LMD Burundi

LMD Burundi Méditation supérieur

09/05/2024

Umusaruro wambere utanzwe najewe

02/05/2024

Ndemeye by sat-b LMD Arayitovye

Call now to connect with business.

13/03/2024

Sinarinzi KO yasaze

06/03/2024

Muramumbariza mwumve KO nyemerera KO noja kugira visite harya hantu ndabe KO nahone KO bakora ibirato ukunyene ndyohegwe nukuri yobakoze kuko jewe ntavyo ndabona

Ntimwibagire KO   KO ari  *Sat_B* nawe ntimwibagire KO arimbohe y'a *yafarawo* Umwe yasohoye indirimbo indirimbo iduhanu...
01/03/2024

Ntimwibagire KO KO ari

*Sat_B* nawe ntimwibagire KO arimbohe y'a *yafarawo*

Umwe yasohoye indirimbo indirimbo iduhanura gushahurana uwundi asohora amatangazo yokubika

Ibibivuzwe na

Hariho ikinyoni 🪿🦩 gifite izosi rireri gusa nikwo ntazi izina ryaco🙈🙉🙊Atari Umusambi Numukina Canke ikirovyi😄😃 ndasavye ...
26/02/2024

Hariho ikinyoni 🪿🦩 gifite izosi rireri gusa nikwo ntazi izina ryaco🙈🙉🙊

Atari Umusambi Numukina Canke ikirovyi😄😃 ndasavye incambwenge yacu nemera ambe nyakinyoni akizi akimbwire izina ampane nifoto uratuma ubaza

19/02/2024

Impamvu ituma abenshi baheba gusenga

18/02/2024
18/02/2024

Yeremiya akomeze Akira amatohoza azotubwire vyose

04/02/2024

Ngiye kuzobakurako imivumo nifashishije umukozi wimana Jean de dieu

Hariho abantu ndiko ndasabira ibibintu bazohure navyo1:Guhura nacagifi camira Yona2:Guhura nabimwe Datani na abirami bah...
26/01/2024

Hariho abantu ndiko ndasabira ibibintu bazohure navyo

1:Guhura nacagifi camira Yona
2:Guhura nabimwe Datani na abirami bahura
3:Gukora ivyo mukaroti yakoze

Aho ndabifashishijwemwo nabibiriya

24/01/2024

Umukunzi wawe ijipo yambara ikwireha bireha nigihe muzomarana
Kurikirana iyi vidéo uraza kubibona ntiwibagire gusiga j,aime canke gufyonda na kugire uzohore wironkera utuvideo dusobanutse

24/01/2024

Umunyenga wibirato uwishinze. .....
ngiye gusesemisi kuyitezibibazo akakanya

Nubu nkomeza nteza isi ibibazo.....  Ubu nicaye ahantu harumuriro udahera Subwo mwebwe muwubura mukabura naho mushariza
22/01/2024

Nubu nkomeza nteza isi ibibazo.....
Ubu nicaye ahantu harumuriro udahera
Subwo mwebwe muwubura mukabura naho mushariza

Ubunyene ndafashe ibarabara kuryumunyenga wibiratoNgiye gusesemisi iyo ngarukira mvayo ndayiteje ibibazo
22/01/2024

Ubunyene ndafashe ibarabara kuryumunyenga wibirato

Ngiye gusesemisi iyo ngarukira mvayo ndayiteje ibibazo

Natwe turaha nyene   twirira umunyenga  Isi yasama ngo itumire igasanga twaramaze kumenya ntampamvu yokumenya  .? Gusumb...
21/01/2024

Natwe turaha nyene twirira umunyenga

Isi yasama ngo itumire igasanga twaramaze kumenya ntampamvu yokumenya .? Gusumba kumenya

Umwansi wongaha yinyegeje ngaha nyene..!Nohitamwo gupfa nzimpampu ndabihisemwo kuruta kubaho ntazi impamvu ndiho
21/01/2024

Umwansi wongaha yinyegeje ngaha nyene..!

Nohitamwo gupfa nzimpampu ndabihisemwo kuruta kubaho ntazi impamvu ndiho

Nubwo tutaramenya uwariwe .. Ariko turiko turikeka muba star bagufi bo ngaha nyene hafi
19/01/2024

Nubwo tutaramenya uwariwe .. Ariko turiko turikeka muba star bagufi bo ngaha nyene hafi

Ambe muburundi kwambara impuzu zigisirikare cnke zisa nizigisoda bibujijwe Aba boba bakorera mwikambi yahehe ..?Canke sa...
19/01/2024

Ambe muburundi kwambara impuzu zigisirikare cnke zisa nizigisoda bibujijwe

Aba boba bakorera mwikambi yahehe ..?
Canke sabarundi

18/01/2024

Ubwo iyiyo mwoba mwarayumvise

Hello nagire ndabasabe muri rwarukundo mufashe kuduza iyi page  ikwize aba followers benshi Hama izohora iracako amavide...
16/01/2024

Hello nagire ndabasabe muri rwarukundo mufashe kuduza iyi page ikwize aba followers benshi Hama izohora iracako amavideo yigisha nimufyonde cnk ham partage na j,aime

This version of Facebook uses less data and works in all network conditions.

10/11/2023

Nanubu bosco yitabiye irindi higanwa ushaka kumushigikira kanda mwiyo video ukore j'aime na partager uzobutumye agera kuntsinzi

14/08/2023

𝙉𝙩𝙖𝙢𝙖𝙫𝙮𝙖𝙧𝙞𝙧𝙤 𝙖𝙧𝙖𝙣𝙨𝙚 𝙠𝙪𝙯𝙖𝙖

12/08/2023

𝙉𝙩𝙖𝙢𝙗𝙖 𝙢𝙪𝙨𝙞𝙜𝙖𝙩𝙞 𝙩𝙬𝙖𝙝𝙖𝙜𝙚𝙯𝙚

Uripfuzako twamenyana injira kuriyi foto ukandeko ucukora j'aimehttps://m.facebook.com/story.php?story_fbid=609739151173...
22/03/2023

Uripfuzako twamenyana injira kuriyi foto ukandeko ucukora j'aime
https://m.facebook.com/story.php?story_fbid=609739151173096&id=100064110484665&mibextid=Nif5oz

#
Inamahoro ati:

INAMAHORO Arlette université :institut supérieur technique de Bubanza (ISTB) nsanzw niga économie nzogerageza kwishirahamw nabandi dusabe crédit muri ya banque ishigikira ugwaruka kugira ngo turonke umutahe Hama dukorere hamwe mumpano zacu zitandukanye hamw no muburimyi n'ubworozi vya kijambere .

#
#

19/11/2022

Secteur baramutemye none birabaye ibara

02/09/2022

Rap

Allooo mes amies, mes freres, mes soeurs , mes parents....!   Ni ntamba.yiwacutv team isanzwe idutwenzwa😄😃 biciye muri c...
29/07/2022

Allooo mes amies, mes freres, mes soeurs , mes parents....! Ni ntamba.yiwacutv team isanzwe idutwenzwa😄😃 biciye muri commedy. Kugera akakanya tukaba tumaze igihe tudatanze video ivyo navyo bikaba vyatewe nukubura camera imeze neza ariko turabashimira ukuntu nubu tuguma tubona abadushigikira nubandanye mukora j.aime s,abonne kuri page Ntamba.yiwacuTv turabashimiye kurukundo mutwereka 🙏🙏🙏🙏🙏🙏

Iteka ridasanzwe kuri ntamba.yiwacutv 1xbet iraye itoye umwe muri twebwe imugira ambassadeur womukarere mwiyandikishe na...
02/06/2022

Iteka ridasanzwe kuri ntamba.yiwacutv 1xbet iraye itoye umwe muri twebwe imugira ambassadeur womukarere mwiyandikishe na cod promo1x_667294 mwironkere bonus ya 200%

02/06/2022

Address

Rn9
Bubanza

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when LMD Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Videos

Share

Category



You may also like