisose kugiciro gito.

  :.  "MAMA"est le titre de la nouvelle chanson des Chanteurs Incontestables au Burundi "LES JUMEAUX MUSIC  CLUB" qui va...
04/10/2022

:. "MAMA"est le titre de la nouvelle chanson des Chanteurs Incontestables au Burundi "LES JUMEAUX MUSIC CLUB" qui va sortir dans quelques jours.soyez aux abords du pays du lait et du miel afin de recevoir Cette noble mélodie qui exalte les éloges de la Maman Burundaise en particulier et de la maman universelle en général.


.
(construction, Transport et électrification au Burundi+2579318025

  :  Ibanki nkuru y'Igihugu  ubu iramutwa umuyobozi mushasha_____________________________________
08/08/2022

: Ibanki nkuru y'Igihugu ubu iramutwa umuyobozi mushasha
_____________________________________

Les Ecrivains Burundais dans les lieux touristiques  C'était le 29 juillet 2022, l'Ecrivain Burundais BACINONI DIEUDONNÉ...
31/07/2022

Les Ecrivains Burundais dans les lieux touristiques
C'était le 29 juillet 2022, l'Ecrivain Burundais BACINONI DIEUDONNÉ avec ses sept livres de recueils de poèmes déjà publiés a effectué une visite à un site touristique appelé en commune de la province de Mwaro dans le but de continuer sa campagne de chercher les partenaires socio-culturels qui vont acheter et vendre ses produits intellectuels .



 : Umukuru w'igihugu asaba indongozi kwitwara neza.------------------------------------🇧🇮Munyigisho yatanze zo gukunda n...
30/07/2022

: Umukuru w'igihugu asaba indongozi kwitwara neza.
------------------------------------
🇧🇮Munyigisho yatanze zo gukunda no kuzirikana igihugu kuruyu wa Gatandatu igenekerezo rya 30 /7/2022 kuk'ikibuga c'umupira mu ntara ya Ngozi. 🇧🇮Umukuru w'igihugu yasavye indongozi cane cane ba musitanteri kureka kwitwara nkabo muri 1989.

🇧🇮Umukuru w'igihugu yavuze ko ba musitanteri b'ico gihe bitwara nkaho umenga itunga rya komine ni rwabo, yabandanije ababwira ko bitumvikana ingene abanyagihugu bandikira umukuru w'igihugu ngo abatunganirize aho bokwandikiye musitanteri canke umukuru w'umutumba.

-Tv

: ( , et au Burundi +25779318025)

Mbe aba baririmvyi uramaze kubumva ???
28/07/2022

Mbe aba baririmvyi uramaze kubumva ???

  ba ENAB,SISCA na SIP bo mu bushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi bakuwe muma banga kubwa makosa  yabo, bafashe umugam...
27/07/2022

ba ENAB,SISCA na SIP bo mu bushikiranganji bw'uburimyi n'ubworozi bakuwe muma banga kubwa makosa yabo, bafashe umugambi wogucafasha indongozi zubwo bushikiranganji .
__________________________________
Nkuko amakuru dukura muri ubwo bushikiranganji, avugako abakozi b'ibisata , NA bajejwe kwegeranya ibiharuro vyuk'umwimbu uba wagenze buri sizeni nayo ikaba imara amezi ari hagati ya (4 _5).Rero baba barasinye ya kazi ndetse namahera bazohembwa buri sizeni . Ivyo bikaba biri muco bita " - Conjointe"aho rero hakaba harimwo amategeko agenga abakozi bajejwe kwegeranya ivyo biharuro, uko ,kandi kuwurenze amategeko akurwa muri akokazi. Niyo mpamvu abakuwe bafashe intumbero itariyo yogucafuza uwurongoye urworwego mukuwifatira mu gahanga Ir NGWEBU jean Claude mugukwiragiza amakuru atariyo.
💥kuvyerekeye amahera baheraniwe, ngo borema kuko ikibazo cabo kizwi na babijejwe ko amahera ya bo bagiye kuhabwa vuba bwango kuko biriko bitunganywa muri ministère de finance hisunzwe amategeko abagenga.

-TV

Address


Telephone

+25769346263

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Kanenga-TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Kanenga-TV:

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share