Menya ivyo utaruzi kuri technology

Menya ivyo utaruzi kuri technology Ishure ryikoranabuhanga

16/01/2024

WhatsApp Group Invite

Tangura kwiga icongereza inyuze ngaha
16/01/2024

Tangura kwiga icongereza inyuze ngaha

WhatsApp Group Invite

08/01/2024
08/01/2024
08/01/2024

WhatsApp Group Invite

Kanda hano utangure kwiga na platform ya the skills media
08/01/2024

Kanda hano utangure kwiga na platform ya the skills media

WhatsApp Group Invite

Please come in our Whatsapp group and start learning together.
31/12/2023

Please come in our Whatsapp group and start learning together.

WhatsApp Group Invite

Hello dufise group ya whatsapp iganira kwikoranabuhanga, tukanareba uko tworibyaza umusaruro.tunafise campain yo kwigish...
20/08/2023

Hello dufise group ya whatsapp iganira kwikoranabuhanga, tukanareba uko tworibyaza umusaruro.tunafise campain yo kwigisha abantu gukora ama siteweb na app za terefone. Fyonda ngaha u vaneho app yacu utangure kwiga
https://www.filemail.com/d/ajxhrrazqladdup

Wifuza kuza muri group yacu fyonda ngaha

WhatsApp Group Invite

Hello bavukanyi benewacu ndabaramukije. Hama muraziko ubuhinga bwikoranabuhanga bugenda buragwira cane. Kandi imirimo my...
11/08/2023

Hello bavukanyi benewacu ndabaramukije. Hama muraziko ubuhinga bwikoranabuhanga bugenda buragwira cane. Kandi imirimo myinshi ivuka none ishingiye kwikoranabuhanga. Niyo mpanvu dufise whatspp group ivuga kwikoranabuhanga nuko ryagufasha gusa turiko turanigisha gukora ama site web ndetse no gukora application za terefone. Wifuza kwinjra muri group fyonda ngaha

WhatsApp Group Invite

Hello bavukanyi bene wacu. Nizereko mumez neza . Hama abantu bifuza kwimenyereza umwuga wo kwandika inkuru zikoranabuhan...
02/07/2023

Hello bavukanyi bene wacu. Nizereko mumez neza . Hama abantu bifuza kwimenyereza umwuga wo kwandika inkuru zikoranabuhanga canke ufise ubumenyi ushaka gusangiza ca winjira ngaha muri iyi group. Murakoze

WhatsApp Group Invite

25/06/2023

WhatsApp Group Invite

Raba uko warinda konti zawe z kuri internet muburyo bufite umutekanoUkwiye kugira imibare y’ibaga ikomeye, ikaba idashob...
19/05/2023

Raba uko warinda konti zawe z kuri internet muburyo bufite umutekano

Ukwiye kugira imibare y’ibaga ikomeye, ikaba idashobora kwemerera uwo ari we wese kuyivumbura byoroshye. (Kanda hano umenye uko wakora umubare w’ibanga ukomeye)

Koresha Second-Factor authentication, kuko kuba ufite umubare w’ibanga ukomeye ntibihagije. Ukeneye n’ubundi buryo bwo kwirinda mu gihe haba hagize umuntu umenye n’ijambobanga ryawe. (Kanda hano urebe video zikwereka uko wabikora)

Irinde kugira umuntu uwo ari we wese upfa kubwira ibikuranga banga byawe. Kuko uko abantu benshi babimenya, bagenda baba intege nke zawe. Nkuko twabivuze.

Jya uhidura umubare w’ibanga mu gihe runaka kugira ngo wirinde ko wazaguteza ibibazo birimo ibyo twavuze haruguru.

Irinde gukoresha ibikoresho bitandukanye ugenda ushyiramo imibare yawe y’ibanga. Jya ukoresha ibikoresho wizeye gusa.

page ujye urabona utundi tuntu twubwenge

k

Interineti ni urubuga rugari ruriho amakuru y’ubwoko bwose kandi akenewe n’umuntu uwo ari we wese. Hariho amasomo n’ubus...
18/05/2023

Interineti ni urubuga rugari ruriho amakuru y’ubwoko bwose kandi akenewe n’umuntu uwo ari we wese. Hariho amasomo n’ubushakashatsi biturutse mu bigo bikomeye ku isi, hariho amateka yose y’isi azwi, hariho n’ibindi bintu byinshi wakwigiraho utari usanzwe u*i. Ushobora kandi gutyaza ubushobozi bwawe mu gukora akazi ukoresheje iyo interineti, kandi ukayifashisha nawe ubaza ibibazo ugasubizwa.

Ushobora kwigira ku mbuga zagenewe kwigisha, cyangwa ukiga ukora ubushakashatsi kuri Google, Facebook, Bing, Yahoo, Duckduckgo, yandex, YouTube ukareba amakuru aturutse ku mbuga zitandukanye.

page ujye urabona utundi tuntu twubwenge

Address

Bujumbura

Telephone

+250790741990

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menya ivyo utaruzi kuri technology posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share