Bwakeye N'igicu Fm97,6Mhz

Bwakeye N'igicu Fm97,6Mhz Music show business

13/12/2024

DUFASHE KANO KARYO DUSHIMIRA IMANA TWONGERA DUKEZA UMURIRIMVYI MPIMBAZA MANA NDAYIKEZA CHANELLA KU INTSINZI YARAYE ATAHU...
07/10/2024

DUFASHE KANO KARYO DUSHIMIRA IMANA TWONGERA DUKEZA UMURIRIMVYI MPIMBAZA MANA NDAYIKEZA CHANELLA KU INTSINZI YARAYE ATAHUKANYE YO KUBA UMURIRIMVYI YASUMBIJE ABANDI MWIHIGANWA RYARAYE RIRANGIYE RYITIRWA (NANJE NDARIRIMBA)UBUNTU BW'IMANA N'AMAVUTA AKURIKO BIGUSHIKANE KURE CANE, AMAHANGA ARAKWITEZE ARANANYOTEWE IC'IMANA YASHIZE MURI WEWE.

Kora cane Nicogisubizo cabakwankaIbikogwa bisumba Amajamb
02/10/2024

Kora cane Nicogisubizo cabakwanka
Ibikogwa bisumba Amajamb

KozeWeedding Dei
07/07/2024

Koze
Weedding Dei

16/06/2024
D.one Ft Epidey winner
23/05/2024

D.one Ft Epidey winner

    Ibiro birenga amajana atatu vy'ikawa idatonoye niyo yaraye ifashwe muri komine   mu ntara ya   n'umugwi Umukuru w'Ig...
22/05/2024



Ibiro birenga amajana atatu vy'ikawa idatonoye niyo yaraye ifashwe muri komine mu ntara ya n'umugwi Umukuru w'Igihugu yashinze kugira ukurikirane ibijanye n'ikawa.

Nk'uko bishikirizwa na umwe mu bagize uwo mugwi ngo iyo kawa yafashwe mw'ijoro ikaba yagira idandazwe bitisunze amategeko. Aributsa abenegihugu ko ingendo y'umugwazo ituma batunguka , abarimyi b'ikawa bakahahombera udasize inyuma Igihugu.

Atera akamo abajejwe Intwaro, Umutekano n'abenegihugu kurikanura kugira ikawa igirire akamaro uwayirimye hamwe n'Igihugu. Iyo kawe yafashwe ikazodandazwa maze amafaranga ayivuyemwo ace ajanwa mu kigega ca Reta.

19/05/2024
I love so Much m'y,♥️🌹🌹🌹
06/05/2024

I love so Much m'y,♥️🌹🌹🌹

Morning Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯
15/03/2024

Morning Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮💯

01/02/2024

Tuzonabica by MB Data Ft Philibite

Umuzo wa Double Jay na Kirikou Akili wateye uruhagarara Mugisagara cabujumbura Ahabantu isinzi Baribaje kibategeraRyarit...
06/12/2023

Umuzo wa Double Jay na Kirikou Akili wateye uruhagarara Mugisagara cabujumbura Ahabantu isinzi Baribaje kibategera
Ryariteka Ridasanzwe

05/12/2023

Ikiyago cumusi kunsamirizi igicu fm
Hamwe na James the best

Address

Bujumbura
81234

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Bwakeye N'igicu Fm97,6Mhz posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Bwakeye N'igicu Fm97,6Mhz:

Videos

Share