Afrigift TV

Afrigift TV Afrigift TV

06/11/2024

Breaking News :Imwe muma videos arenga 400 Baltasar ava mugihugu ca Guinea yifashe ariko arasambanya abagore babategetsi bicogihugu nabakobwa babo.

Kurikira
Partage ntiyemewe😎😎😎😎

02/11/2024

IGIKORANE C'UBUTUMWA BWIZA📖 I Méthodiste Libre Nyakabondo.

Have you been in  Bujumbura Economic Capital City??Yes or NonIf is Yes,When??
03/09/2024

Have you been in Bujumbura Economic Capital City??

Yes or Non

If is Yes,When??

03/09/2024

Nimba Ahiwanyu abantu nka Davidi barabayeho,siga izina ryuwuzi yaruwambere kumutumba mugutora ubusurira.🤣🤣🤣

Vyoba bigikorwa???
Nimba ari oya Kuberiki vyahagaze??
Kuberiki vyakorwa???

Comments zanyu.........



18/07/2024

Un grand merci à mes nouveaux followers ! Nzeyimana Nina, BÕom ĶĘddy

17/07/2024
04/04/2024

Abakurikirana Posts zuyumugabo Chimamanda Moses barabonye Video yakoze yerekana impamvu ibihugu vyanka Urwanda,aho yahagaze gushira hanze imvugo zisa nagatituro,imvugo zitubahisha umurundi nabarundi.

Igihe kirageze kugirango abarundi batahure icobivuze IGIHUGU C'AMAVUKO.dukoreshe imvugo zomuri bible na Quran kuberako akunze kwigaragaza nkumurokore canke nkumu islam.

Mugihe ca Bible mumateka y'Abami batwara Israeli,iyo habonetse umuntu akoresha imvugo zagatituro kwihanga avamwo ,uyomuntu baramumanika bakamwica urwagashinyaguro.Kuko buri hanga ryaba rirwanira kuvugwa neza(bitavuzeko ryaba ryera de,ariko kuberako kuvugwa nabi vyaha inguvu abansi babo,abenegihugu bahamagarirwa guhora batura amahoro nivyiza kugihugu cabo.)

Kubasomyi ba Bible muribuka aho haruwatumwe Kuvuma ubwoko bwa Israeli BWIJAMBO. kuvuma vyaribifise umugambi wokubamara Akanyabugabo,bacike intege.
Gukora ikintu nkico Chimamanda yakoze ninkoguca intege umurundi adafise inguvu nabamukurikira nkawe kuburyo adashobora kuvuga ivyiza nubwo vyoba ijana yarazi kandi yashaka kuvuga.
Bigaha intege umwansi kuko bimworohera kuvugango CECEKA NANAKA NUMURUNDI YARABIVUZE😭.(Ivyo mwarabibonye kenshi muma comments yabanyarwanda kurirya Video.Barayihanyehanye biteyubwoba muri morale iteyubwoba.Bivuzengo yafatwa nkikirwanisho.Chimamanda URUMUHEMU.

Muri Islam hoho rero sinibazako bonakwica gusa bataguhekenye😭😭

Mugihe tutumvako turi proud better tuje duceceka kuko vyose turavyemererwa ariko sivyose bitugirira ikimazi.

Ibihugu vyashizweho n'Imana ngo tubibungabunge tubikunde tubisabire UMUGISHA apana kuvyaturako UMUVUMO😢😭

Kuko tuzishima bitwubahishe ahotubaye nivyaba biriko biravugwa neza,

Ndanezerwa Iyombonye Undimuntu anezererewe canke adefanda igihugu ciwe.

Urimumahanga ntibigutume Ubonako uronse ikibanza cokuvuma Igihugu cakureze ukabona ayomahanga.Ahubwo burumuri rwiza murayomahanga,Ba gome ihanagura amazina mabi yatuwe kugihugu cawe.

Reka kwuzuza impapuro banditseko ububi bwaco mukuvuga ibindi bibi,Ahubwo basobanurireko hariho ibindi vyiza vyinshi kuruta ibibi banditse. Natacha Burundi

Ntakabuzako Igihugu kitazohurumbirwa.
Soyez des patriots .



21/09/2023

YOU CAN NEVER FIGHT ME AND WIN,TRUST ME!

If you are not interested about this interview, please hoshiiiii😂

Anyway,I would like to let you know how our brothers in Rwandan INDUSTRY know and Appreciate our Burundian INDUSTRY.

Part1.Is how Theben got inspired from Big Fizzo

Part2.Will be how Meddy got inspired from CANCO AMISI.

NDATANGAZWA CANE NUKUNTU ABARUNDI DUFISE IMPANO YOKWISAMBURIRAKO NKIHENE.😏🤨

NDUMIRWA NKIBAZA UBUROZI TWARIYE MUMUGANI NGO UWAMBAYE IKIREZI NTAMENYAKO CERA.

●NASANZE UBURUNDI NTAMWANSI WOHANZE BUFISE AHUBWO BWIFITIYE UMWANSI WOMUNZU WAWUNDI ADASHIMA RATION YABAVYEYI,WAWUNDI ISOSI YOMUHIRA ITIGERA IRYOHA.

●MUGIHE IBINYAMAKURU BIMWE BIMWE BIKORERA ONLINE BIBA BIRI GUCINTEGE NOKUGAYA GUSA ABARIRIMVYI B'ABARUNDI BIBATEGA IMISI NGONTAHO BAZOGERA,ABANYAMAHANGA BOBO BABA BARIMWO BARINOVORA AMASOMO MEZA BAHAWE N'ABABARIRIMVYI TWEBWE TUGAYA,BIRIRA IVYIZA VYAVUYE MUNAMA NZIZA BABAHAYE BAKAZUMVIRA😊

●KOKO BARAYAMAZE NG'UWAMBAYE IKIREZI NTAMENYAKO CERA,NGO NTAMUHANUZI IWABO.Ntibabeshe🙏

BARUNDI BARUNDIKAZI JIJUKA,
MUMENYERE KUBONA IVYIZA MURI BENEWANYU,MWIMENYEREZE GUSHIMA NOKUNYURWA N'INTANBWE MUTERA BURIMUSI.

VAVANURA N'INGENDO YOKUNEGURA NO KUGAYA GUSA,MWIMENYEREZE GUKENGURUKA.

WANKA KUVUGA IVYIZA VY'UMUNTU AKIRIHO UKAZOBIVUGA YARAPFUYE.

ABA BASORE BACU NTACO BADAKORA,N'INTWARI KUKO N'ABARIMYI BARIMA MUMUSHIKE WOMUCI,BUBAHWE BO BASHOBORA KWIHANGANIRA GUKORERA MUNZIGO N'AMASHARI BITURIMWO.

■UMUNYAMAKURU Yago niwe yagize ati:"Abarundi Sinzosiba Kuvugako Baturusha Impano,utariko na none Sinzoreka kuvugako baturusha nishari."ati kuko sinzobanukirwa Ukuntu turabwa plus de 50% nabarundi ariko Ibikorwa nabarundi bagenzi babo ntibirabwe na 30%.

■Umu Influencer Ddumb.a Muzafaru "shout out to you brother.Uyumugabo Kuba uyumusi vyibuze hariho abantu batari bake bitwararika gushigikira ibikorwa vy'abarundi benewabo, muri music nomuri films,kuba hari abanyarwanda mubona muri Analytics zanyu bakurikirana ibikorwa vy'abarundi,Uyumugabo Dumba yabigizemo uruhara rukomeye.

■NIMBA BATATUROZE,NIGUTE UMURIRIMVYI Big Fizzo Yosohora indirimbo nziza Indirimbo Aho gushimagizwa nabenewabo nabashikibiwe babarundi,vyibuze Felicitation kumuntu yakoze ikintu ciza IRAKENEWE kuko itanga courage,Ikabura kugeza Ubwo Indirimbo ubwayo nabantu bake,ndavuga bake kuko Uburundi bufise population iri plus de 12 Millions ariko indirimbo pendant 1mois ifise only 500k Views udakuyemwo abanyamahanga bayiravye.Indirimbo iki trendinga kugezaho iba iyambere kurenza iya DAVIDO from ,kurenza Chrisbrown from Bigfizzo akaza kumwanya wa mbere kurenza Chrisbrown na Davido ariko sociaux médias ikifata nkaho ntacabaye,Birababaje.

■BANTAHO MFATWA

●Mubiteramo Vyateguwe na BRARUDI twabonye abantu benshi mubitwa abanyamakuru bagiye bandika bidoga ngo Brarudi Ntiyitayeho abaririmvyi babarundi , DJ Paulin Bamuvuze kenshi ngwatumira Abanyamahanga. Ariko vyukuri nimba harabantu INDUSTRIE MUSICALE yuburundi yoshimira,Uyumugabo Ntiyoja kure yabatatu bambere,Sinibazako hari nuwumuja imbere mukugaragara muribibikorwa vyitwa ibitinjiza (Kubwo kutavyubahisha kwacu).
Ariko Ikibazo ni Uyumusi ko Now Now Yateguye Igiteramo Kizobamwo Umunyamahanga Umwe(Sinziko twomwita Umunyamahanga)Igatumira Abarundi batatu kuri Stage imwe.Mbere abobose batumiwe bakaba bashima.
Q.VYABINYAMAKURU NABA BANYAMAKURU BARIHE??? Barihe kombona babaririmvyi Nyene aribo bari gutangaza Igiteramo?😏🤨🤔🤔
Thanks Isaac TV , Landrypromoter Bdi Afrigift TV Desire Bigirimana

Keep Pushing... Sat-B The Ben , Natacha Burundi Wiz Designer -flow 'kanzie Belle 9ice .............

GATO KARAKURA IYO KASIMBAGIJWE!

Simbizi Wa Semavumba Chimamanda Moses Pacifique Nininahazwe Akeza.net Magazine Jimbere Yaga Koreshumwanya Elementary ...................

MURABEHO

09/07/2023
The Lion,King Satellite du Burundi Umwe muba Legends bazwi kwarabanyakazi murikigihugu c'u Burundi.Uyumusi akomeje imyit...
27/05/2023

The Lion,King Satellite du Burundi Umwe muba Legends bazwi kwarabanyakazi murikigihugu c'u Burundi.Uyumusi akomeje imyiteguro yokwitabira Ihiganwa aho azoserukira Uburundi mubihugu vya East Africa, ihiganwa rizobera mugihugu ca Suède ryiswe ONE LOVE AFRICA MUSIC FESTIVAL.Ihiganwa ryatumiwemwo abandi ba Stars Bakomakomeye nka ,-Alade,.......Ibi bibaye mugihe Uyumuririmvyi Sat-B asanzwe amenyerewe gushirwa mumahiganwa Mpuzamahanga, Ibisobanuyeko Umuziki wiwe Usanzwe Ukurikiranwa kurwego rwohejuru.

Ivyomutamenye,Nuko Ariwe muririmvyi nubwo asanzwe ari humble cane kuburyo ibintu vyiwe abikora bucece ashobora kuba indirimbo ziwe zirabwa nabamwe mubakinyi mukunda bivyamamare.Aho tukavuga cane Umukinyi mwamenye kwizina rya Aho yashoboye gucommenta kundirimbo NO BODY LIKE YOU Ya Sat-B anyujije kurukuta rwiwe rwa Instagram. IBITAMENYEREWE.

Sat-B rero mugacerere kiwe akabasa nuwubwira abarundi ati:"NTA MUHITINZI AVUNIKA,KORA GAKE BIZE CANE.HAGUTANGURA WOHEREZA."

#

Afrigift TV

DJ Ira ,Umurundikazi aba mugihugu kibanyi c'Urwanda,Uzwicane kumwuga wogucuraranga mubiteramo bikomakomeye haba mu Rwand...
27/05/2023

DJ Ira ,Umurundikazi aba mugihugu kibanyi c'Urwanda,Uzwicane kumwuga wogucuraranga mubiteramo bikomakomeye haba mu Rwanda no mu Burundi,ekambere nahandi hatandukanye.,Ibitamenyerew cane kugitsina gore muruyumwuga.Dj Ira,Ubimazemwo igihe kndi akabikora neza,numwe kuburorero bwotangwa mugutera intege abandi tubabwirako bishoboka.

26/05/2023

Address


Telephone

+27659166155

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Afrigift TV posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Afrigift TV:

Videos

Shortcuts

  • Address
  • Telephone
  • Alerts
  • Contact The Business
  • Videos
  • Claim ownership or report listing
  • Want your business to be the top-listed Media Company?

Share